IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ban Ki-Moon asaba amatohoza kw’iraswa rya Petero Karaveri Mbonimpa

Ban Ki-Moon asaba amatohoza kw’iraswa rya Petero Karaveri Mbonimpa

mardi 4 Myandagaro 2015

Umunyabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki-Moon ariyamiriza iraswa rya Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe ryitaho agateka ka zina muntu nako abapfunzwe APRODH.

Mw’itangazo Ban Ki-Moon yasohoye inyuma y’amasaha make Petero Karaveri Mbonimpa ahejeje kurasirwa muri komine ya Kinama,yavuze ko amwipfurije gukira.

Ban Ki-Moon asaba ko ubutungane bwokora amatohoza kugira abakora ubwo bugizi bwa nabi bamenyekane,baje imbere y’ubutungane.Asaba abegwa n’ikibazo c’Uburundi gusubira mu biganiro mu ntumbero yo gutora inyishu ya politike.

Petero Karaveri Mbonimpa yarashwe ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 3 Myandagaro 2015,ahitwa ku Kanga muri Komine ya Kinama,ariko arataha.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Nibagezaho Kuk Bazohinyuka,karashiz’ingani Amaboko Yabo Yam’arayo Guses’amaraso?Nibateshwe Bate Ntajoro Ridaca Kandi Aha Turi Har’abandi.@

  • MUZEHE MWENYEWE YISIGARIJE IMYAKA MIKE YOKUBAHO.NTAZOKWIZA NKIMWE PETER YIVUGIRA KO WE AZOBAHO IJANA NA CUMI.WE AVUGANA NIMANA CANE YARAYIMUBWIYE.TUREKERE AGATAMA IMANA IKORESHA IBIKOMEYE.BABU YES’AGUKANDE.

  • BAN KI MOON NIWE ATURIYE KUKI ATOFATIR’INGINGO ABABATEGETSI B’UBURUNDI BANSIBIGANIRO!!! ARINDIYIKI ?? BARINDIYE KO HASESEKAMARASO ANGANIKI!! AYOMAJAMBO YIWE TURAYAHAZE RETA YUBURUNDI NAYO IRAMUSUZUGUYE CANE.

  • Ahuuuu mbega Adelphe ww niyar’umutu nkabandi izirakarengane nkurya y’a rimwe igisirikare c’uburundi kivarwa.ahubwo Mbonimpa bamuhushije ayapfa

  • ukuri kutagabanijwe nukonamakungu atabona canke ngoyumve igituma ivyovyose biba biva kuri 3manda kandi kubera ukwigunirika kuruhande rumwe hazopfa umwe nokurundi hapfe uwundi sebarundi nagiricavuga

  • ukuri kutagabanijwe nukonamakungu atabona canke ngoyumve igituma ivyovyose biba biva kuri 3manda kandi kubera ukwigunirika kuruhande rumwe hazopfa umwe nokurundi hapfe uwundi sebarundi nagiricavuga

  • Niyihangane imana isumba. Ingab

  • Niyihangane imana isumba. Ingab

  • Niyihangane imana isumba. Ingab

  • biragaragara ko onu hamwe nihugu bimw bimwe Ko bifise uruhara mubiriko biba mu burundi .bishobok gt ko B Kimun aca yihuta gusaba amatohoz kur pierre nkuk umeng abarund ntituzi ic atumariy ? kand uwund wewe mbona atasavy amatohoza? ibi bifise ic bisigura.

  • mbe un irabaho nyamba iharinikuki bene burundi bariko bicwa barorera ahubwo nibarabe hakirikare ico bofasha bene burundi bareke kuzirubusa

  • Nta kibabaje nkibiriko birabera mu Burundi

  • Sha abo bantu bamurashe j ndabna umeng nukwihora

  • Abicanyi bishe Adolphe baziko abarundibacabasimbiranirako bakihorana bakicana ariko ntivyabaye arikotwaranditse, bamazekubona tudasimbiraniyeko bacabasimbira kuruyu Mzeeh Pierre Mbonimpa bararasa ngoberekaneko arabihoreye kubwokubera iyicwa rya Adolphe kumbentibamenyako ukotwari ejohameze sikuyumusi bimeze arinacogituma atawojakwihorera kuruwo Mzeeh Mbonimpa, nashakakubabwirako mugabo dukomezakwandika amakosha abarundi dukomeje kugirirwa igihwcokwihora ntituzobikorera mugihugu cacu tuzobusohokamwo twihorerehanzeyabwo. Sinorangiza ntababwiye uwomurwi uriko urakomeza kwihinkumbi abarundi umazeguhitana muntumbero yokwifuzako abarundi bosimbiranirako, Barishe uwitwa Zedi Feruzi, barishe Gen. ADOLPHE, barashe Mzeeh Mbonimpa, barica abanyagihugu babateye zagrenades, barica abapolisi babasanze ahobarikukazi kabokamisiyose nabasirikare. Ivyovyose babikora bafise intumbero itarimwe nkokugirabaryanishe abarundi, nokugira ngwabarundi bativyabo bahunge, murazokurikirana nkiyo hagize abarundibatangura guhunguka bava iyobahungiye uzosanga hariho abantubatanguranywa kuvugako atabahunguka mwenabo nabo barimubaha uburyo abakomeza guhunvabanya umutekano wabarundi bakibagirako icudashaka kocokubako ntukacifurize uyundi, akokazimushaka aruko muteje ingorane abarundi ejonivyabashikira muzokwumva ububabare canke muzokwumva ukobibabaza. Turandika ishake izobenimyaka mirongo nimpaka ayamarira muteje abarundi azoherera kuwayabateye.

  • Ndabacire uyu mugani? uwicisha inkota azokwicwa ninkota nyene nivyo mwaraye mwiboneye.kwisi ntawukomeye ikintu cose numwanya waco.

  • Ko mudasba amatohza kubish gen adolfe?haranira agatka kazina muntu kuri bose ataguhngama.

  • mbega. amakungu azovuga gushika rari mbega kugira bafatire ibihano abategetssi batuma ubwicanyi buba habanza gupfa .avanti banana gute

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.