Ban Ki Moon arashima ingingo yafashwe n’umuhuza Benjamin Mkapa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 28 mai 2016 saa 10:46
Yasomwe : 73440
0 0

Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU amenyesha ko ashimishwa n’imibonano ya poritike yabaye hagati y’abarundi i Arusha muri Tanzaniya kuva ku magenekerezo ya 21 gushika 24 Rusama 2016.
Inyuma y’iyo mibonano yari ihagarikiwe n’uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzaniya Benjamin William Mkapa, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki Moon arashimishwa n’ingingo yafashwe n’umufasha yo kubandanya imibonano n’abatabashije kuba kumwe n’abandi i Arusha.
Ban Ki Moon (...)

Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU amenyesha ko ashimishwa n’imibonano ya poritike yabaye hagati y’abarundi i Arusha muri Tanzaniya kuva ku magenekerezo ya 21 gushika 24 Rusama 2016.

Inyuma y’iyo mibonano yari ihagarikiwe n’uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzaniya Benjamin William Mkapa, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki Moon arashimishwa n’ingingo yafashwe n’umufasha yo kubandanya imibonano n’abatabashije kuba kumwe n’abandi i Arusha.

Ban Ki Moon amenyesha ko umuti w’indyane za poritike zimaze umwaka uzobonekera mu biganiro bihuza bose, bishingiye ku kwubahiriza ibwirizwa nshingiro, hamwe n’amasezerano ya Arusha.

Ban Ki Moon asaba ONU ko yofasha ivyankenerwa bikenewe n’ibiro vy’umuhuza kugira ivyo biganiro bibandanye bigenda neza


Kumenyekanisha

1
Pierre 31-05-2016 à 09:14

Ndashimiy Reta Yoyo Yemey Kuganira Nabantu Bayigwanya Ndayishimiye Gwose

2
Vyandambiye 30-05-2016 à 16:57

Pita akananakuvakomusunike,intekomvamakungunyishi,natwemucemutuha,ibitaritwikorere,akazi,kukontasumva,ububash,sondamusene

3
Gongohi 30-05-2016 à 07:52

Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Ivyo Ngaho Nibintu Vyo Gushima !Nagra Bamutembagaje Nkurunziza.Ibiganiro Ntakirimwo Nugufa Inkoho Tukamwereka.

4
habarugira 29-05-2016 à 17:43

nivyiza cane natwe abarundi twarabishimye ariko banyarutse kugirango abarundi tureke kuguma twunva amajambo yiterabwoba kandi abicanyi baguma bica abandi bahagarare ok

5
N G 29-05-2016 à 15:04

Komeza Hagaruke Umutekano.

6
Damien 29-05-2016 à 13:17

Murahumba Amategeko Aratomoye Kandi Ntawarenze Ahubwo Nabashaka Ubutegetsi Babwimwe Nabenegihugu Baguma Bonona Ninaco Catumye Batitaba.

7
Niyuhire 29-05-2016 à 11:52

Natwebwe turakengurutse nkabarundi bakudiguhugu ibiganironibibandanye kanditurizeyekobizogendaneza

8
tari 29-05-2016 à 11:34

Ahubwo mkapa izondwi zibibiri yatanze ninyishi iyatanga imisi ibiri gusa yogusubira guhura kuko nkurunziza nakarwi kiwe bagiye kutumarako abacu atacamira ikindi ndashimiye banikimune kuriryojamba ubundi ibiganiro ntakindi bigomba gushingirako atari kumasezerano yarusha nibwirizwa shingiro ntakindi abarundi bagomba gukora uretse gusubira kwiyemeza ubutakigaruka gusonera ayo masezerano nogushinga ibihano ruhasha kubayarenzeko nabazohirahira bagasubira kuyarenga

9
MISAGO MISHERI 29-05-2016 à 09:47

GUSHIMA NIVYO MUZE HANURAMUGABO BENEWANYU BAREKE GUSHIGIKIRA INKOZI ZIBI MUBURUND WTARATOYE KANDI TUZOKWAWA TWITORERA ABASHAKAGUKEBEGWA BAWONDOKENBARE

10
NYABA 29-05-2016 à 09:47

MWEBWE ABAZUNGU GUSHIMA NUKUDASHIMA VYANYU NTAWE VYOTANGAZA IVYANYA TURABIZI MURI BA NTAMBA IYO BWEZE

11
NEY MAR 29-05-2016 à 08:42

IBINDIBIGANIRO BIZOBA RYARI

12
A Y S Papa 28-05-2016 à 22:51

Wavuga Neza Sh Gusa Nukobatumva Donc Au Bndi Cé Trè Grave Dire

13
Pierre 28-05-2016 à 20:59

ndashimiye reta yitavy ibiganiro naho bayitoteza kandi itwara neza

14
Pierre 28-05-2016 à 20:57

ndashimiye reta yitavy ibiganiro naho bayitoteza kandi itwara neza

15
kaze bligie 28-05-2016 à 18:27

Boganira nkabazi ko abanyagihugu baruhishijwe n’imyifato zabirondera inyungu zabo.Mbega uwashonje iyo ahaze ni ngombga kwibagira uwobasonzanye ?
Bibiliya itwereka abapfunganywe na Yosefu ,Bashitse i Bwami barihoreye,

Banyepolitike murazi ko igihe c’Imana cuzuye Umwenegihugu nyarucari azibukwa namwe mukebeba ? Nibareke gukinira urusimbi kubuzima bw’abantu.

16
man bernard 28-05-2016 à 18:27

mukapa nageragezez ariko abashaka kwigungrako muburundi baracari ba inshi ! aha mbona ibi biganira bisa n’uko abashakanye bakwahukana(divorce) maze bakabasubiza kwa priest ou paster kumisioni (arusha) hagafatwa icemezo co gusubizamwo indagano bagize igihe barushinga(signature de l’accord d’arusha).aha haca habazwa nimba igihe amasezerano yashirwako umukono hari uwaba yarasunitsw mugufata icemezo.bibaye uko uwoba yarenze kumasezerano,yoba asuzuguy abari muri ivyo biganiro ndetse naw nyene atiyibagiye abarundi bose dushizeko n’abanyamahanga.ntakuvga yose ariko ukuri ni kumwe.

17
MISAGO MISHERI 28-05-2016 à 17:04

URAGOHORA URASHIMA KUKO NOMUBURUNDI NAGACAMWO AMAHORO ARIHO KANDA KUBAHIRIZA IBWIRIZWA SHINGIRO NISAW UZOHORE USHIMA MUZE

18
MISAGOMISHERI 28-05-2016 à 16:45

URUMUGABO WOGUSHI

19
Oroha 28-05-2016 à 12:40

Ntawutobishima Twes Abarundi. Kiretse Abagomba Intambara.

20
guma 28-05-2016 à 12:30

Turashaka amahoro .Amahoro amahoro amahoro.....

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha