IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abagore b’abashingamateka bahagurukiye kurwanya amabi akorerwa (...)

Abagore b’abashingamateka bahagurukiye kurwanya amabi akorerwa abakenyezi

mardi 19 Ruhuhuma 2013

Abakenyezi b’abashingamateka kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ruhuhuma w’2013 bariko barakurikirana inyigisho zifatiye k’ukungene borwanya amabi akorerwa abakenyezi.

Ivyo bakoze gushika ubu ntacibonekeza kirakorwa mu vyerekeye itotezwa rikorerwa abakenyezi, ahubwo ububi buguma bwiyongera nk’uko umushingamateka Gloriose BERAHINO yabimenyesheje.

Umukuru w’ishirahamwe ry’abakenyezi b’abashingamateka yashimikiye cane kukungene boja hamwe kugira barwanye amabi akorerwa abakenyezi.
Twobameneyesha ko iryo koraniro ryatunganijwe bafashijwe n’ ihuriro ry’abashingamateka bo kw’isi.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.