Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Bane bafatiwe ibihano na UE bamenyekanye
Yanditswe taliki ya 2-10-2015 - isaha 09:47' na Van Naris Mugisha

Amazina y’abantu bane bafatiwe ibihano n’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya yamaze kumenyekana.

Uwa mbere aza kuri urwo rutonde ni Godefroid Bizimana umukuru w’igipolisi c’Uburundi.

Uwa kabiri ni Gervais Ndirakobuca batazira Ndakugarika umunyamabanga mwishikira mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe igipolisi,akaba yafatiwe ibihano inyuma yo gukoresha inguvu zirenze mu kubuza abari mu myiyerekano muri quartier ya Nyakabiga na Musaga ku magenekerezo ya 26,27 na 28 Ndamukiza 2015.

Uwa gatatu ni Mathias-Joseph Niyonzima batazira Kazungu akaba ari umukozi w’urwego rw’igendereza mu Burundi.

Uwa nyuma ni Gen Leonard Ngendakumana ari mu bashatse gutembagaza ubutegetsi kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015 ; Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya rimwagiriza kuba inyuma y’ibitero vy’amagrenade bikorwa u gisagara ca Bujumbura.

Abo bafatiwe ibihano bakaba badashobora kuja ku mugabane w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya kandi n’amatungo yabo ari ku mugabane wa Buraya agaca afatwa.

Ivyiyumviro vyanyu

Abo Bamenja Kuva Aho Baturondereye Ntasoni ?Nyagoma Siyar Pagaras Siyari Minani Niyombare Nabandi Beshi Nibareke Twarariwe Ntibarimwo Mubakoze Kudeta Ntaco Imana Irabona

20.12.2015 à 08:54
Emma

Abo Bamenja Kuva Aho Baturondereye Ntasoni ?Nyagoma Siyar Pagaras Siyari Minani Niyombare Nabandi Beshi Nibareke Twarariwe

20.12.2015 à 08:51
Emma

NdaÄ·ugarika araba nk umwicanyi izina niryo muntu

8.10.2015 à 11:35
gedeon

ego da mwese murihenda. mutagarutse ku mana ngo abarundi twese duce bugufi twisonzeshe turire Imana kuko ari ishoboye vyose. nta muzungu, ntamunyamerika , umushinwa eko mbese uwariwe wese ashobora kugira ico akoze kuburundi. abarongoye amashengero yose ru Kristu ni babwirize abayoboke bababo gusengera n’ukwibabariza i gihugu cacu. kumwe a israeli bahora bagira mu bwuzure bwa kera

7.10.2015 à 14:47
X

Mbega ntawurabona umwana atarashikana imyaka ibiri nakarorero ntoye iyo uriko umukinisha ugomba kumwereka ko umukubise tuvuge ingene bigenda ? Aba ateruwe na nyina nawe akagukubita urushi ntubabara kuko atanguvu aba afise mugabo iyaba azifise wobabara. Ukaja ubona aryamitse umutwe kuri nyina wiwe. Rero n’uko uwomwana bazinanye na nyina muri vyinshi caaaaaane. Nimureke rero UE abo bagize abana babo naho mwovuga mugasarara ntaco bazohindura kuko nakoya ka mugabo. Ariko rero kimwe nashimye nuko harabo beretse naho batabona kandi harabo babwiye naho batumva. Imana isumba ingabo.

6.10.2015 à 09:51
uwimana

L’étau se resserre autour de l’oligarchie de Bujumbura. En réaction àla déclaration incendiaire du CNDD-FDD
qui tire sur la communauté internationale, le ministre Burundais des travaux Publics accompagné par le
directeur général des routes viennent d’être refoulés àAddis Abeba. Les deux représentants de la dictature
sanguinaire de Nkurunziza avaient pourtant un visa pour effectuer une mission de travail aux Etats Unis
d’Amérique. Mais ce dernier aurait ordonné que ce visa soit annulé ; et les deux hommes ne pouvaient plus
embarquer vers les Etats Unis. L’autorité de l’aéroport d’Addis Abeba a signifié aux intéressés que leurs visas
venaient d’être annulés.
Autour du despote Nkurunziza la nouvelle a fait l’effet d’une bombe. Ce coup de massue inattendu a refroidi
l’arrogance suicidaire contenue dans la déclaration du 3 octobre. Aujourd’hui la galaxie de Nkurunziza réalise
qu’elle devient de plus en plus isolé. La guerre ethnique contre les tutsi annoncée par Pascal Nyabenda
risque de compromettre plutôt le camp de Nkurunziza. Ce virus ethnique que Nkurunziza et les siens
distillaient sous le manteau a été rendu public cette fois-ci àtravers cette déclaration de trop du 3 octobre.
Cette révélation coà»tera très cher àla clique de Nkurunziza. Un grand merci àNyabenda Pascal et àGélase
Ndabirabe pour avoir mis au grand jour ce plan macabre. Préparez-vous àassumer les conséquences !

6.10.2015 à 07:59
fidelite

VYOSE NINDA NANJENDABISHIMWEKUKO IYOVYANSE MUMIGERE BASHIRAMUNGUMU.INGORANEZIHARINUKOHORWABANYAGIHUGU AHANDIHO TWOKORESHEJE INGUVU NONEBACUMUGANI BATI : "UWAMBUWENUWIWENTATINGA"ABATEGETSIBUBURUNDIBAKUNDINDA

5.10.2015 à 23:58
Innocent

Ndashimamiye UE kugikorwa bakoze.kuko kare bakoresha ururimi gusa.kuba batanguye guhana nivyiza nubwo hagisigaye abandi bicanyi batarafatira ibihano harimwo nuwishize kubutegetsi kunguvu.vyose turizeye karintango nabo bandi bicanyi mugiye kubavugutira umuti.

5.10.2015 à 17:00
BAGAYUWITUNZE celestin

Ko Umenyo Hafatiwe Ibihano Bake Knd Abavurw Ari Benshi ? Mwomeny Abari Hanze Bazohamagazwa ?

5.10.2015 à 15:16
Mathias

regis

5.10.2015 à 14:55
######

Nimubagirer Imbabaz.

4.10.2015 à 02:47
Fefe juju

Ewe yewe abarundi twararushe ubuko bashaka kudusubiza muntambara abo batware bane ntamakosa bafise ivyiburundi tuhe imana ariko abarundi turabona ico uburayi bushaka ninryane gusa ariko bararengana

3.10.2015 à 20:08
RAST KIRUNDO

Reka amahera asubire iyo yavuye ko yari yagenewe umunyagihugu wumurundi bakayabika mubigega vyabandi !!

3.10.2015 à 19:57
Nidufasha Rene

ue ibona kwabo aribo bakoz nab gusuvya abandi abagonvye gutembagaza ubutegets barih ko batabavuze

3.10.2015 à 19:41
josias messi

Eeeeh. Harihageze. Mbe. Mwarimwarindiyiki. Ahubwo. Nabandi. Nimubakoreko. Amatohoza. Sabogusa.

3.10.2015 à 17:10
kibwa

Abobose nabahutu !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!camwibaza namwe ikibazo

3.10.2015 à 16:53
william

Ahubwo ugo rupoŕis rusa nuruphu akora uko asa Imana yo mwijuru imubabarire

3.10.2015 à 14:23
Îhañe

babafate hariho nabandi hagufata infashanyo zacu.barih ivyobononye

3.10.2015 à 12:06
jean marie

Uburaya bwanyu Mbega abo ba soda baza kuburonderamwo iki. Ariko muri ibijuju. Abasoda ni kuri terra in gusa !

3.10.2015 à 11:51
kabizi

None gabasha konzi ko bamwe murabo uburaya bamwumva kubimenyeshamakuru,abandi bakaba bagarukira kukibuga c’indege ca bujumbura bagaca basubira inyuma kuboha abantu ivyo nivyo bihano ?ahubwo havuyemwo Gen Leonard abasigaye iyo babaha imitahe ibahamagarira gufungirwa irahe nayo ivyo sivyo bihano bobafatira gusa Gen Leon bamurenganije kuko ivyo namba yarabikoze ntabwo kwari ugushaka yashaka akure umwansi kumazosi y’abarundi.

3.10.2015 à 08:26
Scott
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.