IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bernard Busokoza yahunze igihugu

Bernard Busokoza yahunze igihugu

jeudi 25 Ruheshi 2015

Uwahoze ari icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu, umushingamateka Bernard Busokoza yahunze igihugu, akaba yaciye ku rubibe igihugu c’Uburundi gihana n’Urwanda.

Amakuru yo kwizerwa dukura aho ku rubibe rw’Uburundi n’Urwanda, amenyesha ko Bernard Busokoza atoroherejwe n’abajejwe umutekano ku rubibe, mbere bikaba vyabonetse ko yagomba gufatwa, ageze aho ku rubibe rwo mu Gasenyi.

Uwurongoye ikirindiro aho mu Gasenyi, yoba yaragerageje kugumiza ngaho umwanya munini Bernard Busokoza, asa n’uwuriko aragenzura impapuro z’inzira, ariko intumbero nyamukuru yari iyo gutuma arindira ko umushikirizamanza wa republika mu ntara ya Kirundo ashika kugira asohore umutahe wo kumufata.

Umushingamateka Bernard Busokoza, yahavuye asiga urupapuro rwiwe rw’inzira aho mu Gasenyi, abona kwinjira mu gihugu c’Urwanda. Uwo mushingamateka akaba asanzwe akomoka mu mugambwe UPRONA, ishami rirongowe n’umushingamateka Karori Nditije


IGIHE

Messages

  • Niyigire Kuko Nabandi Barinyuma Kandi Ntamutekano Uriho Kiretse Farawo Arekuye Mandayagatatu

  • Emw nihatar wokwiyumvira neza inyum yivyo wosanga harimwo nivyubwoko nn nukuberiki bahungira murwanda?usanga nakagam abifisemwo uruhara

  • Bamuhinyuye, hasigaye nde? Umugore wiwe na mama wiwe kuko nihamwe ari umuryango wiwe nayo ikintu nkico cikinywamaraso ntawocihanganira

  • Mbega ibijuju bizanamwo ubwoko muri ibi bintu!!!Gervais na Ntavyohanyuma bafis ubwoko ubuhe?uzi abahutu bamaze kuyanyaga uko bangana? Ukuri ntikugira ubwoko kuguma ari UKURI. none abo bose ni za quartiers 4,urasoma neza rirya kete rya Gervais Rufyikiri niho mwotahura neza ingorane Peter ateje igihugu n’akarere kose

  • OHOO!!!! BARAGIYE BOSE NKURUNZIZA BAMUHINYUYE NONE KOHAGENDIMCABWENGE GUSA? MAMAWE!!! JENDABONA IMBERE SIHEZA ABOBA DD BAZOGENDA BADUSIZE HABI NIMWIGIRE BATAMA ABABICANYI BASIGARE BARAJUJUTA BONYENE ARIKO JENDABONA UMUTI WABO URIKURABONEKA NABANYAMITWE BURYA BARIKO BARARONDEOHOO!!!! BARAGIYE BOSE NKURUNZIZA BAMUHINYUYE NONE KOHAGENDIMCABWENGE GUSA? MAMAWE!!! JENDABONA IMBERE SIHEZA ABOBA DD BAZOGENDA BADUSIZE HABI NIMWIGIRE BATAMA ABABICANYI BASIGARE BARAJUJUTA BONYENE ARIKO JENDABONA UMUTI WABO URIKURABONEKA NABANYAMITWE BURYA BARIKO BARARONDERINZIRA

  • Abandibobarihugiye. Nayotwehoturagowe.Tabara.Mana

  • None aba opposants ba Nkurunziza badahungiye mu Rwanda bahungira he ? Bahungire muli Tanzania cyangwa muli Congo se ?

  • Kimwe gusa Bernard busokoza ntiyarakwiye guhunga igihugu yarikureka agasanga aho basize nyenicubahiro Ndadaye barikwegeye iyo bamureka we ntiyarikubirukako nkabo none nahunge ariko yumve ko iyo aringaruka yivyo bakoze kandi nabonyene bariko babikora bazoshikirwa nabone bicuze kuko ibihe biha ibindi mumyaka yaza90 ntiwaruzi ko busokoza yotemaguje en tant que militaire iconyereka bikomagu nawe mbe we arihe bamwirukeko nawe ntibamureke ngo nuko yabaye pastor.

  • Umuntu Wese Ararekuriw Guhunga,bamufatira Ik?Ub Ahunz Niho Hagzko Agira Icaha?Ni Baduh Amahoro Nayahandiho Twese Tuzohunga.

