Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Alain Nyamitwe :’’Hagiye kuba amatohoza ku bajejwe umutekano bigenjeje nabi’’
Yanditswe taliki ya 18-12-2015 - isaha 07:52' na Van Naris Mugisha

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain Nyamitwe, amenyesha ko hagiye kuba amatohoza ku bajejwe umutekano boba barigenjeje nabi kugira bazobibazwe.

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Kigarama 2015,Alain Nyamitwe yavuze ko Uburundi bwamye bwerekana amakenga bufise ko Urwanda rushigikiye abatera umutekano muke mu Burundi.

Muri ico kiganiro,Alain Nyamitwe yasavye igihugu c’Urwanda guhagarika gufasha abatera Uburundi.

Alain Nyamitwe yavuze ko hari ivyegeranyo vy’amashirahamwe bitanguye gusohoka bivuga neza ko hari impunzi zikoreshwa ibikorwa vya gisirikare,kandi ko mu munsi iheze hari n’ ibirwanisho vyafatanywe umuntu wenyene yiyemereye ko abikura mu Rwanda.

Ku ruhande rw’Urwanda,inyuma y’icegeranyo cashikirijwe n’ishirahamwe Refugees International cavuga ko hari impunzi z’abarundi zijanwa mu mirwi irwana,umushikiranganji w’Urwanda ajejwe ikibazo c’impunzi no gukinga ibiza yavuze ko ivyo ari ibinyoma kandi ata shingiro bifise kuko ata cemezo na kimwe cerekana ko hari impunzi zijanwa mu mirwi irwanya Reta y’Uburundi.

Ivyiyumviro vyanyu

hhhhhhhhaaaaaa amatohoza ko ubwoba bubafashe ntimwakwigumya mubaye iki gutangura amatohoza nuko mwemera ko hari abigenje nabi mais plus tard iyo mitwe ntigikora ubu ingingo yafashwe c fini l histoire umuzungu umuhenda gatatu mais ntumuhenda kane babataye mu mutego muwugwamo pauvre frere sory utazi umuzungu aramutuka .

20.12.2015 à 20:55
koma

Haha ewe wew wiyita ingabo ziyemera, biraboneka ko ubona aho wicaye nyene. Kubijany na politik yuburundi birakuroka. Bandanya ujujuta. Agapfa kaburiwe nimpongo. Nayo Piter babandany adadaza azokwibonerako. Sinovuga ko mumutera amashurwe canke mumukunda ahubwo muramwanka. Iyaba Kadafi yogarutse akamucira agace ko guhangana namakungu nkeswe ivyo bijuju vya ba DD.

20.12.2015 à 19:31
ndoriyobija

Abantu Mwese Murwaye Umugera Wokwama Mudedemba Ngo Nkurunziza Atarekuye Igihugu Sindababesha Uwo Mugera Urabegura Tubahambe Mbega Igihe Yagifata Nimwe Mwamubwiye Ngwagifate Aho Mutagira Indero !! Azobatwara Zishahurwa Ziboroga. Piter Nkurunziza Ingabo Turinyuma Yawe Ntukangwe Namahenehene impene Zaturutse.

20.12.2015 à 02:46
Ingabo Ziyemera

Namba aramatohoza yabasigaye kugira mumarire amaraso yabo bana natabahumira !!!!!!! Emwe muzoba mukomeye ukabura kurekura amanwa mwaburiwe

19.12.2015 à 01:39
Izobikora

Namba aramatohoza yabasigaye kugira mumarire amaraso yabo bana natabahumira !!!!!!! Emwe muzoba mukomeye ukabura kurekura amanwa mwaburiwe

19.12.2015 à 01:39
Izobikora

C,est vraiment demage. Les gens ici se contraidisent ! Et ce qui est mensonge du cote de l,opposition cnared et ses partisans. Vous dites chaquefois que Nkurunziza vous tue et protege les interahamwe et vous exposez ses Photos des morts tues par vs meme pour mentir l’international comme d,habitude pour la gde partie de cnared "tutsi"
. Le president du partie et Votre journaliste Kiramvu ils ont encouragent encore unefois Vos partisans et Vos fanatisants de continuer la guerre que ds trois jour vous etes capable de renverse le pouvoir au burundi. Leur parole sont remplies des insolants mot et extreme ideologie division ethinique. Ce qu’il ya de la guerre entré deux parties. SI on observe les parole de Louis Michel , maggy, onu et Obama qui s,engagent tre efficacement a soutenir l,opposition contre le gouvernement. Pourquoi ils oublient qu,il une grande population qui a vote le president qu,il fallait aussi l,ecouter. SI on est en haut comme dirigents du monde. Je crois qu,il faut ecouter les deux parties qui ne ne s,entendent pas au rien se pencher d, une partie et ignore une autre ? SI peux demande a Obama ? Qu,il donna Un exemple d,Un pays ou les casques bleus a ete envoyee ds le monde et ca donnait une resultat positive et ramenait la paix ou proteger la population en dange ? Regardez le congo, Afghanistan, Sudan, somalie, le Rwanda 1994 ...Temps qu,il arrivent. La situation devisen pure. Qd ils arriveront ds mon pays le Burundi ils von faciliteter kagame a continuer la guerre au burundi comme ils le font au congo pour interets de piller l,or et le diaments du congo et les rapport prevenant dans l, onu est que les femmes et les enfants meurent chaque jour et il ya toujours les casques bleus.
Chaquefois que le kagame seme le desordre chef les pays voisins il nie que c,est le mensonge et qu,il samt vrai que c,est son objectif a ne pas laisser tranquille la population bantou partous en afrique la ou ils setrouvent en guise de son habituel mensogne qu,il poursuive les interahamwe, fdlr. Il a tue ses interahamwe depuis qu,il combatait pour prendre le pouvoir au Rwanda, au congo apres 21 ils ne se terminent , ou bien ne viellissent pas pour combatre et tuer les autres ?!!! Ou bien fdlr et interahamwe signifie contraire du tutsi. C,est mieux de dire que les hutu n, ont pas droit de vivre comme leurs camalades compatriotes et voisins ? Ainsi que l’onu essaie de les extremer au monde au rien de passer gauche droite !! Ou en est l, onu avec le problemet de sirie et les autre ou la guerre dechire le pays el la population.? Mais le Burundi est tres accable par la genocide ???!!! C,est Pourquoi ils ont pitie des orginaires mensongeres. Dieu est le seul juste. IL VOIS TOUS ET IL EST CAPABLE DE TOUT. IL N,accepte jamais les mensonge et les ruses. Il ne recois pas l,argent en proveniens du congo pour etre injuste. Le Temps va parler.

19.12.2015 à 00:08
Mbindigiri

amatohoza azobandanya mpaka twese duhonye ! ibiganiro ntibikebewe reka tumarane nakare uburundi ni buto, planning familiale ihagarare !

18.12.2015 à 22:53
alicia

AYONAYOMWIVUGIRA MBE,MWIBAZA KWABAZUNGU BAZOBAHIGIHUGU ?MURABANZAMURABE INGUVU MUFISE ZURU YARATSINZE

18.12.2015 à 20:11
ZURU

mumenye ko ubwicanyi mukora mukica abanyagihugu mukoresheje bamwe mugipolisi ni mbonerakure ubikora wese azobibazwo raba mu rwanda abakoze ubwicanyi bwihonyabwoko ,bariko barafatwo ,ntimuzovuge ko mutabibona canke mutagize uruhara ,muri vyo.

18.12.2015 à 17:59
jean

None ko bavuze ngo abajejwe umutekano bakoresheje ubukerebutsi, ubunyarutsi, n’ubuhinga ubu bihindutse gute ?ahubwo ubukene bubamereye nabi barashaka kubesha abazungu kugira babatezurire ibihano.Nibabandanye inzira bahisemwo yo guhangana tuzorabe aho izobashikana

