Accueil > Amakuru > u Burundi > Ban Ki Moon ahamagarira abegwa n’ikibazo c’Uburundi bose gusubira mu (...)
Ban Ki Moon ahamagarira abegwa n’ikibazo c’Uburundi bose gusubira mu biganiro
lundi 22 Ruheshi 2015
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban-Ki-Moon amenyesha ko akurikiranira hafi indyane za politike ziri mu Burundi,zishobora gutuma igihugu gisubira inyuma mu bijanye n’amahoro no gusubiza hamwe mu gihugu.
Mw’itangazo ryagiye ahabona kuw’Imana igenekerezo rya 21 Ruheshi 2015,umunyamabanga mukuru wa ONU amenyesha ko anezerezwa n’ivyavuye mu nama y’amahoro n’umutekano w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika yakoranye kw’igenekerezo rya 13 Ruheshi ,i Johannesburg muri Afrika y’Epfo.

Muri iryo tangazo,umunyabanga mukuru wa ONU Ban-Ki-Moon yasavye intuma yiwe idasanzwe mu karere ka Afrika yo hagati Abdoulaye Bathily gukora kugira igihugu c’Uburundi kironke umutekano,yisunze akigoro k’akarere mu gutorera inyishu iibazo vy’Uburundi,biciye mu mahoro.
Ban-Ki-Moon ashimira Said Djinnit yabaye umuhuza mu ndyane za politike mu Burundi kuva mu kwezi kwa Ndamukiza gushika muri Rusama,ku twigoro yakoze mu kuba umuhuza hagati y’impande zose ziri mu mpari mu gihugu c’Uburundi.
Mu gihe himirije amatora mu Burundi,umunyamabanga mukuru wa ONU ahamagarira indongozi zose gutorera inyishu ibibazo vya politike.Abasaba gusubira mu biganiro vyotuma haba icuka ciza cotuma amatora aba mu mahoro,akaba mu muco kandi akitabwa na bose.
Messages
22 Ruheshi 2015, 13:06, par nkurunziza
Nous avons appris avc consideration le communiqué du Secretaire General de l’ONU Ban Kimoon.Cependant,nous demandons des decisions realistes et progressives et non diplomatiques. Nous sommes tous convaincus que lundi le 29/6/2015 il y aurait pas des elections.Il reste à l’ONU de faire une pression à ces assoiffés du pouvoir qui vont incendier notre pays si on est pas prudent. On aurait deja deployé des militaires de la communauté internationale: l’Otan
22 Ruheshi 2015, 13:10, par Iyumenya
Mwese muri imboregwa,mbe komutavuga ngo mudome urutoki kukibazo catumye havuka ingorane mu gihugu;niba mushaka gukiza u Burundi niwerure muvuge kubijanye ni ikirigo ca 3 ca Nkurunziza.Ban Ki Moon barira Nkurunziza Petero ahagarike ukwitoza kwiwe kukiringo ca Gatatu urabe ko umutekano utaba wose.Ko mumutinya muzomwubahuka aruko habaye ihonyabwoko mu Burundi Bivuye kukiringo ca 3 ca Nkurumbi Petero? Ivyabaye mu Rwanda muri 94 vyagomvye kuba vyaratanze icigwa kw’isi.
22 Ruheshi 2015, 13:34, par Augustin
Avuga Neza Nuko Abwira Intumva.Ko Bos Badadika Ngo Ibi Ntitubikorako Mu Biganiro Ivyo Biganiro Wumva Bimaz Ik Bishinga Urubib.Bavugan Kuri 3e Mandat Niyo Iriko Ikora Ibara Mu Gihugu.Abarundi Twarush,abigumiza Kubutegetsi Ataco Batumariye Sauf Kudutoteza Bahanurwe Bumv.
22 Ruheshi 2015, 13:35, par komezamahoro
Ban ki Moon ntaco atakoze nuko peter atumva impanuro.