  • emwe uburundi burageza habi petero nkurunziza yemere abo bikorana bahunge bose igihugu rekura mandat yagatatu ushaka amahoro naho ubundi igihugu kirarwa mu manga

  • TWESE TWOHUNZE NUKO TUTABISHOBOYE.ARIKO ABO BA PAF BAMUSHAKO IKI .BANANIWE NO GUSHIRA KO IKIDODO NTA KINDI BAJEJWE .IZO MBUNUZA.N ABANDI BABAREKE SHA KUKO BAZI INGENE HAMEZE.

  • @Kelly, nta bwoko burimwo. Umuntu ahungira ahari umutekano

  • Bucumi We nimba hari ibinywamaraso uri mubambere icompa ukihanura uwomugera wamacakubiri wakunyoshe ukaguheramwo.nimba arukwo yarikujana n’abishe musenyeri Ruhuna, abishe impunzi z’ibugendana abishe abanyeshure b’ibuta..........Mutama Busokoza niwigire mu Rwanda rufise abarongozi bitayeho ineza yabo batwara

  • Ivyo bihutu nibirindire nubundi tuzobimesa, iyo mihimbiri yimizeze ibozinyo

  • Busokoza nagira yahunze kera ahubwo yari yatevye

  • Mubona Yahunze Iki?Canke Yagiye Gutegura Akajagari Amatora Ntazosiba Bakinda Bubamye Nikuwambere.

  • YARARINDIRIY IKI? YARAZI NGO COUP D’ETAT IZOMUGARUKANA KUBUTEGETSI. IYO MBWA!

  • naho aruburenganzira bwamuntu guserura iciyumviro,guhunga birarekuwe ntakosa ririmwo,ntaho bihuriy nayomajambo yogutukana,mushikirij,burya umuntu anezerwa mugenziwe ukwari kwose arimukaga akarikokose uwo niyisuzume iyompwemu niyibikoko siyabantu

  • Abahunga si abatitsi gusa, mbe rufyikiri nawe numututsi? Ko yahunze igihugu. Igihugu kiri mungorane kandi taba umuhutu canke umututsi ntamutekano bafise kubera inyungu z’ umuntu umwe gusa adashaka inyungu n’ iterambere z’ igihugu n’ abanyagihugu.

  • NABANDI BARINYUMA HASIGAY NYINA NA BANYINABO NA BANA BIWE NABO BAZOCHIKIRWA IYI BAYITA ISI

  • imana isumba ingabo amasengesho yabera arkomeye uwuzohara intwari azohasigara

  • Turasavye Rwasa na Nditije bave i Burundi vyihuta. Dernier appel.

  • Rutumo !imbwa ni So uragatwikurura Nyoko ! aho utagira indero naho mwoba mudahuje utegerezwa kubaha uwo mutangana ! aragusumba kkn’imva yiwe izogusumba ugihagaze ! ww rutumo nta nakazi yo guha ko kumwoza ibirenge eka mbere no koza imbwa yiwe ntako wopfa uronse iwe kandi wakifuza ! kk AZOKWAMA AGUSUMBA ninrya zirya imbwa yiwe naho wozifuza ntazo boguha kandi uri intozo nk’imbwa yiwe kubera iragusumba kk naho irara ww ntaho ufise ! Aho mwamenyere amajambo y’ishamba nimumenye ko muba mu BANTU !

  • Imana niyo mucamanZA KUKO NTAWUNDI YOMENYA IMITIMA ŸABANTU.

  • nyamitwe azajye muli tanzania mu rwanda ntamwanya wiwe uhali

  • aaaya yaaa icegera cambere nawenyene yahunze! none kobavuga ngo umutekano niwose barahunga iki? ntawuhishe umwotsi inzu iriko irasha,nagomba gusaba abanyapolitike uwo mukino wamaraso bawuhagarike biyumvire kuri kazoza kigihugu cacu.

  • NTIHAGIRE.ABAMUTWENGANGO.YAHUNZE.NABANDI.BARINYUMA

  • Mbe Yamufata Yarabaye Nyina? Arabura Aho Yasama

  • Nkurunziza si ndadaye mwagiriye ivyo mwishakira sha!

  • yahunga ashakakugerakuki mwabuzekumugumizaho nimufate ingingo yabobahungantibazogaruke

  • nimuvuge make kuko nkumbaya ntadini aÄ£ira nabahutu barahunze kandi bazuhunga

  • nimuvuge make kuko nkumbaya ntadini aÄ£ira nabahutu barahunze kandi bazuhunga

  • naho ahunga aribesha amaraso ya NDADAYE azomuhumira

  • bahunze CVR nibahunge nabo bumve uko bibabaza nimba mwibaza ngo nindandaye cira birarura

  • bahunze CVR nibahunge nabo bumve uko bibabaza nimba mwibaza ngo nindandaye cira birarura

  • JEWE NIYUNVIRA KO IMANA ARIYO IKWIYE KUJA HEJURU Y’IBINDI VYIYUNVIRO.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.