Abashikiranganji bashasha barahiye imbere y’umukuru w’igihugu n’abashingamateka

Yanditswe na IGIHE
Kuya 25 août 2015 saa 10:37
Yasomwe : 104670
0 0

Abashikiranganji bagize Reta nshasha bagenwe n’umukuru w’igihugu kw’igenekerezo rya 24 Myandagaro 2015,barahiye imbere y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abakenguzamateka kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 25 Myandagaro.
Abashikiranagnji 20 nibo barahiye,inyuma y’iminsi itanu umukuru w’igihugu n’ivyegera vyiwe bibiri birahiye kuwa 20 Myandagaro 2015.
Ibirori vyo kurahira vyabereye mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe,ahari abandi banyacubahiro batandukanye bafise amabanga bajejwe mu (...)

Abashikiranganji bagize Reta nshasha bagenwe n’umukuru w’igihugu kw’igenekerezo rya 24 Myandagaro 2015,barahiye imbere y’umukuru w’igihugu, abashingamateka n’abakenguzamateka kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 25 Myandagaro.

Abashikiranagnji 20 nibo barahiye,inyuma y’iminsi itanu umukuru w’igihugu n’ivyegera vyiwe bibiri birahiye kuwa 20 Myandagaro 2015.

Ibirori vyo kurahira vyabereye mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe,ahari abandi banyacubahiro batandukanye bafise amabanga bajejwe mu gihugu.


Kumenyekanisha

1
peter nkurunziza 31-08-2015 à 20:44

Izombwa Zitora Ibitaye Abandi Turazivumye Zizopfa Uko Muzopfa Muyererera Nka Kayini

2
Martin 31-08-2015 à 19:44

Kayihura Ntasoni Ugira ? Ahubwo Uriko Uhamagarira Abarundi Muntambara Urapfuy Nubwo Bu de Colline Uzobubura Ubure Nubwo Gutegeka Murugo Rwawe.Ihanure Wemere Akuganze Niyaheza Uzoshikirwa.

3
###### 29-08-2015 à 18:38

NIBYIZA MUKOMEREZE AHO

4
Aferky 27-08-2015 à 09:26

Peter arasenga kandi numugore wiwe arasenga cane, ivya akora vyose numugambi wimana. Ahagarare kigabo atwarire abarundi bose, asenge yirukane satani yikuremwo amacakubiri na nkunzi. Abamubesha ngo yice abantu abigize inyuma nivyanka abagire bose nka Dolph kuko nivyo bazoba bakwiye. Niyasigaza beza ace akorana nabo. Abo bafatanije urugamba bariko baramuhenda Politique yo kwica abo uyobora isigaye ngaha iwacu gusa.

5
kayanza siti 27-08-2015 à 06:22

mbona bose barihagiye ntibazokwiba reta

6
shushu 26-08-2015 à 16:41

aho murayavuga imigambi yogutwara akarere ntigishoboka,vyabataye kuwamazi muri congo ngo bagomba muburundi teshwe mute,mbega amakungu 72na 93 yarahuniye !hezagigwa nyakuhora kungoma

7
shushu 26-08-2015 à 16:41

aho murayavuga imigambi yogutwara akarere ntigishoboka,vyabataye kuwamazi muri congo ngo bagomba muburundi teshwe mute,mbega amakungu 72na 93 yarahuniye !hezagigwa nyakuhora kungoma

8
shushu 26-08-2015 à 16:39

aho murayavuga imigambi yogutwara akarere ntigishoboka,vyabataye kuwamazi muri congo ngo bagomba muburundi teshwe mute,mbega amakungu 72na 93 yarahuniye !hezagigwa nyakuhora kungoma

9
izere 26-08-2015 à 12:49

Umuntu wear yunahika gutuka abatware numipagani%bible ivuga ngo ntakuganza. Kutava kumana.kandi ngo twubahe abatuganza .yemwe enda tugaye ibibi bakora ariko turinde akanwa kacu kwandura tugaharugwa kwikibi kirengeye icabo.Nukuri ndabinginze tureke gutuka abadushizwe imbere .Yesu aduharire.

10
karangwa 26-08-2015 à 09:39

nyangoma agira amere nka etienne cisekedi wa kongo yarahirira muhira iwe.ngo agomba gutwaraigihuhu.burya umunyepolitique yaparanganye ntabwenge aba agifise

11
kayihura 26-08-2015 à 09:04

@Dumburi, kaka , lili nizindi ntagongwa zamenyereye kunywa amaraso. None mwibagiwe ibyo baso bakoze muri 73, 93. Niba mwibaza ko byagaruka mukamara abahitu muribeshya. Byaba byiza mwiyahuye kuko sowanyu bikomagu ari kubategurira intebe yanyu mubwami bwa Shetani.

