Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Abarundi barenga igihumbi birukanwe mu Rwanda
Yanditswe taliki ya 15-05-2016 - isaha 09:46' na IGIHE

Abarundi baharugwa mu gihumbi nibo bamaze kumenyekana ko birukanywe mu gihugu c’Urwanda. Abirukanwe bose biboneka ko ari abanyagihugu batobato, benshi bakavuga ko bakora ubuzi bwo kurima.

Nk’uko tubikesha VOA, abafise imirima n’ayandi matungo atunguruzwa bavuga ko babisizeyo. Muri abo birukanwe baharurwa mu gihumbi, hari abagera kuri 200 baciye mu ntara ya Ngozi, nk’uko umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Pascal Barandagiye, abimenyesha.

Pascal BARANDAGIYE ashikiriza ko benshi baturuka mu ntara ya Kirundo muri komine Ntega. Abandi nabo baturuka mu ntara za Ngozi, Karusi, na Muyinga.

JPEG - 50.8 ko
Pascal BARANDAGIYE, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu

Pascal Barandagiye yasiguye ko iyirukanwa ry’abo Barundi ari ikimenyetso c’uko Uburundi bufise umubanyi mubi. Ivyo biharuro vy’abirukanywe bishobora kurenga igihumbi, kuko no kumugoroba wo kuri uwu wa gatandatu haguma hashika abandi Barundi birukanwe, bakaba bariko baca ku ruzi Akanyaru.

Ivyiyumviro vyanyu

Bakoze kubirukana, uburundi nibwo bwatanguye kwirukana abanyarwanda barihano muburundi, nabamwe ntituramenya nirengero ryabo. ivyo basize navyo nibisazwe na banyarwanda bari basazwe bakorera hano, ntakintu nakimwe batahukanye abahungu bankurunziza nibo bavyikoreyeeeeee.

27.05.2016 à 08:20
morodikayi.

None ko birukanye abarundi bashatse gukora iki ?haaa !ikibabaje nukugira umubanyi mubi.

18.05.2016 à 19:28
Havy

you fuckkiling yourself

17.05.2016 à 18:37
bizoviyo

Bakunzibeza murwanda nomuburundi amahoroy Imana abanenamwe,ncutizanje usomye ivyandikwa nibivugwa wokwibaza ivubereyeho !! Sindasoma umunyapolitique ivyoyanditse badukinira kumupira tutarikibuga,umunyarwanda cankumurundi wese naze dasab Imana kwibanira mumahoro nubwodutanakumwikomo Imana izobaza umuntuwese icoyakoze kugitiviwe,biradryeshye umunyarwanda agiyiburundi akagura indagara nimyembe nivyamwa arizo mbuto mukinyarwanda akabigezikigari amahoro ubonako binabadyohera kurutivyi bugande.numurundi yagendiruhengeri kuguribirayi akabigezibujumburamahoro ubonako bikorifiriti nziza vyoryoha rwose.ubuturibidandazwa vyabategetsi nonevyabateye kudahaga baduhanganiyeko,barundi banyarwanda dukundana harumutegetsi murumva canke murasoma yanditse ahacankehariya atanyunguziwe zirimwo ?!!?tubimamatwi kuko nitwe dusonza nitwe dupfa turara rubunda nabobigaramiye bacunzwe bikomeye.tugwane kukubaho kwacu kukobatadukoresheje ntacoboshikako,nyemerera twirwaneho kuko ntawutubabaye haba murwanda haba muburundi namaturufu gusa bariko barikinira.amahiro abamumitima ntaba mugihugu ducirebugufi IMANA izobiroranyaneza eherabanawe ababategetsi ninde akirondera ivyarya ?nukutanyurwa gusa numuregwe wabamaze.rekangirinama abandika twandike twigarura kubumuntu kugirimitimayacu isubire kurema.mdangije nsenga mvugango MANA ABANYARWANDA NABARUNDI TURAGUSAVYE AMAHOHO YOMUMITIMAYACU TWONGERE KUBUMWE TUDAYINYANA TWIZERANE TWIMAMATWI BABWENGEBWISI NABANYAMUJIRYANINO DUSHIRIVYIZIGIRO KURIWEWE KUKO NTAWAKWIZIGIYE YIGEZE AMARAMARA URI NDIHO WAHOZEHO UZAHORAHO WITWA NTIHEMUKA:UHARIRE UDAHARUYE AMAKOSA YOSE TWAKOZE MUMOKOYAVUYOSE NIBIGABITANYOVYOSE WEZIBIHUGUVYACU MANA TUGUKORERE TUDAFISUBWOBA NAMAJWI ATWAGIEIZA IBIBI AMEN dushime ivyabaye vyose wew nanje twarababaye ariko twibagire tubane mwizina rya YESU umwami wacu amen IMANA IHEZAGIRE UBURUNDINURWANDA NKIBIHUGU BIVANDIMWE.dusabiye nabansi bibibihugu barimumashamba yisi guhindukamumutima ntibazebayagwemwo batabonye ukugiraneza kw Imana mubihugu babereye abansi kubwa sekibi satani.MANA UBARABE AHOBARI UBARINDIHEREZO RIBI.

