IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abdoulaye Bathily Intumwa idasanzwe yarungitswe mu Burundi

Abdoulaye Bathily Intumwa idasanzwe yarungitswe mu Burundi

samedi 20 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Inyuma yaho Imigambwe itavugarumwe na Reta, Inani hamwe n’amashirahamwe adaharanira inyungu za poritike asavye ishirahamwe mpuzamakungu ONU kurungika uwundi muhuza, kuko Said Djinnit yahemutse ku vyo bari bumvikanye,Abdoulaye Bathily yarungitswe gusubirira Said Djinnit.

JPEG - 218.5 ko
Abdoulaye Bathily yarungitswe gusubirira Said Djinnit yahora ari umuhuza

Abdoulaye Bathily akaba ari umunyeporitike yavutse mu mwaka w’1947 mu gihugu ca Senegal.

Mu mwka w’2014, ku wa 30 Ndamukiza, Abdoulaye Bathily akaba yagenywe na Ban ki Moon umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, kugira arongore ibiro bikuru vy’ishirahamwe ONU bijejwe poritike mu karere k’Afrika yo hagati, yari ajejwe gufasha gutsimbataza amahoro n’ukurwanya indyane.


IGIHE

Messages

  • karibu urabe ayabarundi bagowe

  • muraraba neza abahima nibamuhe umugore mwiza wu mututsi kazi kugirango
    abavugire abakorere amadossier muri onu
    kumwe inkotanyi zaha rome dalleur abagore baba tutsi kazi na abatwara minuar
    mugire hange.

  • Iman imuhe kugir ikiganza ciza.Namwe Barundi Ncuti Zanje Reke Kumaranir Ivy Isi,twabisanzeho Kandi Tuzobisigaho.Nk Uko Twaje Ataco Tuzanye Ninako Tuzogenda Ataco Tujanye.Kundane.

  • nambaje kurorera amatora?

  • Turamuhaye i kaze i Burundi,aze mu Burundi adahengamye.Ico twosaba opposition na Reta y’Uburundi ntibamugore bose boroshe ibintu,ntibadaze kugirango ivyoganiro bigire ico bishikako.Abarundi bararuhishijwe n’imikino y’abanyepolitike b’Uburundi.

  • Nanyaruke Ariko Ntaze Ahengamye Nkuwambere Abumushingantahe Kumpande Zose Kandi Akuruguture Intumva Zirikozituma Igihugu Kigwamumanga.

  • Ndabaramukije ndumurundi ariko ndimpunzi mugihugu cu Rwanda, Arikorero ndafise ikintucanezereje kuruyumusi waharimwe impunzi kw’Isi, nuko president wa republic wu Rwanda yatangaje iceseko nubwo abenegihugu baribagishaka kwazokomeza kubarongora babanje guhindura ibwirizwashingira kuobabatarihinduye kukagungo 101 ntiryomwemererako yitoz. Arikorero wenyene yivugiye ngokw’atazitoreza kubumukuru wigihugu kandiyaboneyeho nakaryo kokunegura abanyagihugu bomubihugu bimwebimwe bemerakwanduza ibihuguvyabo ngokugira bemeze abarongoye ibihuguvyabo kunguvu ibicanke biriya. Yavuzati: None kondetse kuzitoza abanyarwanda batarinze kwanduza igihugucabo ngobinatume habaho nabanyarwanda bahunga urwanda. Nubwotwamushimiye mumvugoyakoresheje yerekanyeko kurindagukoresha inguvu ngokugira abategetsi bibihuguvyacu tubemeze ibicyanke biriya atarivyiza ngokuko biratuma ibihugu vyacutuvyaduza tudakuraho nakaribo. Jewmbere iyaba hanotwahungiye hatari amategeko amaze yumuntu yifuza kwitahira nokwisubiriye Burundi, nonebakwiketse kufise ucociyumviro ucumera nkuwaciriwe umukenke!.

  • KARIBU MUTAMA,TUGERAGEREZE TURABEKO TWOHUMURA.URAHABERE UMUBO WIJAMBO.IBISIGAYE REKA TURINDIRE.

  • nagende ariko barya bagome ntazobashobora

  • Umuhuza arakenewe none uwo wewe ntibazohava bamwanka natabakorera ivyo bashaka?ntagushaka kubarimwo

  • Reke turabe uwonawe ingene azoduhuza nawene niyahengama tuzoca tumwiyamiriza ariko caneca- ne aduhuze kukibazo ca manda ya 3 ya nkurunziza idakurikije amategeko atarukwo naho nashake yisubirari inyuma!!!!!

