IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amatora yo mu gihugu ca Kenya yahaye icigwa umukuru wa CENI mu (...)

Amatora yo mu gihugu ca Kenya yahaye icigwa umukuru wa CENI mu Burundi

mercredi 27 Ntwarante 2013

Umukuru w’umurwi w’igihugu utegura amatora mu Burundi CENI, Pierre Claver Ndayicariye, ashikiriza ko yakuye ivyigwa bitatu mu matora aheruka kuba mu gihugu ca Kenya.

Ubwa mbere , ubworyo bwatanzwe hatararengerana
Ubwa kabiri, ku musi w’amatora, abayahagarariye bavuye mu migambwe bakoranye n’umurwi uyategura kuvu mu gatondo gushika batangure guharura ivyavuyemwo
Ubwa gatatu aribwo bwa nyuma, yasanze bishoboka gutegurira rimwe amatora abiri canke atatu ku musi umwe


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.