IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > VIDEO : Jean Luc NDIKUMWENAYO wo mu bwoko bw’Abatutsi yatanguje (...)

VIDEO : Jean Luc NDIKUMWENAYO wo mu bwoko bw’Abatutsi yatanguje imyiyerekano

vendredi 23 Nyakanga 2016, par Jean De Dieu


IGIHE

Messages

  • KAGAME adandaza genoside yaraziko azoikora muburundi nkuko yaikize iwe murwanda none abatutsi biburundi bamuvumbuye! iwe yishe abahutu nabatutsi hama afata uduhanga twabo adupanga mububati ngo nivyibutso hama akaza arahamagara abazungubijiji bakazakuraba bakamusigira ikashi akiyubakira amazu, none amafaranga yomuburundu yaramucitse

  • Ewe Kamaro Nyakwimara Mbega Wibagiyeko Wewe Ndakuzi Ushaka Mbundabunde Azoguhe Akajumbu Uragowe,umututs Numuhutu Wewe Wobatandukanya,baremwe N’imana Imwe Wewe Urabesha,mwena Shobuja Muzomaramara Pe Hinge Onu Na Ua Eac Bifate Ingingo Uwo Nawe Niwe Yivugira Ntavugira Twebwe Abatuts Ntitwamutumye Ugira Niwe Mututsi Wenyene Aba Burundi Nateshwe Ate Numucangero Wankurumbi,biracaza Wewe Powa Gusa Gato.

  • ivyo ntaco bitubwiye ashake abe umututsi canke abe nikindi cose jewe ndazi umunye poritike mumututsi wumu tutsi yagize uruhara mubwicanyi bwakorewe abatutsi 1993 kugeraho abo mumuryango wiwe bahona kandi atarabuze ico yokora ntaco bisiguye

  • Uwo yiyise ’’Kamaro’’, ndamutanzeko urugero kuvyo yanditse! Uburundi bwishwe n’abantu nkaba, badafata umwanya ngo biyumvire kuvyo bakora canke bavuga. Iyo uduhanga nkuko watwise tuba twinjiza iryo kashi ntekereza ko mu Burundi muba mugeze kure mu butunzi, kandi aho kugirango utwo duhanga tuburirwe irengero, duteshwe agaciro nkuko mu burundi mubikora, watuma ubona duhabwa icubahiro twambuwe tukagenerwa ikibanza dushingurwamo kabone niyo kaba ari akabati!
    Umugabo n’uwemanga ibvyo yakoze uko bisa kose, muzogeza ryari kuvuga Nyakubahwa KAGAME mbega nta President ari mu Burundi ngo abazwe ivyo U Burundi? Twikebuke.

  • Visiblement le cndd-fdd payent certaines personnes qui écrivent sur ce site ça se voit et ça se sent. Maintenant c’est la guerre médiatique qu’ ils ont entamé avec la bénédiction du SNR. Le roi de la manipulation ( Willy Nyamitwe) lui donne des orientations et des strategies àadopter. Quand àce fameux Jean Luc certernement qu’il va empocher une grosse somme d’argent car il a suivi àla lettre les consignes de ses patrons (parti au pouvoir, uprona aile concilia). Ce jeu enfantin est vu àla loupe par les expertsvar des UN. Quand la famine frappe fort il devient tres facile de manipuler la population. Jean Luc et les siens ne font pas d’exception. Pour eux tous les moyens sont bons pourvue qu’ils aient quelque chose àmettre sous la dent.

  • Certains burundais pourraient bien trouver autre chose a faire. Imburamukoro gusa!

  • Luc siwe mututsi wenyene anegura kirya cegeranyo ca ONU, ni umwe muri benshi kiretse barya Kagame yemereye ubwenegihugu nibasambura Uburundi

  • Uyo bamwita imburakomazi yumututsi

  • ngo numututsi yiyemerera pe!!!!!!!!!!
    !

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.