IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > "Uwuzoza kudutera tuzomwivuna" - Gaston SINDIMWO

"Uwuzoza kudutera tuzomwivuna" - Gaston SINDIMWO

mercredi 11 avril 2018

Imbere y’abashingamateka n’abakenguzamateka kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2018, ariko ashikiriza ivyaranguwe mu mezi atandatu ya nyuma y’umwaka wa 2017, abashingamateka bashatse kumenya ikiriko kirakorwa na Reta y’Uburundi mu gihe havurwa imirwi yoba iriko yitegurira gutera Uburundi iciye mu Rwanda.

Umukuru w’inama nkenguzamateka Reverien NDIKURIYO yasavye icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu kutavuga ibiriko birakorwa, kuko kwoba ari ukumena ibanga, ariko yemeza ko ibintu bipanze neza, kugira uwuzotera Uburundi bazomwivune.

Nk’umukuru w’inama nkenguzamateka Reverien NDIKURIYO, icegera ca mbere c’Umukuru w’igihugu nawe yemeje ko Uburundi bwiteguye, kandi ko igihugu gifise n’ubushobozi bwo kumwivuna.

Mu majambo make, Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu yavuze ati : «  Uwuzoza kudutera tuzomwivuna. Turafise ubushobozi bwo kumwivuna. »

JPEG - 50.4 ko
Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi

Gaston SINDIMWO yaboneyeho akaryo ko gushimira abayoboke ba Zebiya bagarutse mu gihugu, akavuga ko banse kwifatanya n’imirwi yitegurira gutera Uburundi.

JPEG - 117.4 ko
Bamwe mu bashingamateka b’Uburundi

MUGISHA Van Naris

Messages

  • ati ibintu birapanze neza ?

  • Ariko abarundi mujye muvuga mugire aho mugarukira imirwi itera iturutse mu Rwanda ntayo nuko mutiyizeye aho mwayivugiye iyo ihaba.ibayaraje, utojwe nu Rwanda ukanirwa kugera. i Burundi ! !!! ikindi kerekana ko ntacyo mushoboye. uretse kuvuga washaka abantu ukabashakira, muli bayoboke ba Zebiya ! !!!!ubivuga afite ubwenge nku bwabo, ni gihugu avuga ntakizi*

  • Ngo banze kwifatanya nímirwi irwanya u Burundi ngo nico gituma batashe ?!! Munymvire umutegetsi yubahuka akabeshya, none uwo yotugeza kuki ? Abo bazebiya ubwabo barabeshuza ivyo bivugwa nábategetsi bacu, kuko bahisemo guaha kubera imyemerere yabo !

  • Wewe wiyita Ig,urwanda niki ? Ko tuzi nigihugu mwagifash kubera Uganda. Nta Burundi mwotera ubwoba turazi komuzi kwishira hejuru gusa. N’amateka arabivuga ntaho urwanda rwigeze rutera u BURUNDI ngo basubire inyuma. Urabaza ico Kirundo isigura.

  • Huuuhh nukubamesa abarundi murabana beza rwose uti nukumesa wagirango nimyenda mumesa ntakiza kintambara sha mwabarundimwe !!! Just ibyiza nuko ibihugu byabana neza tukonge kuba abavandimwe nkuko byahoze

  • Abarundi murababaje rwose igihugu cyanyu cyuburundi ntabayobozimufite nkuwokoko uvuga ayomagambo ashingiyekuki yageze murwanda iyo mirwi arayibona ahhhhh ntegereje amaherezoyanyu nimwetwagakwiyekuba twumvika kuko twenda guhuza ururimi none reba ukobimeze birababaje ( murwanda tuvuga abayobozi ) (ntago tuvuga abategetsi).

  • Baca umugani mu kinyarwanda ngo akarimi koshywa na akandi. mwivugire ibyo mushska mupange ibyo mushaka ??! icyangombwa nuko mukomeze kuzirikana ijambo mwabwiwe ko hariho umurongo ntarengwa !!?? muzibeshye muzayoberwa ikibakubise ?!!!! ibikorwa biruta amagambo .niba mufite ibimenyetso izo nyeshyamba ziri mu Rwanda ngaho mwambuke akanyaru muze kuzishaka.

  • u Rwanda rwashatse kubatera mwebwe nta niminota 10 yashira mutaratsindwa,mubanze murwane nibibazo mufite mugihugu kuko u Rwanda rwarabarenze rwose ntamahuriro

  • Bavandimwe banyarwanda mureke abarundi bavuge kuko nicyo bashoboye.Umurongo ntarendwa babwiwe ntabwo bazi uwabivuze. Ikibazo bafite ntabwo amateka abigisha. Igihugu gifite ingabo nkizu Burundi ntabwo zishobora kurwana. Nabo barabizi, ntabwo u Rwanda rwatoza abantu barwaye amavunja nkabo tubona i Mahama. Twe twigisha kurwana abantu bari highly educated.

  • the only long term answer for great lack will be to destroy rwanda .if it does not repent soon.
    You can not tolate a state which distable from north east west south all the countries
    And you dream attacking burundi ?!!shame !!how will you get your arms from ??

  • @Rwandan
    Iyo mutahabona Clinton na Blair muba mukivundiye kwa Museveni !

  • wewe wavenzwe richard ushingira ku mateka ngo u rwanda ntirwigeze rutsinda u burundi,uzajye umenya koamateka ahinduka kandi mwebwe abategetsi banyu ndabona barasigajwe inyuma n’amateka

  • Urugero ruto cyaneeee !!mutekereza ko mwakwakira abarwanya KAGAME kumugaragaro akarara adateye iburundi ???ko mwebwe muzi aho aba barwanya bari hatageze no muri 500 Km,ndavuga KIGALI ko mutambuka ???ariko twe ntimwakibeshya ngo mubacumbikire kko twarara twambutse akanyaru.

  • Urugero ruto cyaneeee !!mutekereza ko mwakwakira abarwanya KAGAME kumugaragaro akarara adateye iburundi ???ko mwebwe muzi aho aba barwanya bari hatageze no muri 500 Km,ndavuga KIGALI ko mutambuka ???ariko twe ntimwakibeshya ngo mubacumbikire kko twarara twambutse akanyaru.

  • Urugero ruto cyaneeee !!mutekereza ko mwakwakira abarwanya KAGAME kumugaragaro akarara adateye iburundi ???ko mwebwe muzi aho aba barwanya bari hatageze no muri 500 Km,ndavuga KIGALI ko mutambuka ???ariko twe ntimwakibeshya ngo mubacumbikire kko twarara twambutse akanyaru.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.