IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > ACAT Burundi isaba Leta Gukurikiza ingingo ya 23 y’ibwirizwashingiro (...)

ACAT Burundi isaba Leta Gukurikiza ingingo ya 23 y’ibwirizwashingiro ry’uburundi

jeudi 28 Ntwarante 2013

Kurwanya ihohoterwa rya kiremwa muntu ni vyo biraje ishinga abagwanira agateka ka zina muntu mu Burundi.

Ishirahamwe ry’abakirisu rigwanya ihohoterwa rya kiremwamuntu ACAT ryaratunganije ihuriro ryo kwiyumvirira hamwe ryari ritumbereye abari muri Leta n’abandi batayirimwo.

Intumbero rero y’iryo huriro ryari iryo kwiyumvirira hamwe ,hamwe n’ishirwaho ry’ikigega co gushumbusha abakorewe ihohoterwa.Kubwa ACAT,iryo huriro ryari rifise intumbero yo guhamagarira Leta gukurikiza ingingo ya 23 y’ibwirizwashingiro ry’uburundi.

Iyo ngingo ikavuga ko icaha cose gikozwe n’umuntu ari muri Leta ategerezwa gushumbusha uwakorewe icaha kugira bace intege ihohoterwa.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.