18.12.2015 à 16:57
twarabahinyuye

On ne le dira pas assez. Combien de fois avons interpellé le monde ? Et malgré tout le crime continue au moment que je vous écris.
Je demande aux médias de doubler d’efforts et communiquer avec les gouvernements, les Nations Unies, l’Afrique entiere, l’Union Europpéenne, qu’ils cessent les discours et pâsser aux actions. N’attendent pas, et encore moins attendre que le gouvernement burundais autorise les forces étrangeres, il ne fera pas. Débarquer sur le Burundi sans aucune autre forme de demande, ne dites pas le jour ni l’heure d’arrivée car le Président profitera pour tuer le Maximum possible. Au rwanda, d’essayer d’attraper ces FDLR, et Interahamwe qui sont aujourd’hui a la protection de Peter Nkurunziza. Impassable de laisser les Tutsi du Burundi mourrir alors que vous pouvez les aider, ouvrir aumoins un collidor pour les sauver, je veux dire ceux qui seront encore en vie et capable de trouver par ou passer et joindre le Rwanda. Cela est serieux, ne laisser pas nos commentaires uniquement sur votre site, mais plutot aviser ceux qui ne lisent pas, car il y en beaucoup.

18.12.2015 à 16:41
Tuze

Amatohoza amaze kuba ntashike na Nyamitwe ntiyoyavuga igitigiri. Reka abanyamahanga bazoyagira. Umupfu ntiyinukira. Amatohoza y’abishe turayamenyereye baca babica kugira ntibavuge ababatumye. Pupupu !

18.12.2015 à 16:14
JIL

if pressured yes to casque bleu congo monusco mais pas african union soldiers.Number less than 1000.tanz,south,angol included

18.12.2015 à 14:02
aimee

Ariko reta y uburundi irazi gutora abagabo batagira Ijambo kuyiserukira uyo kuva ari muri ico kibanza be na son umengo bari muyindi si
nibaza ko ari ukutagiraubwenge kuko naho woba ari inyungu zumurengera tushobora kuba witwa ko uri umugabo ukabura n umunsi n umwe Ijambo ry igishingantahe
Njanye nizo mbonerakure bo barazwi ko ari abicanyi bahembwa kubera bishe arikl kuja imbere y amakungu ukavuga ibijuju ndi umwana wiwe yontera isoni

18.12.2015 à 13:52
Carinie

Mu kiganiro c’ejo caremeshejwe na Barankintse Maggy na Louis Michel kuri kaminuza ya Louvain la Neuve, Louis Michel ati Nkurunziza est" irrationnel et fou", ati yarakoze inabi gushika aho atawukimwemera ka mboneza n’umukuru w’Iguhugu haba mu Barundi canke mu makungu. Ati kandi abwirizwa kurengutswa bitebe bitebuke imbere y’ubutungane. Ati nta mukuru w’igihugu ashobora guteza imbere igihugu mukwirirwa mu bisabisho no gukina umupira.
Ati nta nkeka ko aho bukera leta yiwe ibura amafaranga yo gukoresha, ubukene bukaba ndanse kuko 50% y’amafaranga akoresha ni imfashanyo iva hanze iyo nayo, ikaba yarahagaze.

Hari uwabajije ati mbega yokwunguka iki habaye ihonyabwoko mu Burundi ? Louis Michel ati ingendo ya Nkurunziza ni iyokumata ku butegetsi , abaho ku munsi kumunsi. Iki gisigura ko abantu bahona canke badahona, ntibimuraba igikuru kuriwe ni ubutegetsi, ntabona inkwirikizi y’ivyo akora.

Louis Michel yavuze ivyo Abarundi isinzi badasiba kuvuga, dutwarwa n’umurwayi kandi ntivyobandanya gutyo.

18.12.2015 à 12:58
Mbabazi

maramara,ALIN NYAMITWE,maramara,nurwanda ?urushiremwo ?igihugucabananiye,tangamihoh,mbegahoho,mutanzemihohomuzohungirahe ??nabarundimwamaze,mwojahe ?nigihugumwojamwosinziyocova

18.12.2015 à 10:29
FERDINAND

Ivyu Uburundi Nakananira Abahinga Ark Ayo Matohoz Mwibaz Ko Azoshika Kuk ? Akoz Nabarund. Ahubw Namakungu Ntasubir Kutwicish Amajamb Naturek Batumar Ab Bageser Kuk Vyarabananiy Gufat Ingingo Bazozifat Batumaz Nyamitw Naw Umuny Ko Imper Yaw Irih Kuca Ntamugish Mbe Ko Mumaz Abahungu Mwibaz Ko Ariw Mut Wingoran Hanur Nkurunziz Arekur Igihugu.

18.12.2015 à 09:36
King

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.