12
MURAGABE BARUNDI MUKUNDA DEMOKARASI 26-08-2015 à 08:20

ASHA TUDAHAGURUTSE NGO TURWANYE PETER POLITIQUEMENT ET MEME MILITAIREMENT UYU MUGESERA IMIGAMBI AFISE NIYO KUZOGUMA KUBUTEGETSI MPAKA YESU AGARUTSE KUKO BIRABONEKA NEZA YUKWATARI UWUZOVA KUBUTEGETSI EJO CANKE HIRYA YEJO ! NARIRYA AHERUTSE KURUNGIKA UMUHUNGU WIWE MUGISODA KUGIRA AHAVUYE AZOCE AMUSIGIRA UBUTEGETSI MBE AHO MVAGOMBA GUKANURA NTIMUBONA YUKO ADAKUNDA ABARUNDI KO UBURUNDI BWACU BUKENYE KABUKI WEWE AMAZE GUTWARA IMYAKA 10 YOSE BENSHI MURI TWEBWE TUTARIGERA TUBA NA BA CHEF DE LA COLLINE BURYA YIYUMVIRA YUKWARUKUBERA YIZE ADMINISTRATION KUDUSUMVYA ? HAMA AKAGOMBA KUGUMA KUNGOMA NKUKO TMENGO UBURUNDI YARABURANGUYE ASHA NTANKEKA ZA MITRAILLEUSES, NAZA MACINEGUNS, NAZA ROCKETS NA ZA BLINDES ETC... NTAGISIVYA TURAZITORA KUGIRA UBURUNDI NTIBUCIKE AKARWI KUMUNTUMWE NKA PETER NINGOMA Z’ABAMI TWARAZISEZEREYE UYU MUSI SIWE YOZA KUDUTWARA NKUKO ARI UMWAMI BENE BURUNDI NI DUKANURE TWIKUREKO INTWARO Z’ABICANI ,ABASUMA BAGUMA BAGOMBA GUCANISHAMWO BENE BURUNDI KANDI TWARI TWATANGUYE KUNYWANA VIVE MR LE PRESIDENT NYANGOMA, VIVE ALEX SINDUHIJE N’ATWE TUBARI INYUMA MURUGAMBA RWUKUGWANYA UYO MUSUMA PETER NAKARWI KIWE.

13
Kamikazi 26-08-2015 à 06:28

Je Nibaza Ko Abarundi Benshi Baz Gutandukanya Icatsi N’ururo. Iyo Leta Ya Cndd Fdd Yodutwara Turi Ibiziga, Ndabajwe Na Agaton Yarwanye Imyaka Umuyoro Abiwe None Bagiye Gupfa Nk’imbwa. Turavye Leta Irimwo Agaton Na Peter Ntaciza Yozanira Umurundi Noneho Nta Mukwaha Nta Munyo Hose N’umunuko Gusa. Ndavye Ubusuma Batanguye Muri Regideso Ngo Bagomba Ayo Guhemba Aba Fonctionnaire Nayo Bazoyabura Bapfe Nabi

14
Kaka 26-08-2015 à 05:37

Abonyen Barahiy Nibobazo Kwiyicira Kowas Kuvako

15
BIRANTANGAZA. 26-08-2015 à 04:40

BANTU MUSHIKIRIZIVYIYUMVIRO NUBURENGANZIRA BWANYU, ARIKO GUTUKANA NUGUSHIRISONI SIVYIZA N’IMANA NTIVYEMERA NAGATO !MWIKEBUKE RERO MUDASANGA MWITERANIJE N UHORAHO !!

16
liLi 26-08-2015 à 00:40

barahiye nka ya reta yabatabazi mu rwanda muli 94.

17
fabrice 25-08-2015 à 20:58

ndakenguruts cne iyi resta niyirambire.nawe Président nyakubahwa komera kungom natwe abanyeshure turabashigikiy.

18
fabrice 25-08-2015 à 20:58

ndakenguruts cne iyi resta niyirambire.nawe Président nyakubahwa komera kungom natwe abanyeshure turabashigikiy.

19
Kariyo 25-08-2015 à 20:46

Ibibintu Vyokurahiripa Mukinyegero, Nkurunziza Niwe Yabitanguye. Ariko N’ Ingaruka Mbi Zizomuherako Kuko Nabonye Ko Abandi Buca Babivamwo Ariko We Atanzira N’ Imwe Asigaranye Ngo Asohokeremwo. Nk’ Ubu Ahejeje Kurahiza Abo Muri CENARED. Mucezo Wa Ndani,

20
Dumbuli 25-08-2015 à 20:18

Mana we Uyu Mutama Nkurunziza Azova ku burongozi apfuye ubu abandanya asaba ko ibwirizwa sgingiro rihinduka uwanze apfe kuko azobamesa pe ! reba ingeno intoki ziwe zimeze ngo ndabatsinzerero mutegereze akazoza nyuma sindambiwe

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha