IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abanyarwanda bamwe mu bari bafatiwe mu Burundi barekuwe

Abanyarwanda bamwe mu bari bafatiwe mu Burundi barekuwe

mercredi 2 Nyakanga 2015

Abanyarwanda 14 muri 30 bari bafashwe n’inzego z’umutekano mu Burundi bariko binjira mu Burundi bararekuwe.

Ambassadeur Amandin Rugira,aserukira iguhugu c’Urwanda mu Burundi yabwiye ikinyamakuru The New Times ko bamwe barekuwe umunsi umwe inyuma yo gufatwa, mu gihe abandi barekuwe kuwa Gatandatu igenekerezo rya 29 Myandagaro 2015.

Yavuze ko naho hari abarekuwe,ariko hari amakuru amenyesha ko hakiri abandi banyarwanda bagipfunzwe .Vyakunze kuvugwa ko abanyarwanda bakorera mu gisagara ca Bujumbura bafatwa n’urwego rw’igendereza rw’Uburundi.

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ibindi bihugu, Louise Mushikiwabo, aheruka kuvuga ko Reta y’Urwanda yamaze kumenya amakuru y’abanyarwanda bafatiwe mu Burundi,kandi ko yatanguye gukurikirana ico kibazo.

Naho ibintu biri ukwo,igihugu c’Urwanda kimaze kwakira impunzi z’abarundi zirenga ku bihumbi 89,bahunze igihugu kuva mu mpera z’ukwezi kwa Ndamukiza.


IGIHE

Messages

  • IMANA ishimwe kobabarekuye bakiri bazima.nabo basigaye nibabarekure.bareke gupfunga abanyamahanga kandi nabo batwakira neza

  • IYI NDUMVA KURI JEWE ARI UNE VICTOIRE MILITAIREMENT KUKO PETER YIBUTSE YUKO HAMWE ISOKO YA BUJA YATOKOMBERA ATURUMBUYE AMASO NKIGIKERE INDEGE ZARINZE KUZA KUGERAGEZA GUSUKAMWO MABISI ZAVUYE KWA MUTAMA NYAKUBAHWA KAGAME COKIMWE YAZA NDEGE BITUMWAKO ZA RUREMESHA NGABO HAMWE ZINJIRA MPAKA INGOZI MUCUMBA KWA PETER ATURUMBUYE AMASO NKIGIKERE MUGIHE WEWE ATANIBUYE YUBAHUTSE GUTERA HAKURYA YAKANYARU BIRATWEREKA NEZA CANE GOSE YUKO NYAKUBAHWA GENERAL PAUL KAGAME UBUHINGA NINGUVU AFISE MUKARERE KIBIYAGA BININI ATA PETER YOGENDA YIKWEGEYE INTEKO Z’URWANDA KUKO VYOBA ARI NKUKWITERERA KURISONGOYE!

  • Mwihanga babanyi bacu bo mugihugu cu RWANDA ntimugire uko ishavu rigize ngo mwihorere ku barundi babahungiyeko. Ivyo Leta y’Uburundi iriko iragirara aba nyarwanda bari mu BURUNDI ntakindi bigamije atari ugushavuza abanyarwanda kugira bagira ishavu biboherere ku bararundi babahungiyeko narirya abahunze badashigikiye ikirindu ca 3 ca Nkurumbi. ihangane ntimugire uko ishavu rigize Imana izobibahera impera ahubwo mu rushirize kubakunda. Mugirire neza umwana wu mwansi kuko ntaco azi.

  • Cambucuyumwanditse, abarundi barahunga u Burundi, abanyarwanda bakaza kubukoreramwo!? Mengo ntibisobanutse barimwotubiri! Canke neberure bemezeko murwanda atamutekano bahafuriye uburundi bwugurure inkambi yimpunzi zabanyarwanda turungike namabodoka kumipaka yurwanda muburundi kubasgomba.

  • @AMASEZERANO YA ARUSHA BUCA ASUBIZA UBURUNDI KUMURONGO!
    "BIRATWEREKA NEZA CANE GOSE YUKO NYAKUBAHWA GENERAL PAUL KAGAME UBUHINGA NINGUVU AFISE MUKARERE KIBIYAGA BININI"
    Ubwambere uwo mwami wawe Kagame nawe nyene yari yarasinye amasezerano y’i Arusha hanyuma aca ayajana kuyihanaguza kwa s’urwumwe! Urumva ko ataco arushije kinini Nkurunziza kuri iyo ngingo! Hanyuma Jakaya Kikwete niwe ahora amwibutsa ko Kagame arinda kunya aho yeretswe, ngira ngo urabizi nawe!

  • None bari babapfungiye iki?atar imvo zumvikana nabandi nibabarekure imigenderanire ibe myiza Muburundi N Urwanda.

  • Birazwi kw’isi nzima yukw’atakindi kibagenza atar’ukendereza kw’ingene bazoter’igihugu cacu ,iyi l’État itahakanuriye ngo yugare ambassade y’urwanda ntakibuza baradutera kuko turavye ubimenyetso vyoooose birerekana k’uburundi burwa mw’isanganya kuko ingene bakoze mugufat’urwanda nivyo birigukora hano niyompamvu bobatekeza atawusigaye mubwoko bwose tukavavanura canke baturekure tubatuze bagende twebwe abenegihugu twakiruhuye ataraho muzompinyuze ndaha

  • icaremye kahini Nico cakwegeye abeli!abanyarwanda nabuzukuruza bakahini!ivyo bipfuza bazobigeraho ariko bizobamena itama,tubirindire

  • utekereza ko abanyarwanda bakwwihorera kumpunzi zabarundi yooo alibeshya cyane twe tubabazwa nubuzima babayemo dukora ibishoka byose ngo babeho neza nibene wacu nabanya frica nkatwe baduhungiyeho inyamaswa zishaka kubarya.

  • Kubwanjye ntabwo bagombye kurekurwa .Kuko izo mburagasani zizagaruka i Burundi zikoreye Muzinga. Ndibuka ko Rajabu ariwe wirukanye abahutu bari barahungiye i Burundi ndetse n’abari muri CNDD barwanye yabashyikirije kagame. None yahindutse debile avuga nk’ikigoryi.

  • @bakara NAGOMBA NDAGUHEBUZE NYAMBA WAMA WIHENDA YUKO UBURUNDI HARAHO BUHURIYE N’URWANDA SHA! NAMA NDABIBARIZA NTI KO MUTAMA PAUL KAGAME YAGOMOROYE INDEGE ZIWE ZINGWANO MPAKA KWA PETER INGOZI ARI GUSA NA DENISE PETER NAWE YAKOZE IKI? KO ATANIBUYE YATAYE HAKURYA YA KANYARU? HAHAHAHAHA WEHO UHAYE UROTASHA MBE NGWIMBWA MUGUPFA IRASHUKWA? HAMA NUYO KIKWETE WISHIMIRIZA MBE BURYA HAMWE MWARIMWARACUMUKUYE MWARABENJE UMUSHATSI YABAFASHIJE IKI? URAZOBAZE ABARI IMUTABIRA AYO ABANAMUGAMBWE BAMA BABAGIRA! MBE BURYA MUBUTU HAMWE YAKUBITWA NKIKINYAMUTITIMA KIKWETE WAWE YARI HEHE KO ATAMUTABAYEGA SHA? TANZANIA USANGWA UTARUBIZI IFISE IGIHUGU CARUTURA IGENDERA MUKWAHA KWACO HARYA HORE WABONA ITARYOGORA NUKO YARI YAHAWE AVERTISSEMENT MUGA NDAYIKENGURUKA KUKO IDAFISE TETE DURE NKA PETER MBE BURYA HARYA YAHUNGIYE I NGOZI NGWARIMUBIKORANE YIHENDA YUKO TUTAZI YUKO YAHUNZE KWA KIKWETE KUMBURA UKUREYO IVYIZIGIRO KUKO NTACO AZOBAFASHA AHO BUCA MUTANGURA GUKUBITWA AMASORO YO MUMATWI NO MUMASO! VIVE CNARED VIVE LA VICTOIRE DU BURUNDI DE DEMAIN ABAHUTU EPRIS D’ARUSHA AINSI LES TUTSI QUI ACCEPTENT LES ACCORDS DE PAIX D’ARUSHA