17.05.2016 à 13:10
mbazumutima jerome

@ Ciza. Ngozi

Jya ubanza urebe ibintu wandika uko bimeze. Ubwo ntureba ko uri injiji, biragaragra ko utageze mw’ishuli nka benewanyu benshi iyo urebye ibyo mwandika hano, Naho izo ngegera zanyu tuzakomeza tuzirukane, ntakindi bazi uretse kwiba imyumbati n’ibitoki mu mirima yo mu Bugesera biyita ngo ni abapagasi. Muzabanze mubahe amazi bakarabe uriya mwanda baba bafite ku mubiri. Naho ibyo kwirirwa musakuza ntabwo bizatubuza gukora icyo tugomba gukora. Kandi wibukeko ntanshingano dufite zo kubakunda. Niba mubabaye muzaze ku Kanyaru tubarase urufaya.

17.05.2016 à 12:08
nzovu

Erega.Ntibitgangaje.Burya.Kagame.Yase.Uburundi.Kuvakera.None.Siwe.Yishe.Ntaryamira.None.Ahamuburundi.Ntabanyarwanda.Bahaba.Bidaciye.Mumategeko.?Koreta.Itarabirukana.Wibaza.Kwitabazi.Igituma.Perezida.Nkurunziza.Numuntu.Akunda.Imana.Urwanda.Rufitiye.Inzigo.Uburundi.Kumugambi.Bateguye.Wakudeta.Wase.Nkurunziza.Tuzomushigikira.Imyaka.Yose.Kuko.Yadukuyeko.Ubukoroni.Bwabatutsi.Niyirambire.Nyakubahwa.Pita.

17.05.2016 à 06:58
Ciza.Ngozi

Ngmba Fec

16.05.2016 à 21:12
Elias

Rungika izo mbonerakur izigagaj muzite mu buroko,abo ntakindi cabazanye atari guhungabanya umutekano irwanda

16.05.2016 à 19:06
Démocrate Sindumuja

Nyakubahwa Kagame yagizenezakurungika benewacu ngobatahe,ngirayatahuyeko abarundi barimuburundi aribeshi kuruta abarihanze yabwo kandikobabayeho mumahoro.ahubwo naterintambwe nabarikahama abarungike kukiwabo haracariho ,ahayasobanukigwa kokubana kwabarundi kudasaba imfashanyo yurwandanagatoya.nyakubahwa KAGAME nagirankwibutsweko uburundi nurwanda tumeze nkabana bamahasa cyangwase impanga.iyobukuru ababaye butoyi arakurikira subizubwenge inyuma mumateka urabonanezako turamahasa uvusanga dukwiye gukundana nkabavandimwe.harumwaka M7 wa Uganda yaciyumugani arahiremera muri stade amahoro yavuzengo INKONIKUBISE MUKEBA UYIRENZURUGO hari 2003 kucyunamo.ntawuzibirimbere kuko na farawo nuko atabimenye ntiyarikugora abisirayeli,yabakurikijingabo zose yisanga atanu musecurte asigaranye.turungikire nabari kahama ntacotwaapfuye turabakeneye.

16.05.2016 à 17:57
mbazumutima jerome

ariko basha abarundi tuzopfa turuhiye kwiyisi tugende kanada batwirukane tugende murwanda batwirukane tugende ahandi batwirukane emwe turagowe ariko ntaco imana iratubona tukomeze gusenga ntaco tuzoba

16.05.2016 à 16:26
habarugira

Ica mbere nuko uyo mugabo ariko arabesha nta barundi birukanywe mu Rwanda. ahubwo aho gusohoka baguma binjira mu RWANDA. BABA ABAHUTU BABA ABATUTSI NTA NUMWE YIRUKANWE BOSE BARAKIRWA. IRYO N’IRINDI REMENTANYA RIGAMIJE KWA MBIKA ICEYI U RWANDA...

