IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Vital NSHIMIRIMANA yatorewe kurongora ihuriro ry’abaharanira agateka ka zina (...)

Vital NSHIMIRIMANA yatorewe kurongora ihuriro ry’abaharanira agateka ka zina muntu muri Afrika y’ubuseruko

mercredi 22 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Umushingwamanza Vital NSHIMIRIMANA yatowe kugira arongore ihuriro ry’abaharanira agateka ka zina muntu mu karere ka Afrika y’ubuseruko hamwe n’akarere ko kw’ihembe rya Afrika (Corne de l’Afrique) Uburundi buherereyemwo.

Vital NSHIMIRIMANA arashima iryo torwa ryiwe, akameyesha ko ari iteka rikomeye ku baharanira agateka ka zina muntu bo mu Burundi basanzwe bakorera mu buryo budasanzwe.

Uwo yatowe avuga ko atewe intege, akazoca abandanya ibikorwa vy’uguharanira agateka ka zina muntu.

Vital NSHIMIRIMANA arongoye ishirahamwe FORSC riheruka gufatirwa na Reta y’Uburundi, ingingo y’uguhagarikwa.


IGIHE

Messages

  • Turabizikwatabandibobishoborape kuko ubuhingabwokwicantabandibabuzi at Arab on yen a tanga amaherabakica abantu bagacabavugangoniretayabishe
    .twarabahinyuye ariko icizanukomumara abiwanyu muzoherankifuyimijira nimureketwubake igihugu.

  • Congratulations Mr Vital,bandanya umenagura inkuta za Shetani DD n’Interahamwe

  • urintwari, none beco njangwan, KAZIHISE, hamza, bazovyemera, DD ntizofuta ayo mashirahamwe yagutoye?

  • urintwari, none beco njangwan, KAZIHISE, hamza, bazovyemera, DD ntizofuta ayo mashirahamwe yagutoye?

  • Yomba yoba ari Satani yamuhaye ayomabanga!
    Mbere ninacogituma mutavuze uwamuhaye ayomabanga ngotumutwwnge!!!

  • Turamukeje abarundi twese, iryo niteka ku Buburundi nabarundi, tukaboneraho kumusa murayo mabanga Imana imuhaye,gukora atiziganya muburyo bwokwitanga, kurwanira agateka kazina muntu haniwacu muburundi kuko agateka kamuntu kageze ahatemba hano mu Burundi, tutibagiye nibibihugu vyaka karere turimwe, ego turazi yuko- yuko kwaribanga ritoroshe, muzokwankwa, muzoronderwa ngo mwichwe, mbere muzorementanirizwa vyishi nabansi bagateka kazinamuntu, ntimuzucinkintege,ahubwo bizobatere kwongerwinkomezi kuzo mwari musanganwe. Imana mushobora vyose ibazigame, yo ngerizigame abarundi nuburuni.

  • ntakateka kazina muntu azi ahubwo numumyamacakubiri akwije ibisabwa nibo bashigikiye abaturiye abantu mumapine ngagateka kazinamuntu yokamenya gute nubu baratanze iknkoho ziguma zica bantu nabategetsi birantangaza kubona abazungu bashigikira abiccanyi mukubazeza amabanga yokubanyegeza ntituvyemera kuko nibo baguma baduhekura bongera bacafuza nigihugu nti tuzovyemera

  • Ntagitangaza kuko nabayirongoye kurwego rw.isi nibinywamaraso gusa uwamutoye arakajana nawe gusa biratunerey kuko agiye guhangana na groupe bantou yo muri afrika yose aho rro basanze ariwe azobafasha gushira nungira ya empire hima yabo?ohooooo bizobarusha sindakubeshi kiretse twese tutagihema

  • Certainement ko yatowe n’abo basangiye ububwa n’ubuhimbiri!

  • Murabesha basha, abakera nibo baciyumugani ngo rwishavu ryibwa ngo riherera mukuzungagiza umurizo, ngo vye kubwira uwu yi ta VITO nabandi bameze nka Vito. Vital NHIMIRIMANA azobarambana mugume muhangayika mumutwe, kuko abamutoye babasuvya ubwenge nubuhinga, ntanaho muzigera mungana nabo.

  • Ndakurahiye ntanakimwe uwo yatoye nabamutoye bazoshikako kugira bahindure isi uko bifuza ivyo vyiyumviro vyawe ninkumwe yifuza kurara aho nyina arara ,ndagusubiriyemwo wanka intwaro ihari iyo wifuza ikazoza utakihari

  • Iyi MUJERI ituma turuka iyo tuyiravye. Nimuyivane kuri ino site.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.