Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amafaranga agera kubihumbi 600 000 y’amarundi yaribwe,n’abantu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amafaranga agera kubihumbi 600 000 y’amarundi yaribwe,n’abantu (...)

Amafaranga agera kubihumbi 600 000 y’amarundi yaribwe,n’abantu barakomereka

lundi 11 Ntwarante 2013

Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya cenda Ntwarante 2013,umuhana w’umudandaza azwi kw’izina rya Gasihiri Bernard wo ku musozi songa zone Ndago wa komine songa ,intara ya Bururi waratewe n’akagwi kabantu bitwaje ibirwanisho inkoho hamwe n’imbugita.

Uwo mudandaza hamwe n’umukenyezi wiwe barakomeretse cane muri ico gitero.Amafaranga agera kubihumbi amajana atandatu y’amarundi niyo yibwe nabo bagizi ba nabi.

Abakomeretse bakaba bari ku bitaro vy’i Bururi aho bariko baravurirwa.Igipolisi c’uburundi kikaba caratabaye ariko izo nkozi z’ikibi zikaba zari zamaze gutungwa nayo zameze.Amatohoza akaba yaratanguye kugira bafate izo nkozi z’ikibi


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.