16.05.2016 à 14:27
copy

Mbe ko Ministre w’urwanda akaba ana amabassadeur Jacques BIHOZAGARA mwamwiciye mw ibohero rya mpimba ko u Rwanda rutavuze ko rwinumiye ?? Hma mwbwe babahaye imbonerakure zanyu ari nzima none ngo pfye pfye, none mwari muziko bashobora kuja mu rwanda bakica impunzi nkakurya mwabigize muri kenya bigakunda ?? wapi... hama izombonerakunya zanyu zisubire kwa se.
Hama buza murahenda ngo umutekano uke uzanwa n’ugwanda, gute kdi aribo bama batwishurira muri EaC ??nONE KUMUTAVUGA MBE UBU RWANDA BAKOZE NKIVYO MURIKO MUKORERA ABANYARWANDA BABAGA INO, vyobanezera ? none bababahaye ari bazima , muriko muravugishwa ? Mbe nibaramuka bugaye imipaka kdi business z abarundi ziva kenya na uganda kuri 95% hama igitoro cose kiva mombasa kandi kibanza kunyura kigali..... none nkubu kweri bugaye imipaka mwokwerekerahe ?

16.05.2016 à 14:01
Kayokwe

Abasoma igihe ndabaramukije. Ndagira ngo tuvugishe ukuri mwabarundi mwe. Abo barundi mwumva birukanywe, ni bamwe bari basanzwe bakora amaraso aho bitwa imbonerakumano, bazaga bafite umugambi mubisha wo kwica benewabo bahunze, u Rwanda si tanzania, si kenya cg ubugande, izo mbonerakumano zisange mwenewabo kinywamaraso Nkurumbi. Hanyua mubure gushima ko baje ari bazima, naho abacu b’inzirakarengane mwarabishe, abandi murafunga arinako mubica urubozo (kuborezwa igufa cg torture) abandi mukabatwoherereza ari imirambo....None rero mukomeze mucokoze nanjye ngo ndababeshyera mwe mucokoza u Rwanda se muri bande koko ?? ahubwo ubu France bukomeze bubabeshye mucokoze u Rwanda, ni rw advancinga abafaranca baziruka mwebwe ducakirane. Kdi muraziko mutahikura

16.05.2016 à 13:44
Ubupfura

Mugihe mutaramenya ikibazo mufise no kugitorera umuti bizobagora.Muravugango birukanye abarundi (reka kuvuga abahutu mbyihoze kuko abahutu bose siko bateza ikibazo ). None murabyankira iki ko nakare mwavugango u Rwanda rurafasha abarundi bashaka kubatera ? Hirya h’ejo sinumva musaba abarundi bari hanze gutahuka ? none Urwanda rubarungitse hari ingorane ? Mureke guta ururimi rwanyu muta umwikomo ku Banyarwanda mubaziza ubusa. Ikibazo c’u Burundi catewe n’abarundi kandi kizokemurwa n’abanrundi nyene

16.05.2016 à 13:31
SINGIRANKABO Gervais

batahe iwabo
kd ibarabara Bujumbura Kigali Kampala ntimwemerewe kurikoresha
tuzarebe mwambonerakunya mwe.

16.05.2016 à 13:20
turaje

Izombonerakure mwibazako zitamenyekanye ?? Izo nizo zari zararungitswe na nkurumbi ngo zize gusuma urusaku be no kwica abahunze inyabwoko none ngo nibitahukire. Urwanda ntiruterwa muragahumirwa

16.05.2016 à 09:40
ciza

erega.uwomugabo.kagome.aranka.uburundi.haaaa.ariko.nibaze.twubake.igihugu.cacu.nakare.ntamahoro.yomubuhungiro

16.05.2016 à 08:31
ciza.mwumba

iyo mugirira nabi abanyarwanda mwumva ari ibisanzwe. babakoraho mukumva bidasanzwe. kwikunda .com

16.05.2016 à 06:44
edgard

Mbega Komuvugango Numubanyimubi Tanzania Koyatwirukanye Nkukonyene Kwataco Mwabivuzeko Urwanda Rworwo Rwabirukanye Mweho Mwarabaphunze Bamwe Baguye Nomugasho Batashe Aribiziga

16.05.2016 à 06:31
Kijisho

Sinovuga vyinshi kuko batashe birukanwe ni uko batahana agahinda kandi birashoboka ko ikiba catumye bata izabo kitahavuye.

16.05.2016 à 05:44
man bernard
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.