Accueil > Amakuru > u Burundi > Abatunze inoti za kera z’igihumbi c’amarundi basigaranye amasaha (...)
Abatunze inoti za kera z’igihumbi c’amarundi basigaranye amasaha make
lundi 30 Munyonyo 2015, par
Abagitunze inoti za kera z’amafaranga igihugu y’amarundi basigaranye umunsi wo kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 30 Munyonyo 2015. Kuva kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya mbere Kigarama 2015, izo noti ntizizoba zigikoreshwa.
Inoti nshasha z’amafaranga igihumbi y’amarundi zatanguye gukoreshwa kw’igenekerezo rya mbere Nyakanga 2015, banki nkuru y’igihugu c’Uburundi ikaba yari yatanze ikiringo c’amezi atatu kugira izo noti zizobe zavuye mu bantu.
- Inoti ya kera y’igihumbi c’amarundi
Mu gihe ico kiringo gihera kuri uwu wa mbere, izo noti ntizizosubira kwakirwa, abazoba bakizifise bagashaka kuzihinduza bazotegerezwa kwishikira ahakorera banki nkuru y’igihugu. Naho nyene, kuva kuri uwu wa kabiri, mu guhinduza izo noti, hazokurwako ibice bitanu kw’ijana ku noti imwe yose ya kera izoba ihinduriwe na nshasha.
- Inoti nshasha y’igihumbi c’amarundi
IGIHE
Messages
30 Munyonyo 2015, 11:55, par kariyo
kubera iki basigaranye igihe gito kandi ataribo bayakoze. leta reka kwiba abanyagihugu
30 Munyonyo 2015, 11:55, par kariyo
kubera iki basigaranye igihe gito kandi ataribo bayakoze. leta reka kwiba abanyagihugu
30 Munyonyo 2015, 12:58, par NITUNGA JAMARI
BAKWIYE KUZONGERA IKIRINGO CUKWEZI KUMWE ZIRA CARINYISHI MUBANYAGIHUGU
30 Munyonyo 2015, 13:34, par Mumpe
Iyo Noti Nshasha Ni Orginal Irakomeye Mugabo Hari Umubikira Nayihaye Arayanka Nibajije Ko Ari Umututsi Yigishijwe Urwanko Narumiwe Ufise Umurongo Wa Lumitel Hoho Araheba Agahunga Akubonye Mbega Ubujuju!
30 Munyonyo 2015, 14:17, par .com
Sweti Nkorresha Amerika Ou El Et Rwanda Mwabisumamwe Vya Mandant
30 Munyonyo 2015, 19:54, par desire
ivyo vyose nuguta umutwe kuko inyishu yibihanze abarundi ntabwo iri kurizo noti mwanka .no 3emnd .
30 Munyonyo 2015, 20:02, par Kubwimana Emmanuel
turasabakomwozongeza nkukwezikumwe kuko,ubu abanyagihugubatobato baracazifise,murakoze
30 Munyonyo 2015, 20:13, par maneno
iyi noti ya 1000frbu ninziza cane. habigihe mbanumva nakomeza nyiraba gusa. gusa leta irerekanye ko ikomeye kuyikura bitoroshe!! irashoboye guhindura amahera yose muri kano kajagari igihugu gihitiyemwo. ndakuye ingofero.
30 Munyonyo 2015, 20:58, par Azad
Nibongez Ikiringo Guko Abazifis Nibesh Kand Badashoboy Gushuka Kw Bank Nkur
30 Munyonyo 2015, 20:59, par Azad
Nibongez Ikiringo Guko Abazifis Nibesh Kand Badashoboy Gushuka Kw Bank Nkur
30 Munyonyo 2015, 21:19, par John
none uwutegeye banki bizocabigendagut?
30 Munyonyo 2015, 21:19, par Koko
Nibongere Ikiringo
Kukoninyishi?
30 Munyonyo 2015, 21:29, par twarabahinyuye
Izo noti nshasha ni izo bakoresheje mu bushinwa kugira bashobore guhemba abakozi igihe infashanyo zahagarara, mu gihe gito cane zizocika ibipapuro kuburyo muzoja kugura umukate mwitwaje igunira ryuzuye
30 Munyonyo 2015, 21:39, par pita,
pita,ntamuntu,numsuma,yivyemanda,ninoti,arivye
1er Kigarama 2015, 03:36, par F.F.F
EMWE RETA YORABA IKONGERAKO AMEZI NK.ABIRI KUKO IZO NOTI ZIKIRI NYINSHI MU GIHUGU.TUGIYE KUHAHOMBERA.
1er Kigarama 2015, 13:20, par WIZEY IMANA
NIBA ZIKURENTANGORANE
1er Kigarama 2015, 15:33, par bethos
Amafranga yuburundi agiy gucika ibipapuro
1er Kigarama 2015, 18:49, par WIZEY IMANA
NIZIGENDE TWEBWE IN IBUTIHINDA ZARAGWIRIYE
2 Kigarama 2015, 00:35, par Xavier
Baribakwiye Kuzongera Ikiringo Izonoti Mugihuga Ziracarinyishi Cane!
2 Kigarama 2015, 09:14, par Innocent Aidan%
Izonotinshasha,nibisokozovyabanyeiporitike.Birondererainyunguzabagorebabo.Kugirabishime,kubagenzibabo.Ibihugubidusumvyaubutunzi,nagaciro,kobadahindura,amaherakumwanya.Abobatama,baragutse.Kwatawuhariranuwumuhamba,rekabadutwareubuchuri.Ntancunguzuburundi,atari, Ndadaye,na Gwagasore.Ndabihonyoyesindabiriye%
5 Kigarama 2015, 19:06, par Ruru
Iyonot Shasha Kuraho Ntacimaze,nkub Nfise 5000fr non narabz ingen ndayasohora.mudye igihugu,na bakibamwo,man dufashe,