Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarongoye abandi bategerezwa kuba akarorero mu kugwanya amabi akorerwa (...)
Abarongoye abandi bategerezwa kuba akarorero mu kugwanya amabi akorerwa abakenyezi
jeudi 21 Ntwarante 2013
Abarongoye abandi bategerezwa kuba akarorero mu kibano cabo kugira barwanye amabi yose akorerwa abakenyezi.
Ivyo vyavuzwe kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 ntwarante 2013 na buramatari w’intara ya kirundo aho bari mu nama yo guhanahana ivyiyumviro kunyifato bogira mu kugwanya amabi akorerwa abakenyezi,inama yateguwe n’ishirahamwe ry’abakenyezi b’abamenyeshamakuru hamwe n’urunani rw’amashirahamwe y’abakenyezi .
Floxella Karire