Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Abasirikare bagera kuri 40 bahunze Uburundi babarizwa muri Tanzaniya
Yanditswe taliki ya 8-02-2016 - isaha 17:36' na IGIHE

Igihugu ca Tanzaniya camenyesheje ko abasirikare b’abarundi bagera kuri 40 bari mu buhungiro muri ico gihugu, inyuma y’uguhunga Uburundi.

Charles Kitwanga, umushikiranganji ajejwe ibibazo vy’abinjira n’abasohoka muri Tanzaniya, yamenyesheje ko abo bahoze ari abasirikare b’Uburundi, bafashwe nk’impunzi zose z’abarundi ziri muri ico gihugu, bakaba babarizwa mw’ikambi ya Mwisa, mu gace ka Kagera, mu burengero bw’igihugu ca Tanzaniya.

JPEG - 95.2 ko
Charles Kitwanga, umushikiranganji ajejwe ibibazo vy’abinjira n’abasohoka muri Tanzaniya

Charles Kitwanga yamenyeje ko bacunzwe neza, kandi ko hisunzwe amasezerano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Reta ya Tanzaniya itazobashikiriza Reta y’Uburundi, nk’uko vyariko biravugwa ko baronderwa.

Ivyiyumviro vyanyu

NON KO ABAHUNZ NTIBAZOTAH.

23.07.2016 à 12:43
NYANDWI THADDEE

reka babirukeko nibo babigize kubona ukuntu bakabandanya bica amatwi.ibintu abasirikare bakora ubu biratangaje.ukabona barafashe umusoda mugenziwe ukaguma wihoreye.Ivyo Ni Nko Kwikokorera Inkono Y,amazi Hama Watsitara Ugasanga Iraguhitanishije.Cnk Ukabika Ikara Mu Gashambara.

15.07.2016 à 00:36
Irankunda

UBURUNDI murihenda cane none baza Murwanda bahunga ubwambere bahunze ki ?
none abo basirikare 40. bahunze ntibigaragara ko ari poritike mbi y’u BURUNDI. ni mureke guharabika abaturanyi banyu b’ URWANDA

16.02.2016 à 14:03
guidonsegasake @yahoo.fr

Nibareke Kwimaramaza Nta Musirikare Ahunga Ataherewe Amasoro Izo Ni Za Mbundege Za Niyombare Ahubwo Nyakubahwa Wazili Tanzania Wafanyie Uchunguzi Malum.

12.02.2016 à 23:40
Sa Etofils

Abona Banyagihugu Ntangabo Ihuga Nibamwe Bahenda gokora Kudeta Ntaseyi Bize Sabasoda Ndase .Barikurwana Bagapfa

12.02.2016 à 19:44
Mahoro

MWOTUMENYERA BAHUNZIKI KOMUBURUNDI AMAHORO AHARI KIRETSD MUGISAGARA CABUJUMBURA NAHONE MUDUCE TUMWETUMWE AHUBWONIBABAREKURE BASUBIRE MUGIHUGUCAMAVUKIRO INYISHU !!

11.02.2016 à 09:03
AKIMANA REMEGIE MUKAYANZA

Nivyabokumenya

10.02.2016 à 20:34
Beston

none boba bahunze ata kibilukanye ?canke bob a bavyibwiye

10.02.2016 à 18:25
jamali

none kugira hahunge abaso40 bose bahunze iki ? ko bavuga ko umutekano ari wose.vyifashe gute ?muburundi.

10.02.2016 à 09:36
jems

Tuvyihwej tubona ko abo basoda ari muri bamw bakeney gutembagaz ubutegets kubera ko maprobu twayitey ivyatsi babon ko bishobor kubakorak !ahubw nibabazan ubutungan bubakubit intah mugahanga !

10.02.2016 à 08:44
Kaburente

koperezind.avuga.kantabirikobiracika.abobasndabahunziki ?yibukeko.ntavuraigwaidahita.bitebebitebuke.azobiryozwe yibukekoahaturiharabandi !!....,

9.02.2016 à 20:40
ram dhn

abant bos bahung batohoz ivyab kuk ab n’abaguj

9.02.2016 à 20:06
MaZembe

Ngaho abo nabo ngo batorezwa muRwanda ? impunzi z abarundi zuzuyeCongo Tanzaniya n ahandi none iturufu ya peter yabaye URwanda

9.02.2016 à 14:02
Bitonde

ngaho da nyamara ngo u Rwanda ruratoza. abaza gutera uburundi kandi hari abacumbikiye abari trained !! mufunguke amaso murebe kure u Rwanda nta nyungu na nke dfite Ku mutekano muke I Burundi kuko ntacyo uburundi bufite rwose .

9.02.2016 à 10:11
nkotanti

Hama ngumutekano niwose,mbe uwujejwe gukingab arinze atakomoka,jewe yariko akingira ayo mabi simpfa nk,igihere !Tabara nyabuna turahona !

9.02.2016 à 09:22
Turahahonera

none nimba barakoshej mugihugu jabo bagahunga barekagutekubashikir za reta

9.02.2016 à 05:55
ndayi shimiye

Abo Basirikare Bahunze Iki ? Nimba Bahenzwe Ntakundi Vyaboroheye Kugenda Ariko Mukuza Bizobagora Kuko Uburundi Burimwo Abagabo.

9.02.2016 à 05:54
Nkurunziza Désiré

Guhunga sigitangaza na yesu yarahunze igihe ya riko aronderwa na Herode,abonabo nimba bataribashigikiye Nkurunziza mububisha bwiwe barashobora guhunga. ariko reta ya Tanzania ihabere magabo, mugukurikiranira hafi abo basirikari, reta itahure icatumye biyumvira guhunga.bakaba arabatumwe na Nkurunziza naho bazomenyekana, Tanzania nda yemera yoba nkiyambere kwice mugutohoza itarize gusinzikariza ubuzima umuntu. ndababwijukuri bakaba bagezwa ninabi ntamisi izohera batamenyekanye, akaba bahunze kubwibiriko birakorwa na reta ya Nkurunziza na honyene bazomenyekana.na yu bundi umusirikare afise uburengazira bwoguhunga iyo atizeye uburongozi bumurongoye.

9.02.2016 à 03:10
M

Nababwiye nuko mutumva, kuko abo ni Peter Nkurunziza yabarungitse bari muri mission y’akazi.
Mureke kuba ibijuju gushika hiyo. Nta mbonerakure murumva ziriyo nka Nyangoma ava mu Ruyigi (commune Gisuru), ndetse no mu Bugabada, RDC na Kenya bagiye bafise amahera menshi yo kwica no kwicisha abahunze.

8.02.2016 à 21:25
Tuze

HAA !! IVYOMUBURUNDI BISIGAYE BIGOYE NABASIRIKARE BASHIKIRIWE HARAKANTU NATWE ABANYAGIHUGU BATOBATO UBUTEGETSI BWIBUJUMBURA NIBURABE BWISUBIZUMUTAMANA

8.02.2016 à 20:36
JAMAL VIAN
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.