Abarundi birukanwe mu Rwanda basaba ko bosubira gutora amatunga yabo

Yanditswe na IGIHE
Kuya 19 mai 2016 saa 02:12
Yasomwe : 52695
0 0

Abarundi birukanwa mu Rwanda barabandanya gushika ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda. Gushika mu muhingamo wo kuri uwu wa gatatu, hari abari bakiriko barashika binjiranye aho bita i Gasenyi - Nemba, nabo nyene bakavuga ko basize ivyabo vyose mu Rwanda, nk’abandi bose.
Abo barundi babandanya kwirukanwa basaba ko bohabwa impapuro zibaha uburenganzira bw’ugusubira mu Rwanda gutora amatunga yabo basizeyo, na cane cane abashaka kuja kwimbura ivyo barimiyeyo.
Abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo, (...)

Abarundi birukanwa mu Rwanda barabandanya gushika ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda. Gushika mu muhingamo wo kuri uwu wa gatatu, hari abari bakiriko barashika binjiranye aho bita i Gasenyi - Nemba, nabo nyene bakavuga ko basize ivyabo vyose mu Rwanda, nk’abandi bose.

Abo barundi babandanya kwirukanwa basaba ko bohabwa impapuro zibaha uburenganzira bw’ugusubira mu Rwanda gutora amatunga yabo basizeyo, na cane cane abashaka kuja kwimbura ivyo barimiyeyo.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Kirundo, ahashikira Abarundi benshi birukanwe, bamenyesha ko bariko barakora ibishoboka vyose kugira abo bariko barirukanwa ataco batahanye baronswe imfashanyo, cane cane imfungurwa hamwe n’uburaro. Naba Musitanteri b’amakomine agize intara ya Kirundo bakaba bariko bahimiriza abanyagihugu ko bokwiyungunganya bakegeranya imfashanyo zohabwa abo benewabo birukanwe. Intaya ya Kirundo yonyene imaze kwakira abavukantara bagera ku 1349 birukanwe bava mu Rwanda. Abirukanwe bose biboneka ko ari abanyagihugu batobato, benshi bakavuga ko bakora ubuzi bwo kurima. Abandi bagera ku 200 baciye mu ntara ya Ngozi, nk’uko umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Pascal Barandagiye, yabimenyesheje, akavuga ko iryo yirukanwa ry’Abarundi ryerekana umubano mubi w’Urwanda.

Pascal BARANDAGIYE yamenyesheje ko benshi mu birukanwe baturuka mu ntara ya Kirundo muri komine Ntega. Abandi nabo baturuka mu ntara za Ngozi, Karusi, na Muyinga, gushika kuri uwu wa kane, hakaba hacibonekeza ababandanya gushika, cane cane muri komine Ntega, intara ya Kirundo.

Ku ruhande rw’Urwanda, ico gihugu kimenyesha ko cirukanye Abarundi bagera ku 1500 baba muri ico gihugu ata vyangombwa bafise. Ico gihugu gisigura ko casavye abo birukanwe kuja kurondera ivyo vyangombwa, nibabironka babone kugaruka.

JPEG - 45.6 ko
Umushikiranganji ajejwe impunzi, Séraphine Mukantabana

Ubutegetsi bw’Urwanda busigura ko ukwo kwirukana Abarundi kwatanguye ku munsi wa gatanu igenekerezo rya 13 Rusama 2016. Reta y’Urwanda yatangaje ko Abarundi batirukanywe kuko ari Abarundi, ahubwo ko ari mu rwego rw’abanyamahanga baba mu Rwanda bitandukanye n’amategeko.

Umushikiranganji ajejwe impunzi, Séraphine Mukantabana yabwiye abamenyeshamakuru ko abo barundi batirukanywe burundu mu Rwanda, ahubwo ko basabwe kuja kurondera ivyangombwa, babironse bakagaruka.


Kumenyekanisha

1
jean 23-05-2016 à 03:51

On va annexer le Burundi bientôt. On va mettre Nkurunziza en prison et puis on le castrera par la suite. On va baiser toutes ces burundaises. Attends tu vas voir.....

2
Manzi 22-05-2016 à 18:24

Mbegamumamamwiza,ugirampuhwekubonabababwitango,muzagaruke,abanyarwandatwahungiye,iburundi mukatwirukana.imanakurindewaMukenyeziwe,ntakibiwavuze,nikomategeko abivuga,abarundi bagombakumvira

3
Jishoryamukuru 22-05-2016 à 17:24

None abanyarwanda bari i Burundi (Ngagara) babaye bazinga ibyabo ko aribo batera grenade i Bujumbura.

4
natweturasavye abanyarwanda barimuburundi bagende 22-05-2016 à 07:07

bukuru martin

5
jishoryintare 21-05-2016 à 21:41

Sha twarabavumbuye, imbonerakure nabadd bohereje benewabo kwihisha murwanda biyita impunzi kugirango musigare mwica abatazi iyo bajya none se nigute abagore nabana bahunga wabaza akarangamuntu bakakabura wababaza aho abagabo babo bari bakahahisha tuzasigarana abo twizeye.
Abo babmusintanteri nababuramatari ugirango nimpuhwe babafitiye cg nukwo abenshi babazi ko ari ababapolisi n’imbonerakure zabo, namwe mwirukanye benewacu musigarana interahamwe.

6
jishoryintare 21-05-2016 à 21:40

Sha twarabavumbuye, imbonerakure nabadd bohereje benewabo kwihisha murwanda biyita impunzi kugirango musigare mwica abatazi iyo bajya none se nigute abagore nabana bahunga wabaza akarangamuntu bakakabura wababaza aho abagabo babo bari bakahahisha tuzasigarana abo twizeye.
Abo babmusintanteri nababuramatari ugirango nimpuhwe babafitiye cg nukwo abenshi babazi ko ari ababapolisi n’imbonerakure zabo

7
Mututsiwamazurakunamye 21-05-2016 à 21:22

Uru rugore rurwaye urushwima nka Kabarebe.

8
IHIMBAZWE RICHARD 21-05-2016 à 18:48

nukuri icosaba bobaaha ikipapurobaga subirayo kuzana ibintu vya bo ku ko basizeyo ibintu vyishi nkuwarimye agaca ataha uko

9
IHIMBAZWE RICHARD 21-05-2016 à 18:47

nukuri icosaba bobaaha ikipapurobaga subirayo kuzana ibintu vya bo ku ko basizeyo ibintu vyishi nkuwarimye agaca ataha uko

10
uburundi bwacu 21-05-2016 à 12:17

kagame mumureke numugabo
twese abarundi turamukunda ayobora neza

11
nyangusu. 20-05-2016 à 19:15

Urwanda.Rwarisizemwo Uburundi Mugabo Ntaco Ruzokora. Twosaba Reta Yuburundi Koyokwari Abanyagihugu Kandi Bakabihaniza Ko Kizira Gusubirayo.Kandi Bagafasha Abahuye Nivyo Vyago.

12
turaje 20-05-2016 à 15:27

bazaze batore ubucafu bwabo kuko ntitubashaka
ufite ibyangombwa azaze utabifite azahere iyo

uburundi bugize neza nabwo bwatwoherereza interahamwe zahungiye muburundi , kuko nta munyarwanda utekereza neza ataco yiyagiriza yaguma muburundi

ubundi mugabanye amagambo kuko nabandi bari munzira mubategurire aho mubabika.

13
COCO 20-05-2016 à 12:40

none aba nyarwanda nibo bagira za maneko gusa kuki mutumva ko abantu baba mu gihugu nta vyangomwa bagira baba bakoze amakosa.
aba barimo abaza kuneka no gusevya u rda ngo rurategura intwaramiheto zo guteza imidugararo mu burundi.
ntaco u rda rwakoze kitemewe n’amategeko mpuzamakungu.

14
Impunzi 20-05-2016 à 12:35

Impunzi zabanyarwandaziba,iburundinizingahe ??twahungiye iburundi 94ntamwaduhambirijenabi,ukatwambura, utwacutwebweturabareka,tukabahanibyanyu,imanakurinde wamukenyeziwe

15
BAZOHINYUKA 20-05-2016 à 11:44

CNARED KO ITABASABIRA IKIGONGWE NGO KAGAME ABAREKE ? PACIFIQUE ARIHE KO YISHINGA GUHARURA ABAHUNZE NONE ABAHUNGUTSE KWATABAVUGA. KALIBU BENE WACU NAKARE MWAZIZE BA SESA NKUYOZE KUKO ABO MWASIZE MUZOSANGA ARIHO BAKIRI KANDI BAZOBAKIRA

16
edimond banzira 20-05-2016 à 10:55

urwanda rufiumucomubi cane

17
Dent pour dent. 20-05-2016 à 10:05

Kura ni kuripa. Kagame nabe yubaka amakambi azarundamo bene wabo bageze i Burundi 1959.

18
copy 20-05-2016 à 08:27

ARIKO IBINTU BIRUMVIKANA, ABO BANYAGIHUGU NABO UBWABO BARIYEMERERA KO NTA VYANGOMBWA VYO KUBA MU RWANDA BAFISE RERO BAGOMBA KUJA KUBIRONDERA BAGASUBIRA MU RWANDA VYEMEWE N’AMATEGEKO.
NIBURA URWANDA RUBIKORANA AMAHORO, NGAHA MU BURUNDI KO MBONA TWIRIRWA DUTOTEZA ABANYARWANDA NTA NICO TUBAHORA KUGEZA AHO TWICA EX MINISTRE BIHOZAGARA, NTITUBONE NICO TUBISOBANURAKO, BAMWE BAKICWA YEMWE BARUNDI DUKWIYE KUGIRA UBWENGE MUVYO DUKORA, KUKO NATWE BASHOBORA KUBIDUKORERA !!!

19
CAKIRA 20-05-2016 à 08:14

abo mbona nibo basahuwe nurwanda ? emwe nugwanda rurarushe,heba basha burya akariwe n’imbwa uraheba !!

20
jean 20-05-2016 à 08:00

none Urwanda rukeneye ko haba oeil pour oeil ;dent pour dent !urazi abanyarwanda baba mu burundi uko bangana ata bibaranga bafise ?Babirukane nabo ?

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha