IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amatohoza ntaco arerekana ku rupfu rwa Sipiriyano NTARYAMIRA

Amatohoza ntaco arerekana ku rupfu rwa Sipiriyano NTARYAMIRA

mercredi 6 Ndamukiza 2016, par egide

Ibirori vy’ukwibuka imyaka 22 iheze umukuru w’igihugu Sipiriyano NTARYAMIRA apfuye vyabereye ku mirwa mikuru y’amakomine yose agize igihugu c’Uburundi, ariko ibirori nyezina bikaba vyabereye mu gisagara ca Bujumbura, bitangujwe n’inkuka y’imisa yabereye muri Cathedral Regina Mundi.

Muri iyo nkuka y’imisa yasomwe na Musenyeri Evariste NGOYAGOYE arongoye diyoseze nkuru ya Bujumbura, hari umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, umukuru w’inama nshingamateka hamwe n’ivyegera bibiri vy’umukuru w’igihugu, hamwe n’abashikiranganji ba Reta y’Uburundi.

Inyuma y’iyo nkuka y’imisa, ibirori vyabandanirije ku ntatemwa y’uwa mbere Munyonyo yitiriwe incungu za demokarasi, aho abategetsi batandukanye bashize ingori z’amashurwe ku ntatemwa y’umukuru w’igihugu Sipiriyano NTARYAMIRA hamwe n’abashikiranganji babiri bari kumwe nawe mu ndege, aribo SIMBIZI Cyriaque hamwe na CIZA Bernard.

Mu nyuma abitavye ivyo birori bumvirije ijambo ryashikirijwe n’umukuru w’igihugu Sipiriyano NTARYAMIRA igihe yashikirizwa amabanga y’ukurongora Uburundi kw’igenekerezo rya gatanu Ruhuhuma 1994, aho yasaba Abarundi kwitaho ibikorwa vy’iterambere hamwe n’ukugira « Discipline » muri vyose.

« Tugiye kwihutira kugarukana Discipline mu gihugu, discipline mu ntwaramiheto, discipline mu mashure, discipline ku kazi, discipline mu migambwe, discipline mu ntwaro, discipline mu Burundi bwose. Abarundi bubahane, bayoboke imirimo yo soko ry’iterambere. »

Muri iryo jambo yashikirije, yabwiye abarundi ko ata bwoko buruta ubundi, akababwira ko Uburundi ari umurima w’isangi abarundi basangijwe n’Imana.

« Dutegerezwa kwumvisha Abarundi bose ko kizira gutyoza agateka ka muntu. Uwariwe wese, yaba umuhutu, umututsi canke umutwa, akwiye kwubahirizwa mu buzima bwiwe, mu biwe hamwe no mu vyiwe. Nta bwoko bwo guhonya, nta bwoko bwo guhonyangwa, nta bwoko bwiza gusumba ubundi, nta bwoko nyagukira canke nyagupfa. Abarundi bose barangana imbere y’Imana n’amategeko. »

Sipiriyano Ntaryamira yitavye Imana kuwa 6 Ndamukiza 1994, mu ndege yarimwo yakorowe igeze i ku kibuga c’indege c’i Kanombe. Yari avuye kubonana na bagenziwe bo mu karere, ku kibazo c’amahoro n’umutekano mu Burundi, akaba yari kumwe na Juvenal HABYARIMANA yatwara igihugu c’Urwanda.


IGIHE

Messages

  • oya ntayandi matohoza birazwiko ariKAGAME yarashi iryandege kuko kiriyagihe yarinyeshamba umuroberi yashaka guhirika ubutegetse bwa HABYARIMANA, icogihe KAGAME yica uwariwe wese abahutu abatutsi bose yarajaniranya kugirango yambikibara reta yariho icogihe, nkuko CNARED iriko irabigira muburundi mukugandagura abategetsi nabanyagihugu ikuzako.......NIKAGAME yabagandaguye ntaundi

  • amatohoza yaraheze none haruwundi?mbariza kagame nugwanda yigaruriye batanguye kudusotora kera sivyubu!

