Accueil > Amakuru > u Burundi > Amakete ya bamwe mubatanze imihoho muri CENI
Amakete ya bamwe mubatanze imihoho muri CENI
lundi 1er Ruheshi 2015, par
Amakete ya bamwe mu batanze imihoho mu murwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi CENI , Spes Caritas Ndironkeye yahora ari icegera c’umukuru w’umurwi ujejwe gutegura amatora hamwe na Illuminata Ndabahagamye


IGIHE
Messages
1er Ruheshi 2015, 19:30, par Régis
Imana Ighe Kuba Intwari Wihanganire Ivyisi
1er Ruheshi 2015, 19:33, par NAHABANDI
YEMWE BENE DATA ABAKENYEZI NKABO MU BURUNDI JEWE NDABAKENGURUTSE CANE NDABA SAB IR IMANA IBAHUBUNGIRO NAMAHO YAYO KOBABIGAYE NGIRA VYARI BIBAGOYE GUTUNGANYA
1er Ruheshi 2015, 20:10, par mutabazi
Umurengwe wica nk’inzara. Nibajye munkambi maze impungure zibayoboke. Barakinisha ubuzima bwo mu Rwanda. Niba bahunganye twa million 2 utwo mundwi imwe turaba turangiye.icyo nsaba leta y’uburundi ni ukubereka ko bakoze amakosa n’imitungo basize bakarebo uko babigenza ntibajye bavanamo amafaranga yo kugura ibigwanisha.
1er Ruheshi 2015, 20:23, par victor
nibagende ntakundi
1er Ruheshi 2015, 20:40, par kim
mwe mwashira mw idiri nkiyo abagore mukumva byari gukunda nta bagore bakora izo diri usanga ibigabo vyabo byarabakariye bagira badusesere ubufu ubu idiri yose bagira bayivuge abagore ntakigenda
1er Ruheshi 2015, 20:41, par piri
ew mutabazi umuvyeyi yakuvyay yararuhiy ubusa aho asabira abandi kunyagwa amatunga ntibohera mumuryango iwanyu ninzu bagasitura mugapfa muyerera ikitaz kiraho buza uranuma ntabigugu nkaw dukeney
1er Ruheshi 2015, 21:21, par Uwabony’Imana
Ahubwo dusabako na Pierre Claver hamwe na Prosper nibabivemwo nabo hanyuma bice bigenda neza.
1er Ruheshi 2015, 21:22, par Uwabony’Imana
Ahubwo dusabako na Pierre Claver hamwe na Prosper nibabivemwo nabo hanyuma bice bigenda neza.
1er Ruheshi 2015, 21:39, par ntiwihebure
ndashima cane ikinyamakuru igihe cacu kuduha inkuru mukakira n’ivyiyumviro vyacu. ikimbabaza cane ni aba bantu b’abayarwanda bisuka mungorane z’abarundi bakokeza, kandi n’izirwanda zarabataye kuwamazi. narigez no guheba kwandikako ivyiyumviro kubera bo. munyuma ndigarura nti nkumbure hari n’abo ivyo nshikiriza bitanezera ariko bakavyihanganira bakabishira ahabona abandi bakabisoma. abo bantu batanze imihoho bararaba neza ko batajanye nyabahururu bagahendwa n’ibihuhusi bagata utwabo munyenga bagira ngo mutima mweranda arashitse kandi hataragera. muturabire n’aho bize za kaminuza zabo. mubihe nkibi bisaba kuraba ukabona, kwumva, kwumviriza no kwiyumvura cane cane.
1er Ruheshi 2015, 21:51, par DIUEDONNÉ
NIBIHUNIRE.hakobakorera mumanyanga reka abayamenyere bayakore
1er Ruheshi 2015, 22:18, par cyriaque
ewe mutabazi nakim piri yarababwiy nuko atabo abwira.mazimisi ndaba ivyiyumvir vyanyu nasanze imitwe vide ababavyaye bataye umwanya murashobora gusuzugura abamaman bijunja nijambo nkabo?mbe mwumva banyoko banyu nabo mubafatagute?mwumva batataye inguvu numwanya wokubavyara?murakwiye kuja kwiga inderokuko iyabavyeyibabahaye irabaroka.