  • @Nduwayo
    "TANZANIA USANGWA UTARUBIZI IFISE IGIHUGU CARUTURA IGENDERA MUKWAHA KWACO HARYA HORE WABONA ITARYOGORA"
    Mbe uwo mwami wawe we ntuzi ko agendera muri uko kwaha nyene kw’ico gihugu ca rutura! Umusi camwikaravye uzotamarirwa! Kuko ico gihugu kigikenye Mobutu caramukunda kurusha kuko cari kigifise ico kimukoresha! Ngira ngo urabizi ko muri uwo mukino ata sentiments zikora!
    Mugabo ntiwambwiye iyo Kagame yashize amasezerano yiwe y’i Arusha (kwa Surwume!)!

  • NAKOMEZE AFATE ABANA BABANYARWANDA AZI ICYO BYAMUZANIRA, WASANGA ASHAKA KUDUHA IKIRAKA NUBUNDI AMABOKO ARATURYA KUBERA KUBURA AKAZI.IKIBABAJE NUKO KABA ARI AKARAKA GATOYA KATAMARA IMINSI MYINSHI MAZE UBUNDI TUKAGUFATIRA IMBONERA HAFI ZISHWE NURUMOGITUKAZIJYANA IWAWA

  • Abo bamaneko bacya kigoryi cy’umwicanyi Kagame muzajye mubamesa. Mubereke ko uburundi atari kongo. Mujye mubatunga kumigano mubotse nka brochettes.

  • @ Nduwayo, ndashaka ubimenye ubimwnyere Ko Urwanda ataho ruhuriye nu Burundi ntugasubire gukora penalite kukowobihanirwa.

  • Izo mpunzi muvuga ntibatahutse iwabo.iyo umuntu atahutse harikibazo kirimwo?ntamunzi ziri mur anda barabesha.uwo kagame aritonde kuko Uburundi si Congo yinjirayo nka nkuwuja muri toilette. karibu we muburundi we kagame.

  • @ Bakara na None NAGOMBA NDABAHEBUZE MWEBWE MWESE MWIHENDA YUKO URWANDA HARAHO IVYARWO BISA BISANA NIVYUBURUNDI kUKO
    1. URWANDA RWIFITIYE SES RAISONS COMPREHENSIBLES KUKO INTERAHAMWE ZAKOZE IHONYABWOKO KUKO KUBA HAVYARIMANA YARANARASHWE C’ETAIT JUST A CAUSE YAYAMITWE IKOMEYE YABO BIYITA ABA PREZIDA MBE MUZI IMYAKA YARAMAZE YARAKUMIRIYE ABATUTSI B’IRWANDA?
    2. KUGIRA MUTAHURE NEZA YUKO NI BURUNDI MUTITONZE MUZOKURIKIRA INTERAHAMWE ZISAZIYE MUMASHAMBA YA CONGO KUBERA UBUJUJU BWIHONYABWOKO NDABIBARIZE KO CNDD-FDD MWARWANYE IMYAKA IRENGA 10 AVEZ AU MOINS EU DU SOUTIEN YICO GIHUGU CA RUTURA ? HAHAHAHAHA AHO MUKWIYE KUHAGABIRA RWASA WEWE NDIZIGIRA NEZA WE NA HABIMANA PASTEUR MURAZI NEZA AYO BAGOWE KUBERA LES CRHMES CONTRE L’HUMANITE QU’IL ONT COMMIR EN L’AN 2004 NB- JE NE VS HAIS PAS CAR MOI AUSSI JE SUIS UN HUTU COE VR MAIS CE QUE JE VILIPENDE C’EST CETTE MAUVAISE IDEOLOGIE DE DIVISION IRIKO IRABIBWA MU BURUNDI HOSE ALORS QUE ABARUNDI TWARI TWATANGUYE KUNYWANA IKINDI NDIYAMIRIZA GOSE INTWARO YIGIKENYE KUKO KUNTWARO Z’ABATUTSI TWARIRA AGAHOTORO NIGIKENYE NONE PETER NAWE KO ARIZO NTWARO AHAYE AGARUKANA MWUMVA TWOBA TWARAKIZE IKI MENYA NEZA NTABWOKO BUBI BUBAHO HICA INDAMBI NTI HICA INTARA, UBWOKO ,IDINI ,IGITSINA N’IBINDI EMERE TUJE MUNTWARO YA DEMOKARASI UMUTUTSI AKOZE IKOSA ARIHANIRWE N’UMUHUTU AKOSHEJE ABIHANIRWE VIVE LE BURUNDI VIVE AMASEZERANO YA ARUSHA.

  • KUKI KAGAME AVUGA GO YAKIRIYI MPUNZI KANDI ABITSE INKOZIZIBIBI ZIFITIYIMIGABO MIBI UBURUNDI BURYA UWOBIKA ABASI BIWE NKUKO YABIGENJENJE YORYOHEGWA NIYIBAZE NAWE AREKE KUVUGA NGONIMPUNZI KANDI ARINKOZI NZIBIBI BIRINGABARIGA IVYAGISIRIKARE NIYIHANURE ABAREKURE BATAHE

  • KUKI KAGAME AVUGA GO YAKIRIYI MPUNZI KANDI ABITSE INKOZIZIBIBI ZIFITIYIMIGABO MIBI UBURUNDI BURYA UWOBIKA ABASI BIWE NKUKO YABIGENJENJE YORYOHEGWA NIYIBAZE NAWE AREKE KUVUGA NGONIMPUNZI KANDI ARINKOZI NZIBIBI BIRINGABARIGA IVYAGISIRIKARE NIYIHANURE ABAREKURE BATAHE

  • Ndasavye ngibo zuburundi kwitegura tukivunumwasi kagam yarigeze kurungika abasirikare kugwanya nkurunziza akigwana bosebahereye igitega ubuho yihende

  • EWE SHA SABUSHIMIKE URI UMWICANYI BASI AHO MWICIYE ABANYAGIHUGU KUVA BAGITANGURA KWIYAMIRIZA IKIRINGO CA 3 NUBU NTURAHIMBA AMARASO KWELI? UBU NAHO NGO UKENEYE NAYIMPUNZI IMANA YASHOBOYE KUJABURA URUZI KANYARU AHUBWO USANGWA URI YMYGABO NUJABUKE UBASANGEYO SINUMVA IMBONERAKURE MWAMA MWIHAYA UBUGABO! EH UTI HAMWE MWOBIKA INKOZI ZIBIBI BASHA MWATEVYE MBE BURYA MWEBWE HAMWE MWARWANA KO CONGO YARIBAHAYE INDARO NA TANZANIYA HARUMUSI WUMVISE BUYOYA BIMUBABAZA AHO KARAKURWA NIWAGOMBA WIMENE KWIBUYE NTUZEYE!

  • N’abandi nimubarekure nta kibi bagambiriye gukora, usibye ko babagayo bamwe bakabafatira mwibarabara bagenda Imana niyo mugabo.muhumure nta kibi bazobakorera
    nkanjye ndabihamiriza kuko harimo umuvukanyi waje

  • Ariko ko bavuze ngo DRC ngo urwanda rujyayo kugukuramo amabuye yagaciro
    Koko ingabo zurwanda zajya kurwana iburundi ngo zitware amavunja yanyu?
    Ntayo dukeneye ubucuruzi twanabureka rwose. Tubyumve kimwe uretse ko abaturage bi iburundi arabavandi bu rwanda turaziranye gusa turabashyingira yewe muradushyingira. Muvugishe ukuri niki cyatuma muganana nabi? cyangwa mwicyeka urwanada ngo niho haturuka ubagirira nabi? Umutungo mwaba mufite murusha abanyarwanda nuwuhe koko? Musubize amaso inyuma murebe impamvu niyihe mwafata abanyarwanda? Gusa njye mbona mutinya urwanda ariko ntacyo rwaza gushaka iburundi rwose. Gusa babushatse nibyo murimo ntimwabishobora ntampamvu yo gutuma abaturage bakwiyzira mukabona izamarere rero. Ibyo murimo mwitiranya bikavamo mubamenya.

  • jabe J ardin belges habayiki ababiligi barashavura agahugu kabo kagize ico kaba ahubwo nabahaba bose ni mubahe amazina yababiligi mubake amazina bafise ya marundi batungi ni mbwa umwewese ni mbwa barye ni ngurube ka mbisi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.