IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakozi ba ONU bashitse kuraba ahapfiriye abantu mu Cibitoki

Abakozi ba ONU bashitse kuraba ahapfiriye abantu mu Cibitoki

jeudi 2 Mukakaro 2015

Abantu barenga batandatu nibo baraye bitavye Imana muri Komine ya Cibitoki,mu gisagara ca Bujumbura mu masasu menshi yumvikanye muri iyo komine kuva mu gatondo ko kuwa gatatu,igenekerezo rya 1 Mukakaro.

Inyuma y’ubwicanyi bwahitanye abantu muri komine ya Cibitoki kuwa gatatu igenekerezo rya 1 Mukakaro,abakozi b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bajejwe agateka ka zina muntu baje kwirabira ahaguye iryo bara.

Muri Abo bapfuye,harimwo umuvyeyi n’abahungu biwe babiri b’amahasa,hamwe n’umukozi wo mu nzu.

Mwomenya ko ivyo vyabaye mu gihe,amakuru ava mu gipolisi avuga ko igipolisi cari kigiye kurondera ibirwanisho mu banyagihugu,ariko abo banyagihugu bakabateramwo Grenade yahavuye ihitana umwe mu bapolisi.

Messages

  • Imana Mushobora Vyose Niyo Izoza Guca Urubanza Hagati Yaba Nyeporike Baha Mu burundi Ntawitwa Umuntu Azozimya Iyintambara

  • Vyanke bikunde amaraso yose arikwarava nabantu avamwo muzoyabazwa

  • Huhuhuhu muraraba nyabuna ko abo ba police batishw nabagenzi babo kuko muribo sibose bemera amanyanga bakora baca bakuiyicira ukabavamwo ivyo twarabihinyuye ew reta ya nkurumbi nah lmana

  • NDABABWIZE UKURI NKURUMBI NTAZOTSINDA ABANYAGIHUGU KIMWE GUSA ABAMUSHIGIKIYE BIMBE BIGERA KUKO BIZOBAKOMERANA

  • Ni Barabe Ako Kamaramaza Ahabantu Bicwa Nk,inyamanswa.Ngo Barivuny Mb Ko Babaterey Grenad Mw,ibarabara Non Babasanz Mu Hira Uko Niko Kwivuna?Haa Amatgko Yo Mu Burundi Ni Danger Ngira Samw Tuzi Mpuzamakungu Agnga intambara.Inzu Nayo Yaratey Grnad?Hinduringndo

  • Yemwe nagahinda umuryangowabuz wihangane.we wica ntiwica ubwoko,wishemweneso.nimureke guhenda nasatani.

  • NIBIMARE UBUTE BAPFE KURABA MBEGA ABOBAGABO KOBIGIZE INTARE Y’INGWE UBU UMUNTU NTACO BAKIMUBONAMWO BABONAKO UMENGO BISHE IMBWA NAYONYENE ITAGIRA SEBUJA MUGABO BIBUKEKO UWICISHIJE INKOHO NAWE NIYIZOMWICA NONEHO INGERO WAGEREYEKO ABANDI NAWE ARIYO BAOKUGERERAKO NIBABANDANYE UHORAHO ARABABONA NAYO MWEHO NTACO MUBAGIRA NUKWIMARA UMWIKOMO.

  • NIMURABAYOTUGOWE MWAHORA MUVYUMVA KUMATWI IRABIRE AYO NKURUMBI ATUBURIYE RABA MURABICOMUFASHABANYAGIHUGU PITA ATARABAMARA DUKIBIMWENYI.VYABA.DD BIRATUMAZE NGIRA KO BAVYIBONEYE NAMASO YABO HARICO BAGIYE KUDUKORERA ARIKO ASANGWINTSINZI YA CN.DD ARUKWICABANTU NDABONA BARATSINZWE MBEGA YEMWE IMANA NIYABAKURA KUNGOMA BAZOHUNGIRAHE?

  • Abahimbiri Mutaretse Murahera Abatutsi Mwaremwe Gute? Aho Ntimubonako Murikehwa?

  • nibara nyokumutemere aho abantu basigaye bapfa barashwe.

  • Uk nik bitangura!Umunt wese arik aragira uruhara muri ibint natangure kujugumira!Ubu abantu barapfa abaduserukira ukamenga bibera mu yindi si bagira ngo ntibizobakurikirana!