1er Ruheshi 2015, 23:46, par NKUNDUBURUNDI
Nibabareke kuk ubunt burihabw uburundi nah ar igihugu gito kirimwo itwari base kugayisha amazina yabo,imiryango yabo,nigihugu cabibaruts abasigay nabo nibarab ikiberey kizobahesh icubahiro no mumyaka izoza kuk uburundi ntibugarukira muri 2015 gusa.
2 Ruheshi 2015, 05:00, par denis
Nahabandi, abakenyezi nka spes babereye kuja gukorera mwisoko ry mu ruvumera .Hama ni clin d oeil yahaye abategetsi bi burundi eka nabahandi bose.
Umurwaruke nka spes ntashoboye amabanga ya ceni.Twebwe twakoranye kuva apfakaye ikintu citwa inzigo ni izina rye....Ntaco akunda .Anezerwa iyo akoze ikibi kandi kigasharama.Exige tjrs un certificat d aptitude physique delivre par un medecin psycologue neutre iyo mushatse gushira mu ma institutions abagore.
abagore barayaga iyo bafise akagwara .Les reactions sont tres differentes de celles des hos..face a certaines decisions.Nagende kandi ntazopfe agarutse i Burundi
2 Ruheshi 2015, 06:01, par ntikoriye akandi
ntaworeka gukeza abo bigeme biyambitse umutamana kumera nka aric nzomukunda naweyatanze imihoho kumanyanga nkayo yubujura ndayicariye na prosper ntiboreka ngabagabo ihero bizohinduka wumva mwoca mujahe abigeme baba sumbije kubona rymake
2 Ruheshi 2015, 09:02, par bertrand
Uyo muntu yubahutse gutuka abo bakenyezi b ijunja nijambo nta mutwe nubwenge agira. Arakwiye gukosorwa akigishw indero
2 Ruheshi 2015, 10:06, par Syvain Ndikumana
bareke bigire ivyo utoshobora wobirka kare.none nyimba babony harimwamanyanga bakaba araba kristu nivyiza kobatokwicafuza.
2 Ruheshi 2015, 10:39, par kiki
Ariko ga wa muntu witwa DENIS urabahuka ukavuga ngo bashizeho umuntu agwaye? ndaremye naho yoba agwaye ntiyoshikiriza urya mugomba guha igihugu. ubwo wewe mwaramupimishije? Igihugu si gwawe sha azogaruka kandi azokwidegemvya yihaye itega , yiyambitse umutamana kandi yarawusanganywe uuuuuuuuuh.
2 Ruheshi 2015, 14:08, par tangure
ikibazo ciburundi naho abanyepolitike bamwe bamwe bagiye bakinyegeza bikika kubanyagihugu berekana ko atari icubwoko, vyonyene biraguma vyiyerekana atanuwubivuze ehe aba bahunze ntimubona ko ari abatutsi? gusa bahunge bataja gutegura intambara kuko abarundi benshi bari mugihugu bababaye amahoro nibo benshi kurusha abo bihungisha kuntubero zinyegeje, gusa nuko vyose vyaramaze kumenyekana "bikuye muvyuya nkumusuzi"
2 Ruheshi 2015, 16:09, par Ndekatubane
Abakorera ikinyamakuru igihe murimwo amachakubiri nikuki abatutsi bashikirije ichiyumviro mugityanga uko kiri abandi mukabigwanya namwe nimwisubireko
2 Ruheshi 2015, 16:11, par denis
kiki waretse se , spes akanyibariza...We nyene arazi ingwara afise.Elle est malhonette en tout.Urabaza abahora bakorana nawe la manifestation de sa maladie.Mbega ni kuki atanse iyo poste?arazi ico ashoboye nivyo yama akorera abo abonye bateye imbere......ivyo geza aho nsimpave nshavura ngo ndamumaramaze.nuw... mwicupa yarafashwe baramubonye , proverbe grec.