  • @magayo umva aho mubera ibigugu mwama mwiyumvura ibitagira umutwe n amaguru yaje kurondera abagore? canke ni mama wawe wagutumye umubarize

  • nashike muga ivyabarundi! haha biregarega bikomeye

  • Nivyiza hamwe boba barungitse umuhuza ataho yegamiye kuko ubu tegetsi buhari burageramiye umutekano wabanyagihugu tugeze ahatemba baze baditabare iyi leta yankurunziza

  • Egome naze none aje kugirisha ibiganiro bishingiye kuki ?ko abambari ba nkurunziza bavuga ko ivyikiringo be nico kwumvikanako ikiringo c’amatora ivyo ngo bitovurwako none aje gukora iki? ahubwo abo muri oposition nibikangure

  • KALIBU.UZE WITONZE.UAHIRAHIRA NGUKORE KURI CALENDRIER AHANDIHO WOGESEZWA

  • KAZE MUTAMA UKURE KUNZIRA IZO MBURAKIMAZI

  • None uyuwundi barunginse nawe niyavuga ukuri nawenyene bahavabamwirukana?nibemere ahintahe ishize,bareke gutera igere ryanyu kuko ejo bukera bizobagora.

  • yemwe yemwe abubahimana harageze kudusenga kuk’iyontekereje ivyikigihugu cacu bisizubwenge erega azobahuza aruko harugushaka mubanyepolitique ataruko nawe ntarusyeyeko

  • Mvuge,uvuge,avuge,tuvuge,muvuge,bavuge?Yaleyale Ati Gute? Amatora Nintabanduka Wumvatwohindurik?Tureke Gutumwanya,icomwomenyaco Abazungu Barikuduhenda Ikibayecose Ntamuzungapfa Hapfawamurundi Nyene Umuzungu Arataha Twibeko Kuko Turashoboye Tuvibuzimu Tujibuntu

  • mbe aza ngo afashe iki ko mbona ivyo union africaine yashikirije boganirako reta ahayo yavuzeko budakuka nkikiringo camatora na candidature. emwe ntagitangaje numvango no muri mirongindwi na kabiri bari benshi mugisoda ingene banyitse ntawubizi nubu baranyika ntakubesha akica urugo karuvamwo

  • Mutama Ndabona Nugusaza Urisaziye Korera Kuri manda ya 3 Gusa Yuwo Muhemu Kuko Twamuhaye Carto Rouge Kuva Kera None Vuga Nawe Aho Ukuri Guhagaze

  • Kaze Iwacu Imana Ikuje Imbere.Twizere Ko Bizokunda.

  • Nukuri simbona ingene ikibazo cuburundi bagiharirako none hari utazi manda3 kuberiki batomubwira ntiyitoze

  • uyomuhuza niyihagarareko ashimikire canecane kumanda ya3 ariyo yatumye tuja mundyane zigisibije gushika kuruyu munota.abobaperezida bomuri EAC ahubwo bateyisoni ntanijambo bafise,il faut taper sur mes chers amis!!izingorane zatewe niki une fois on vous pose question??mana we!!!

  • Uwo mutama naho yoba ari umuntu adahengamye, naho yoba afise uburambe mu kumvikanisha abantu, bamushinze igiorwa igikorwa kidashoboka : CNDD FDD na Leta yayo ni indyadya
    None ko dd itarota yemera ibiganiro kuri kirangamisi c’amatora na manda ya gatatu, wumva kandi ariyo nkwezi y’amarere, wumva bazovugana iki ? Mbega amatora ko azoba mu misi indwi, amaze guhera ibiganiro bizoba bigikenewe ?
    Amakungu yarafashe minenegwe ikibazo c’uburundi kandi vyasaba gusa gutegeka nkurunziza ko atarekuriwe kwitoza
    Ubu rero aho ibintu bigeze, birabonea ko igihugu kigiye kwinjra mu ntambara amakungu arorera

  • Mwesentavyomuz Kirets’Imana Yireke Ibahinyishu.

  • haaaa!!! ushikiye ku NTUMVA IMWE ITUMWA BURUNDI???

  • muhuza ark abatavug rumw nareta ntibashoboka basaba amananiza mana dufashe

  • muhuza kaz muburundi ark abatavuga rumw naleta ntibashoboka imana nifash

  • TURABISHIMYE ARIKO NTARY,IBITURIRE VY,ABAKURU ABE HAGATI KOKO MU GUHUZA

  • naze turabe ariko ntivyorosheshe aba dd baratuziye basi kutuvako sinzi biraherera he reka turore

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.