22 Ruheshi 2015, 13:42, par JEAN
ABAZUNGU BOBO BABONA KURE BARABONAKO IMBERE ATARIHEZA ARIKO NAHO ATANGIZOMPANURO SINZI KWABA.DD BAZUMVA UMUKINYURO WABO MBONA ARUKWICA GUSA ARIKO PORITIKE YABO MBONA YABANANIYE NIBAKUMBURE BEMERIBIGANIRO BATANGUYUNDI MUKANDIDA VUBA NAYAHANDIHO BARIKO BIYIMBIRA ICOBO COKUZOHAMBWAMWO UBUTAKIGARUKA KANDI BATABINYARUKIJE NGO BAGARURE IMPENE ITARARENGIMIRAMBI BONYENYENE NIBO BAZIYICANIRA KAZIMA IMBONERAKURE ZABAKUYEKWAMABOKO ZIZOBIMESURIRA KANDI OM ARIB BAYIBIHEREY EWE PITA TANGIMIHOHO RUTARAKWUZURIRAKO
22 Ruheshi 2015, 13:45, par MATAYO
IBIGIYE INAMA BIGIRA GMANA.
22 Ruheshi 2015, 14:28, par DIDIE
YEWE ANANI BINTWARI NYABUNE BARIRA NKURUNZIZA AREKE KWITOZA NYABUNE TWIRONKERE AMAHORO NTUTINYEKUVUGA UKURI NA KOFI ANANI YARAVUZE UKURI KO PETER ATA KITWA UMURONGOZI YEMEWE NAMATEGEKO WEHO GUT? IVYOBIGANIRO BITAGIRA AKAMARO NIBABIREKE NYABUNE
22 Ruheshi 2015, 18:04, par Chretien
Mutama ban ki moon tubora uvuge kuko muburundi harintumva nyinshi.ariko agasozi kintahanugwa kahiye abagabo babona
22 Ruheshi 2015, 18:41, par Scharzenegger
Jewe ndajurikiranye abagezi duhurira kwaruno ruhome rwikikinyamajuru nsanga harimwo abatanga ivyiyumviro batarimwi kwibaza Ko igihugu niyocobagikenye hariho icobibabinganije 100% mubindibihugu, Umvandababwire ningorane kandinibidashoboka Ko uwariwewese azaguhinyuza abashinzwe kwubahiriza ibwirizwashingiro ryigihugu icaricocose. Rekandabagereranirize uwohinyuza urwirwego ukoyogereranwa: Yogereranwa nkukwo nku Bubiligi bwovugako bwiyemeje kwongera gukoroneza uburundi. Mwebwerero muriko muricabantu mwonona nivyanyu mwibazako amakungu ashobora kurwamwuwo mutego shaka muteshwemute kukomuzorindamumara abanyu atagihangangenakimwe cemeye kurwa mwiyomitegoyanyu. Ntihabura abazomara ababo ngobariko baramara abana barukwavu/ ngobariko barahinuriza amakungu gukuraho Nkurunziza.
22 Ruheshi 2015, 19:37, par NDAGIE PIERRE
NONE UBWO NTIMWORONDERA UMUTI INGANDA ZITARATIKIRA? UWMWOROSHA BIKORWA ADAHENGAMA KUKO MWOBAZWA VYINSHI BANDANYA MUMUGONDO ZE NOKWONGERA KUBIBUTSAKO <UHANURWA KENSHI AKAGAMIKA IZOSI AZO VUNAGURWA ATAGIRA GITABARA>ICO NSABA CAMBERE AMARADIO YUGURURWE KUKO BAGIRA BABESHE AMAKUNGU BUGURURE AMARADIO YEGAMIYE IMIGAMBWE
22 Ruheshi 2015, 19:49, par uwizeye jay
Ni mumubarire munatobore areke guteza uwu mudugararo nigwirirana ry’inzara n’impunzi ntituvuze abirirwa bapfa kubwiwe kuko murazi ni benshi baje bamubwirako yoreka kwiba mugukoresha igikenye ngo yitoze irigira gatatu nkurunzinza ngira si umurundi mu gihe tugezemwo abantu turaciye ubwenge namba atari ugukunda inda yiwe ararabako hatarimwo no kuyikwegerz aha rero nyabuna nasabe imbabazi abarundi n’amakungu kuko abigira nkana aha rero twobwira ban-moon ko nabandi bamuhanuye amubaze gusa ko yagaye impanuro canke yagaye abamuhara negeze aha turarushe turarushe turarusje turarushe turararushe
22 Ruheshi 2015, 19:52, par uwizeye jay
Ni mumubarire munatobore areke guteza uwu mudugararo nigwirirana ry’inzara n’impunzi ntituvuze abirirwa bapfa kubwiwe kuko murazi ni benshi baje bamubwirako yoreka kwiba mugukoresha igikenye ngo yitoze irigira gatatu nkurunzinza ngira si umurundi mu gihe tugezemwo abantu turaciye ubwenge namba atari ugukunda inda yiwe ararabako hatarimwo no kuyikwegerz aha rero nyabuna nasabe imbabazi abarundi n’amakungu kuko abigira nkana aha rero twobwira ban-moon ko nabandi bamuhanuye amubaze gusa ko yagaye impanuro canke yagaye abamuhara negeze aha turarushe turarushe turarusje turarushe turararushe
22 Ruheshi 2015, 19:57, par uwizeye jay
Ni mumubarire munatobore areke guteza uwu mudugararo nigwirirana ry’inzara n’impunzi ntituvuze abirirwa bapfa kubwiwe kuko murazi ni benshi baje bamubwirako yoreka kwiba mugukoresha igikenye ngo yitoze irigira gatatu nkurunzinza ngira si umurundi mu gihe tugezemwo abantu turaciye ubwenge namba atari ugukunda inda yiwe ararabako hatarimwo no kuyikwegerz aha rero nyabuna nasabe imbabazi abarundi n’amakungu kuko abigira nkana aha rero twobwira ban-moon ko nabandi bamuhanuye amubaze gusa ko yagaye impanuro canke yagaye abamuhara negeze aha turarushe turarushe turarusje turarushe turararushe
22 Ruheshi 2015, 20:24, par Pascal
Arikinu kinangaje kubona ONU Idy intumwa mu Burundi,mugihe igihugu atantambara kirimwo ,1993igihugu carimuntambara nitwigeze tubona izontumwa, kandi ONU yarihari.abarundi benewaju niturabe ico ONU igabije mu Burundi.
22 Ruheshi 2015, 20:41, par FAB.
Ntako mutakora!aboshaka bokwumva.ahandi banyarucari turahaherera ataco tuzira!
22 Ruheshi 2015, 22:35, par Roger
Ban-ki-moon abivuga neza,ko dutegerezwa gutora inyishu bidaciye muntambara akaba arinayo nzira leta yafashe.Imburakimazi nizo ziguma zikokeza intambara.Abayitinya barahunze,ntawe batera ubwoba.Komera NYENICUBAHIRO mukuru w’igihugu,abahora bagutora nibo bazogutora.Ramba.
23 Ruheshi 2015, 11:54, par Sylvestre
Ahubwo Nosaba Onu Ko Yokwihaniza Nkurunziza Akareka Kwiyongera Ikiringo Ca Gatatu.
23 Ruheshi 2015, 12:16, par maitre
Nyakubahwa wakoz kuturungikira umuhuz ariko societe civil nintumv rindira nuwo bazomwanka bo wishakira intwaro mfata kibanza nazo twarazisezerey ahubwo batinya amator ntabanwanyi bafis petero nkurunziza tuzogutora komera
23 Ruheshi 2015, 12:35
Nubu,intumva ninyishi bankimuna ,mwumvise avuga,kuja,mwibarabara,guturirimiduga,guturira abantu,umva pasifike,nabarya,barikumwe, abanababo,nbagore bariburayi andi bafis,amaviza apasiporo babahenda ngogiruku mutere,intambara gumuke murimuburundi muzobibona tuzogumana baduteranya,bibere hanze hazobaba biberehanze muzicuca,werekagusa.
23 Ruheshi 2015, 12:53, par dodo
mwahanur nuk mubwir intunva!nibav ibuzimu baje ibuntu turonk amahoro!
10 Mukakaro 2015, 10:06, par CEDRICK HABONIMANA
ICO ABAKUNDA AFRICA BAVUGA NIVYO.ARIKO LERO NDABONA KO URUNGANWE RUZOKURIKIRA HANYUMA NTAWUZORURONGORA NGORUTORE UMUKURU ARONGORA KUKO BOSE BIKWEGERAKO BAZOBA ABADEMOCRATE.NDATINICO ABAKUNDA AFRICA BAVUGA NIVYO.ARIKO LERO NDABONA KO URUNGANWE RUZOKURIKIRA HANYUMA NTAWUZORURONGORA NGORUTORE UMUKURU ARONGORA KUKO BOSE BIKWEGERAKO BAZOBA ABADEMOCRATE.NDATINYA KAZOZA.