Accueil > Amakuru > u Burundi > Willy NYAMITWE yagizwe "Umuserukizi adasanzwe"
Willy NYAMITWE yagizwe "Umuserukizi adasanzwe"
jeudi 30 Ntwarante 2017, par
Willy NYAMITWE, umuhanuzi mukuru ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yagizwe intumwa, umuserukizi adasanzwe w’Uburundi "Ambassadeur Extraordinaire et Plénipotentiaire."
Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yashize kuri urwo rwego Willy NYAMITWE, kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu nomero 100/59.

IGIHE
Messages
30 Ntwarante 2017, 09:37
Congratulation urabikwiye kuko wamuvugukuri utatinyigikenye ukavuvugira igihugu nabanyagihugu utaravye ubwoko ubu chanke buriya God bless you mubikorwa bihambaye ushijwe nigihugu tsakwibarutse.
30 Ntwarante 2017, 10:15, par chris kaguru
hahahhh, ambassader extraodinaire marechar mobutu seseseko kukungwendo alin nyamitwe
30 Ntwarante 2017, 10:19, par Iyumenya
Vyari bikwiye kandi bikozwe mugihe cavyo.Mutama Nkurunziza Petero wiyumviriye gishingantahe.
30 Ntwarante 2017, 10:31, par Matabaro
Hahaaa ahubwo yamuhaye gito YOMUGIZE UMWAMI WUBURUNDI EWE BURUNDI WARAGOWE INTOBA BIZIBA BOSE NGO JAMWO
30 Ntwarante 2017, 11:26, par NZOVU
l homme qu’il faut a la place qu’il faut
congratulation.
30 Ntwarante 2017, 12:41, par gipilili
félicitation
30 Ntwarante 2017, 13:08, par jean
Nintwari, arabikwiye,kuko numugabo wimvugakuru
30 Ntwarante 2017, 13:29, par Kanguka
Uwo Munyakinyoma Ntiyo Bura Gushimirwa Kubiriki Atabigize Syliveste Ntibantunganya
30 Ntwarante 2017, 15:21, par Gilbert
Emwe Perezida Yagenye Uwubishoboye
30 Ntwarante 2017, 16:23, par che
hahahahahahaaaa, mwibaza ko ari kubera iki? nuko President Nkurunziza asigaye atinya kujya mu bandi ba president urumva nyene abonye uwo azotumayo, ’’intumwa idasanzwe’’, hahaa, umukino uri hano!
30 Ntwarante 2017, 17:44, par Kanyosha
Muzikobinezereje nkukomengo nijewe babikoreye!
Ndamukehe Willy Nyamitwe.
30 Ntwarante 2017, 21:34, par Softboy
Yot yanawezkan lakin ukumbk kumuomb mung usijicangany au usidumbukiy dan yamiteg ya lais pete Nkurunziza.
30 Ntwarante 2017, 22:43, par shimirimana viane
nivyo nyakwubahwa willy nyamitwe niyirambire
31 Ntwarante 2017, 06:19, par Wakera
Iyo mbonerakure barayishimiye kumabi ikorera abarundi!
31 Ntwarante 2017, 06:43, par Wakera
Nibyiza kuko twe Mujeri Sindumuja ariwe wodutsinze intambara ya politiki. Nanje ndemeye none.
31 Ntwarante 2017, 07:06, par Mob
Haaaaa Adui wa inchi
31 Ntwarante 2017, 09:58, par kaje
uwo ni umwe mu bahutu bake bazi ubwenge mukarere!! kandi buri president wese yamuha akazi kuko ibyo akora arabizi pe!!
31 Ntwarante 2017, 20:11, par Cobra rouge
@wakera. Nibyiza ubwo namwe ba mujeri mutangiye kugira ubwenge.
31 Ntwarante 2017, 21:05, par Jems
Nukuri Vyarivyiza Ariko Muhimirize Abatware Bomuzego zohasi Bahe Umunwgihugu Muto Agaciro
3 Ndamukiza 2017, 11:44, par nzovu
@ kaje
I quote " uwo ni umwe mu bahutu bake bazi ubwenge mukarere" biratangaje kubona umuntu utekereza ibi muri ibibihe tugezemo. Niba ibyo uvuze ari uko bimeze akarere muri rusange, Burundi ku bwimihariko bufite ikibazo gimokeye niba ubwenge bw’abantu babupimira kuri Nyamitwe. The is realy shows how low the level of thinking in Burundi is beyond what people.
3 Ndamukiza 2017, 13:15, par KARIHANZE ANSELIME
NINTWARO YUMUGAMBWE UMWE!
4 Ndamukiza 2017, 08:01, par Actionaire
Iyi Nkuru yari nziza iyaba bakora vyiza uwo wily nyamitwe wewe abantu barapfa we agatwenga ukamenga ntazopfa co kimwe na nkurunziza nyene nibibuke ko umwana aravuka _akavura agatambuka akaba umusore umugabo umutama hama agapfa none bo bigira abahambaye bakitwa amazina y’abahambaye ariko bakibagira ko arinyo z’isi.
4 Ndamukiza 2017, 12:07, par bizimana phirbert
ICO nico abarundi twariturindiriye mutama .agize neza muburyo bwogushishikara azigamye umutungo wigihugu udasesekazwa Ningendo yogira hanze yigihugu. niharambe abarundi Bose bumutima wukwubaka uburundi niterambere.