  • Mwomenya Urwanda ruramenyesha icishe Nyenicubahiro Ntaryamira???!!
    Mwotumenyere Frodebu yari iteje hehe amatohoza? Aba DD bobo?
    Abarundi muzokwama mwibuka gusa ariko hageze kubaza ukuri ntanumwe aboneka. Ni igiki cababujije, canke kibabauza gushengeza Urwanda?
    Uwigize ikivumvu bamuyoza amase.

  • We yarabivuze none ikibabaje nuko abitwa Ngo baratwara aribo birirwa barahamagarira abantu kumarana iyovugo Cyprian ntaryamira yakoresheshe niyomvugo ibereye umukuru wigihugu koko nabategetsi Bose iyobavabakagera uravye rero ivyabiyita Ko arabategetsi bariko baragira kurijewe nagahinda gakomeye kuba aribo bagoroye amakoti Baja kumwunamira kurijewe ntaho bitaniye no kumushinyagurira kubijanye namatohoza imyaka cumi irarangiye ababivuga barikubutegetsi ntanakimwe bigeze bakora umuntu ariko arabumviriza yobabaza ati mbega muvyibukijwe Niki mbega abarundi twemereko urwo arurukundo abobantu bakunda ntaryamira ico dukeneye sukuguma batubwira ivyamatohoza kuko uretse ntaryamira abapfuye kuntwaro yabo nubu bagipfa ntamatohoza namwe twigeze twumva yagize icavamwo nibatubise bigire ayo matohoza azokorwa nabandi

  • Abarundi muri imburakimazi: Rwagasore yarihwe, kaba akamizwe n’ingoma, Ndadaye aricwa kaba akamizwe n’ingoma, Ntaryamiraaricwa biba uko nyene.Aha sinibagiye n’abandi barundi isinzi. Ico mushobora ni ukwifatisha amafoto ngo muriko muribuka. Ukwibuka kutarimwo ukurondera no kubaza ubutungane bisigura iki?

  • kuvyuki ubugabo burihabwa bandandende nta dicipline bazokwigera bagira. kk ni bantamutima.

  • Tuzokwama tumwibuka nuko speech yiwe atagaciro ihabwa burya discipline nubu ntayiraboneka mu barundi bamwebamwe,ubwicanyi,ubusuma,gufungir,abantu ubusa,kwangaza abenegihugu,gutoteza abandi,uko vyari kuri UPRONA niko bigaragara nubu kuri CNDDFDD.yamara kenshi ndibaza nti ko na NDADAYE Melchior we yishwe izuba riva,agatwarwa mu nkambi ya gisirikare ko haheze imyaka ata wuramenya abamwishe,ico yazize ukuri kuzogaragara ryari?Abakiriho bazobona.

  • Mbega bashinze ihema mw’isengero? Bisigura iki?
    Abarundi muri ibirori.

  • Mwibuke ntaryamira mugabo nabantu 450 bamaze kwicwa n’imbonerakunya za nkurumbi n’abarundi ntimubirengangize umuntu n’umuntu.

  • Na Kagame arafise umunsi wiwe ntazoguma kuri iyi isi azopfa nawe. nta numwe azorusimba, iyisi Abantu barwanira izohaguma ariko Abantu bazopfa.

  • Mufise Ubwenge Bwokwica Ubwogutohoza Ntimuzigeramuburonka Mugihe nijambomutaramenya kurivuga ! kandintamu d d aziger’amenyakuvumera ijambo mugihe nindero yabasavye mutarayironka !!

  • birababajekabisa’amatohoza’arakeneweukurikujeahabona

  • Banyakubahwa mujejwe ivyamatohoza ntimurambirwe kora umurimo mujejwe neza kubuhinga buhanitse ,turindiriye kumva ko iyo nkotanyi ibifisemwo uruhare gusa ahasigaye natwe turamenya ico gukora.

  • ijambo yavuze natwe dukwiriye kurigendera abarundi twese imana igitije ubuzima.

  • amatohoza yerekanye ko ntaryamira na havyarimana bishwe n’intagondwa z’abahutu.kuki muvuga ngo amatohoza ntaco arerekana??

  • Amatohoza arazobanza amenye igituma Ntaryamira yataye indege yiwe akaja mu ya Habyalimana wari WANTED!

  • Ntaryamira yazize umunyenga. Yashakaga kunywa ikiyeli ikigali . Yazize inda nini za Bahutu

  • hahahaha ba DD muratsetsa kabisa amatohoza mutazi nayahe? ayandi matohoza muzayabaze abafaransa kuko nibo bari barinze ikibuga cyikanombe kd nibo bafite baite noir yiyo ndege ibindi muzarinda musaza ntanibyo muzi.

  • NTARYAMIRA yishwe na ruharwa inkoramaraso KAGAME. Ibyo ntawe utabizi keretsi ibigoryi nka FALCO Lili

  • IMANA imwakire mu bwami bwayo

  • MBEGA KO MWARI MURAJWE ISHIGA NOGUTWARIGIHUGU IVYO HARICO VYARI BIBABWIYE UWAHONVYE NUWOMUVYEYI NUTWO TWANA YASIZE NAYO MWEHO NUKUMUCURMBEGA KO MWARI MURAJWE ISHIGA NOGUTWARIGIHUGU IVYO HARICO VYARI BIBABWIYE UWAHONVYE NUWOMUVYEYI NUTWO TWANA YASIZE NAYO MWEHO NUKUMUCURIRA

  • Kagame koyanyoyamaraso ya Mugenziw ay’abahutu n’abatuts kw’agira kumagufa nka squelette d’oscar?Mb kwabanyarwand binyaza bobobarazi ikibanzacabo mubutunzi?nagrandabibutsko mubhugubikeny kwis barimwo.Mb abatey’imber nibos kobarko batungira mumaraso y’impfuvyi n’abapfakazi yabagenz babo babahutu.Kumus wokwibukicimbacimba abahutu bapfa bangan’iki?Ahubwo abahutu bomurwanda nibakanur tw mu Burundi bw’abagabo nivyotwas dufat’umuheto tujakurugamba nne twaratsinz kand tubanyneza kirts ab’ivyiyumviro vya Louis Michael.Atagapfuy ntagakira ncuti ww wirinda gusesamaraso y’inzirakarengan

  • mwese ubwenge bwanyu aho kuba mumutwe bwagiye mukibuno cyanyu umunsi bwazamutse mumutwe nibwo muzaba abagabo

  • aliko ayo matohoza muhora muboroga igihe bababwiliye ko yishwe nabene wabo baba hutu ntabwo mwumva . niba mutabyemera muzakore icyo mushaka cyagwa muziyahure . mwangegera mwe.

  • MUTOHOZE IKICA ABARUNDI NIKISHE BIHOZAGARA, NA UNDI WE YEGO ABABABAJE ARIKO,ARAMUTSE YARISHWE NI NGABO ZA FPR NUKO YIVANZE NA ADUYI ARAMUTSE YARISHWE NINTAGONDWA ZA BAHUTU BYA ARIKIBAZO, UBWO MWIHANGANE.ABASIGAYE BEGUPFA

  • Uyu Lili yanga abahutu urunuka (Mbangurunuka). Gusa arabeshya aho azajya hose azahadusanga. Uwamunyereka nka muswera yahita yemera abahutu kuko bene wabo batagira imboro ahubwo bagira uduti twomumenyo (cure dent)

  • Eeeeeh. Igihugu ni icacu abakayi(abasongarere)

  • Kubera yuko KAGAME ARI IGIKORESHO CY’ABAZUNGU MU BWICANYI BUBERA MURI AFRIKA Y’IBIHUGU BY’IBIYAGA BIGARI birakomeye kuvuga ku icese, ku mugaragaro yuko KAGAME ariwe wishe HABYALIMANA NA NTARYAMIRA?? ABAZUNGU bamukoresheje barabizi yuko ariwe wakoze ibara, ikibazo ni ukukwivuguruza ibyo bashimangiye muri ONU ARIKO umusi uzaba umwe byose babishyire hasi
    KAGAME yicishije NDADAYE, HABYALIMANA, NTARYAMIRA, MOBUTU,KABILA PERE byose abikora afatanije na MUSEVENI.
    MUSEVENI ko ahinduye ibwirizashingira rya UGANDA gatanu kose mwari mwumva ABAZUNGU bamutuka?? Amaze imyaka irenga 30 ku ngoma??????
    BARUNDI ntibizabatangaze yuko BENJAMINI MUPAKA bazamukoresha gufata u BURUNDI KUKO ibihugu byakoronijwe ENGLAND bishaka cyane u BURUNDI kubera NICKEL ya MUSONGATI. HASSAN MWINYI wari prezida wa TANZANIA yari azi neza yuko HABYALIMANA NA NTARYAMIRA bavuye mu nama i DAR SALEM barara bapfuye
    ETATS UNIS (USA) NA ENGLAND barwaye cyane u BURUNDI kubera yuko NKURUNZIZA yegamiye kuri CHINE NA RUSSIYA bazakoresha BANJAMIN MUPAKA
    kandi ntimuzasobanukirwa..... ibyo bwabwiye sindi UMUHANUZI ariko bwarakeye biraba..... mwitondere ANGLONSAXONS barasinziza buhoro buhoro hanyuma BAKICA...

  • prince ibyo muzabikorere abarundi bene wanyu mu Rwanda ntibyashoboka kuko igihe mumaze muvuga Ku Rwanda nikinini iyo muza kuba abagabo mwarikuba haricyo mwakoze rero mugabanye amagambo , naho amayohoza muvuga kd mushaka ntanayo muzamenya uzababara aziyahure cyangwa aze kugwana kanatsinda duhora turi maso , murahumye muhumuke mukore mwabanebwe mwe apuuuu jyewe ntantwaro nimwe yabahutu yakoze neza nzi

  • AHUBWO MUZAREBE NEZA UWO MURAMBO NIBA MUGIRA AMASO MUZASANGA MWARAJYANYE UWALINDAGA HABYALIMANA ALIWE MULIMO GUHA ICYUBAHIRO. ALIKO NAWE NIMWENE WANYU NTACYIBAZO

  • MWAFASHE UMUTAMA BIHOZAGARA MURAGANDAGURA, MUGANDAGURA ABAHUTU MUMUTARA, MUGARAMYE MUMIDUGA MUMAKUNGU, ICYOMUVUGA KURI NTARYAMIRA NIKI. YAJYAGA MUNDEGE YURWANDA BURUNDI NTANDEGE ZIHARI

  • Ariko niba hari umugabo iburundi wumva ababaye cyane yaje kumupaka akarasa isasu rimwe ryonyine maze mukareba ngo inkuba irakubita imbwa.....amagambo menshi gusaaaaa.....

  • Wamugabo uwo mupfumukazi wawe yarakubeshye ngirango nawe umaze kubibona,1kikwete yavuye kubutegetsi H.E Magufuli asubizaho umubano wakera na n’Urwanda,2.Zuma amerewe nabi nabatepite kuko yibye amafr ya leta, 3. Imfashanyo zirangenda ziba nke abaturage bakarushaho gusonza, 4. Putin yongereye abamurinda avuga ko agiye kwita kumutekano we nuwigihugu cye (internal security), 5. AU imaze kumenya ukuri kubikuvugwaho ntushobora nokujya munama yayo ngo wisobanure, 6 hasigaye ko hajyaho umupresident w’umurepublicain muri USA agahita atanga go ahead yo guhiga interahamwe nkuko byagenze muri congo ibisigaye reba kuri yutube film documentaire ya mobutu......tu n’as aucune sortie izo mayibobo zimbonerakure ushukisha amafr. nabacancuro b’interahamwe muzazererane aho muzajya murara mumuhunga muriho mwihisha.......etc

  • @Falco. Ntubeshya abatutsi mwamenyereye kurya ibya gusa( abasongareri). Gusa muzabiruka kuko mutangiye kugwa ivutu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.