IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abafungwa batandatu batorotse agasho

Abafungwa batandatu batorotse agasho

vendredi 29 Ntwarante 2013

Mu ntara ya Cibitoke, abanyororo batandatu batorotse agasho.

Abajejwe intwaro muri iyo ntara bamenyesha ko bishobora kuba vyavuye ku gusamara kw’abari bacunze ako gasho. Abapolisi babiri bamaze gufatwa ku mu mvo z’amatohoza.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.