  • Abarundi dukwiye guca ubwenge tureke kwama duhendwa n’abanyepolitike tukibuka amabi duhitiyemwo ntagaruke iburundi.nacane cane tukima amatwi abadusuka muntambara.

  • Ariko nkuko nsomye nimba barateye police grenade nano bari abagwanyi jewe nta muntu uwariwe wear akoresha ikigwanisho binyuranye namategeko nzigera nshigikira.retro birashobokako police yariko yivuna.ntituze turashigikira nabicanyi Ngo nukodusangiye ubwoko ccable umugambwe,iki cose tuciyamirize that caguye.

  • Nishano kubona uwujejwe abajejwe umutekano arimumwambaro wigihugu ukamubona namasoyawe neza ariko ukamwahukamwo namasasu nama granades!!! Murazobaza murivyobihugu vyateyimbere atimweruwomuntu yubahutse kwerecana kwafise ibirwanisho vyoguhangana nabajejwe umutekano wigihugu ukobomugira.

  • NDAHOJEJE.UMURYANGO WABUZEWIHANGANE ARIKONABICABANDI BAMENYEKO.INGERO YICAHAKWARURUFU INGEROBAGERERAMWO ABANDINABONYENE NIYONYENE

  • Imana ibakire,ariko ntibazebasubirekwitakwicumu kandibaribonakorisongoy.

  • Uworukarisha rwo mumwa.Inkoho n’inkonda ntibijana.Abarekuriwe gutunga ibirwanisho barazwi.Komera kw’ibanga Police turi inyuma yanyu.

  • NDUSABIREKUMANA ABOBICANYI BAHINDUKE BAKORERIMANA KUKIMANIRATUBONA KANDIRADUKUNDA IZODUKIZA

  • Ndahojeje Imiryango Yabuze.Imana Nibakire Mubwami Bwayo.Ababikoz Nabo Imana Ibaharire Cane.

  • Mana Dutabare Amazi Atararenga Inkombe

  • ariko se izo za cibitoki nyakabiga ...ntabayobozi zigira ,ngo basobanure ayo mabi yose iyo mubivuga wagira ngo hahindutse leta yigenga,habuze se n’inzego za gisirikare zibegera usibye iyo police!!!tantot ngo bapfuye baraye irondo iryo rondo ritazwi na leta ni ibiki!!none se koko opposition yo kuki itabegera kweri!!aba bana barmo barapfa amaraso yabomuzayabazwa!!!!!

  • Birababaje cane! Umuntu wese yica uwundi amenyeko ejo nawe azokurira.
    Rutwayabandi rutakwibagiye, Imana nayo ihora ihoze.
    Ntakinwamaraso kizogira amahoro! Bamwe mugiye kubabona mw’ibarabara basaze bataye impuzu kandi bari agahambaye, ntibizobatangaze.
    Imana dusenga irimva kandi irishura.
    Komeza mwihangane,ntamvuraiidahita,kandi ntawarusha Farawo kwica abisirayeli ariko Imana ntiyabuze kubatabara nawe ikamuhana. Uwubikora yonyegeje ntizobura kumushira ahabona.

  • twongey guhoz umuryang wabuz ham ret irab icoyokor dukomez guseng

  • YOOO.NIBONEKOBARIKOBARABAHENDA.ABAPOLISINIBEMEREBITANGEBARABEKOHARICOBOKIZA.ABONABOHARYAGUWORUKARISHANGOGOMUMWA

  • none se kuki bacumbikira abicanyi!!!niba bishe polise buriya na yo yitabaraga,cyakoze mana ugira icyo yakorera abarundi yabafasha kirinda intambara mu gihugucyabo naho aBANDIKA COMMENTAIRE NTIMUKABOGAME KUKO N’UMURYANGO W’UWO MU POLICE URABABAYE bose ni amaraso yamenetse!!

  • HAR_J
    Abatutsi n’abahutu nka ba godefroid nibo batamushigikiye,mushaka gusubira kwica abahutu mubaziza ubwoko nkuko mwamye,ni muze tumomane ruce imana ubu si bimwe vya 72

    @jane
    weho uracabaza bica vyerekena ko utabaye mu kamenge na kinama aho imbwa zari zisigaye zirya abahutu kuva mu gitondo gushika ku mugoroba,imivyimba bene bikomagu bayanika mw’i barabara,reka kurondera gusigura vyinshi aha burya hari abantu twababaye ivyo vya cibitoki ataco bitubwiye urupfu ni urupfu ariko abatutsi mwe mwamye mwibazako muva coltan mutava amaraso canke atawobubahuka.Abapoilisi mubarase,mubatere ama grenades,mubifatire mu gahanga,bareke kwivuna kubera ko muri abatutsi?

    @shima
    Ivyo uvuze si vyo genda ubaze bene micombero na bene bikomagu bazogusigurira jewe vyoba birebire

  • none ukuri n’ukuhe?amaraso aseseka mu Burundi ntizoyahora?

  • gupfa ni bisanzwe twese tuzopfa ariko umwe wese afise ingene azopfa. mbe none harya urya muvugizi wi gi police nta maramara kubahuka kuvuga ngo bishe les assaillants nukuri mumbwire ko birya bibondo arivyo yise iryo zina? arabaza ADOLPHE icarico assaillant . ni babe bareka ku besha nimba ababateye grenade barabasize ntibari guca bica ico bihuye cose mu kayira ni babe bakoresha ubuhinga bize batabufise batuve mu maso.

  • gupfa ni bisanzwe twese tuzopfa ariko umwe wese afise ingene azopfa. mbe none harya urya muvugizi wi gi police nta maramara kubahuka kuvuga ngo bishe les assaillants nukuri mumbwire ko birya bibondo arivyo yise iryo zina? arabaza ADOLPHE icarico assaillant . ni babe bareka ku besha nimba ababateye grenade barabasize ntibari guca bica ico bihuye cose mu kayira ni babe bakoresha ubuhinga bize batabufise batuve mu maso.

  • gupfa ni bisanzwe twese tuzopfa ariko umwe wese afise ingene azopfa. mbe none harya urya muvugizi wi gi police nta maramara kubahuka kuvuga ngo bishe les assaillants nukuri mumbwire ko birya bibondo arivyo yise iryo zina? arabaza ADOLPHE icarico assaillant . ni babe bareka ku besha nimba ababateye grenade barabasize ntibari guca bica ico bihuye cose mu kayira ni babe bakoresha ubuhinga bize batabufise batuve mu maso.

  • dusavye abarundi kwihangana no guhoza imiryango yabuze abo bagira ivyo bamenye ko ata mvura idahita

  • nkurunziza.nahabandi.ivyo.yariye.biramaze.indazabahutu.ntizishima.mugamureke.kananira.bagabo.ntiyima.babusente.baramubona.kazima.azi.ivyo.yarahiriye.kwanyina.bakiva.mwishamba.ok.yari.bwingwa.kizungu.

  • NDASABIYE KUMAMANA AB BITAVY UMUREMY IMANA IBAKIR MUBWAM BWAYO!!ABA .PRS.NUKWIVUGISH NDABASABIY GUHANWA KUMANA100/100.

  • Stop guys ubuzima nikatihambwa,wihorincuti ukamarumuryango,
    Ukwicana ntaho bizobashikana
    Get right and love each other,ndangije nvuzenti twese tuzopfa,ahaturi harabandi.

  • Stop guys ubuzima nikatihambwa,wihorincuti ukamarumuryango,
    Ukwicana ntaho bizobashikana
    Get right and love each other,ndangije nvuzenti twese tuzopfa,ahaturi harabandi.

  • Polic Twarayihinyuy Niy Kwca Gus Arko Vyos Bzoher Imana Nizo Nkuru

  • Turahojeje imiryango, irikwirahekurwa ni twarombi. uburundi bwabaye icicaro cashetani !! arikuravye kuwamungu abatonda murusengero nibeshi cane goose, usanga bariko batayaya murusengero ni ndugumba yabarenze,ariko uravye ibikorekera muribo ni bara,Imana niyo yavuzengo bansengerubusa,ngo ni ndirimbo zabo ni gisesema KUWUHORAHO. uburundi,
    ninko muri sodom nagomora.Emwe yemwe nimugezahooooo kwicishusho y Imana.

  • Barakoze kujayo kuko uburundi bwarabuz,mugabo kuberiki batagiy i ngozi kuraba abo amagrenade yahitanye?ngabo baratanguye kuducamwo imigwi.

  • BOBO BARAJA KUBARABA MUGA UMUSI BICA ADOLPHE NTIBAGIYE KUMURABA.MBEGA ONU NIYO YITEGUY GUTWARA UBURUNDI?MBE HUMAN LIGHT WATCH KO YAVUZE KUBWICANYI BWO MU BURUNDI MURI AFRIQUE DU SUD KO ATACO YABIVUZEKO?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.