Mbega kiki iyo yemera amatora akaba tukaraba akari kumutima wabarundi yaba iki?c est la seule solution de sortir de cette situation .Inzara iratwishe abana bararira abakecuru barapfa etc....manifestations aziha power...Conscience yiwe ni powa uyo spes azokwicuza ndakubwiye
2 Ruheshi 2015, 16:12, par Kaneza Eliane
TURASAVYE ABO BANTU BATYOZA BABE BAREKA GUCAFUZA UWU MUHORA ! KWIFATIRA MU GAHANGA ABO BAPFASONI VYEREKANA KO BADASONERA N, ABAVYEYI BABAVYAYE. TURABASAVYE MUSONERE ABANTU. INDERO N,URUPFASONI NI VYO VYEREKANA UBUNTU !
2 Ruheshi 2015, 16:47, par renovat
sha kiki nsanze uri ikijuju pe!! uyumugore mbona umugera ugomba umwice! abonye amahera yokurayo azopfa atayamaze, gusanuko yerekanye abandi nabi, natembe yohava yandukiza abagiye gutora. denis ndakwemera sha! uzoze twigire gutora peter
2 Ruheshi 2015, 21:05, par Ntacovyica
Abo Bantu Batukanakurubuga Ntandero Bafise Bakwiye Agasho .
3 Ruheshi 2015, 09:35, par mukami
Ko hidohora abatutsi gusa???Twibaze ico abo bantu baca baja gukora mu rwanda aho kuguma aha tukarugwana turi kumwe? Mbona bagomba kudukwegera, kuko abatutsi twese ntitubibona kumwe, batubwiye ngo twiyerekane, none raba basa n’uko badutaye, aha ntibariko baradusuka?Inyuma ya 2015 ntitwokwipanze kurusha??
3 Ruheshi 2015, 14:09, par mutabazi
Mbese arwaye igiswagu (SIDA). Noneho yagiye kwishakira imiti shenge!!! Biteye agahinda!! Namara narya impungure kabiri ico gikoko kizamuhitana. Ashatse yazinga amabinga agasubira muburundi aho kuza kutwanduriza abana mu Rwanda rwacu
3 Ruheshi 2015, 14:18, par NDUWIMANA
NIBIGIRE VYARI VYABANANIYE.....BATEWE UBWOBA NABO BATUTSI BARI MWIBARABARA ARIKO TWESE TUKIBAZA IVYO BARIMWO MU RWANDA...ARIKO URWANDA RUZODUKWEGERA KWERI.WAIT AND SEE
3 Ruheshi 2015, 18:59, par meta ndayizeye
nasabaga kaneza eliann elle samblable coe une intellectuelle.baca umugani ngo akirukankanye umugabo niko kirukankana uwundi.iyo umuntu arinda kwanga umugati suko aba yishimye kandi ngo UWUTARANYAGIRIRWA MUNSI Y’IJURU AGIRA NGO RIRASAKAYE.nakugugira inama niba haricyo ukora muri gvrnmt cyangwa harinama watanga ikumvwa ko mwabwira nkurunziza uwo yirirwa munsengero yanduza izina ry’IMANA ko yarekeraho.amarira yabahunze ntazamugwa amahoro kandi yibukeko naho sauli yayoboye 40 ans Imana yari yaramuciye kungoma.Salomo yavuzengo byose nubusa kandi ninkokwiruka inyuma y’umuyaga.yaretse inda ndende ko yishe nyirayo?ndamuhanura sindamuhana.
4 Ruheshi 2015, 21:59, par EMILE
AMAKUNGU NAVEHASI AMUHA NURE NAWE AGREICO AVUZE