Bimwe mu bidandazwa biva muri Tanzaniya ntivyinjira mu Burundi

Yanditswe na IGIHE
Kuya 21 juillet 2016 saa 09:09
Yasomwe : 79578
0 0

Indwi irakwiye ibidandazwa bigizwe n’ibiribwa vyohora biva mu gihugu ca Tanzaniya bitinjira mu Burundi. Imiduga itwara ivyo bidandazwa ikaba izibirwa ku mupaka Uburundi buhana na Tanzaniya, ku ruhande rwa Makamba.
Ivyo biribwa bigizwe n’ibihagarage, imiceri, ubufu bw’imyumbati hamwe n’ibigori, amavuta n’ibindi. Abahora badandaza ivyo biribwa bamenyesha ko ari agahombo kuribo, bakavuga kandi ko n’igihugu kigiye kuhahombera kuko umwimbu wo mu Burundi wonyene udakwiye.
Umwe mu bunguruza imiduga (...)

Indwi irakwiye ibidandazwa bigizwe n’ibiribwa vyohora biva mu gihugu ca Tanzaniya bitinjira mu Burundi. Imiduga itwara ivyo bidandazwa ikaba izibirwa ku mupaka Uburundi buhana na Tanzaniya, ku ruhande rwa Makamba.

Ivyo biribwa bigizwe n’ibihagarage, imiceri, ubufu bw’imyumbati hamwe n’ibigori, amavuta n’ibindi. Abahora badandaza ivyo biribwa bamenyesha ko ari agahombo kuribo, bakavuga kandi ko n’igihugu kigiye kuhahombera kuko umwimbu wo mu Burundi wonyene udakwiye.

Umwe mu bunguruza imiduga itwara ivyo biribwa avuga ko babwiwe ko igihugu ca Tanzaniya cafashe ingingo y’ukutemera ko umwimbu w’ico gihugu usubira kudandazwa hanze, kandi n’abanyagihugu ba Tanzaniya baba bakeneye kwisahiriza, hamwe n’ukugira ububiko bukwiye.


Kumenyekanisha

1
Nibizi Silas 27-07-2016 à 11:58

Iyongingo turashima Reta yafashe kuko ituma ibiciro vyifungurwa bigabanuka .

2
kabonge 25-07-2016 à 07:37

Atagikozwe abarundi turashira nkabimbeba kara abarundi baroswa imfashanyo zigasahiriza umwimbu wabo none haragezeyaho aritwe dusabwa gutanga imfashanyo kandi inzara iturembeje umukuruwigihugu aragicunganeza

3
Stne 24-07-2016 à 23:02

Barund Barundkazi Abasenga Ndabasavye Mwereke Imana Amagorwa Dufise Tureke Gutana Ko Imyikomo Imana Yaremye Uburundi Irabubona. None Ugra Ng Mu Burundi Niho Hari Ababi ?..Beza Nta Bariyo Mbeg Mwibaza Ko Imana Izoheba Uburundi Yiremeye ?

4
vehicles 24-07-2016 à 17:28

Nuruhombo uburundi bufise kweli

5
Nyab .Jean 24-07-2016 à 09:52

Jewe Iconumva Uburundi Bwari Bukwiye Gufa Ingingo Nkiyo Ya Tanzaniya Kuko Ibidandazwa Vyishi Bishoka Mu Rwanda Kandi Nigihombo Kuburundi .

6
Iratubona 4556 24-07-2016 à 08:00

Ndaremeshejye Abarundi Na Uburundi ; Ntacyanditswe Kitaribushike ! Ariko Mwibuke Ko Inyoni Zitarima Ntizigire Na Ibigega Zimburiramwo , Ariko Zirabahotu ! Nidukure Amaboko Mumpuzu Tureke Kuzera Inze ; Nitwimbura Tubone Kujera Umwimbu Ntidusesagure . Imana Niyo Itubona , Mugihe Cyinzara Abanye Istaeli Bahawe Ibyokudya N’Imana

7
Noel christophe NDAGIJIMANA 23-07-2016 à 06:48

IMANA yaremye uburundi irabubona mw’izina rya Yezu.

8
BONABANDI 23-07-2016 à 06:35

Yaco Muba Mwitiranya Ibintu NiBindi None Mwebwe Ikintu Cose Muca Mugishir Muri Politique ? Irakwica Nyen Namba Udakora !

9
Cyrille Nibaruta. 22-07-2016 à 20:57

Nimureke Gupfana Umuntu Numwe. Kuko,nimuburundi Narunvise Aho Muntara zimwezimwe bagiye barabuza ivyimburwa vyosorwa.rero,kirya catumye mufata iyo ngingo ,natanzani nico itumye ibifata.gusa nabarundi batunje ubu nibeshi.mana fasuburundi ahandi turahonye nakigoyi.

10
Cyrille Nibaruta. 22-07-2016 à 20:55

Nimureke Gupfana Umuntu Numwe. Kuko,nimuburundi Narunvise Aho Muntara zimwezimwe bagiye barabuza ivyimburwa vyosorwa.rero,kirya catumye mufata iyo ngingo ,natanzani nico itumye ibifata.gusa nabarundi batunje ubu nibeshi.mana fasuburundi ahandi turahonye nakigoyi.

11
ahaa ?birakaze non tugiye kuba abande nimurekure nadukeya nayahandi haa turapfva tuzize ubusa ? 22-07-2016 à 19:39

joél nduwimana

12
NKURUNZIZA EMAUS 22-07-2016 à 16:55

Ahaaa ! IMANA yavuze kwihana baranka mbere nabo yatumye bahakwa kwicwa none inzara nayo bayirwanya gut ?bado intambara MANA urandinda !

13
VIYANE 22-07-2016 à 16:51

AHUBWOBIRATEYE,UBWOBARETANIRABE,ICOYOKORA AHANDIHO,ABANYAGIHUGU TUZOHABONERA,IBARA

14
jeanbatiste ntakuntu 22-07-2016 à 13:51

ahubwo rero namwe nimurabe ikibituma ;kuko murashobora gusanga mwishize umugozi mw"izosi nimba mubôna u burundi butikwiye raba habe imigenderanire myiza hagati yanyu na tanzaniya ,mbe hoho ivyo bituma abategetsi b’uburundi batitaba inama ibakenera ni ibiki ?

15
komesha 22-07-2016 à 09:05

Ha, ha, ha Iyo ni intango ya ambargo, Tanzania irashaka kubereka ko vyose bishoboka atagikozwe

16
NKUNDURWANDA 22-07-2016 à 07:45

Ivyo ntihagire uwo bitera ubwoba canke ngo mubifatanye na politike kuko ntibisa na gato ! Igihugu cose kirafise uburenganzira bwo gukingira umwimbu waco gushika ubaye umusesekara. Ntimutangure kuvuga ayamuhe ubona ko bamwe mu bataye akaranga k’abarundi n’abacancuro b’abanyarwanda ba KAGOME mutabura ivyo mugongomba ! Uburundi burahagaze kandi muzorinda mupfa mubusiga buhagaze ! Ikibabaje n’uko bamwe muzohambwa inyuma yabwo intwari nazo zigahambwa mu Burundi bwa nyaburunga !

17
Karabaye 22-07-2016 à 06:25

ayo ni amaraso y inzirakarengane mwamennye ariko arabahumira.
Afisa Mosi, ababikira 3 b abatamakazi, abana b urwaruka mwishe 5678, abanyarwanda benshi bazize ubusa, umutama Jacques Bihozagara, aba FNL mwiciye ubusa, Bikomagu mwishe avuye gusenga, etc.....ayo maraso ariko arabahumira

18
ngabo 21-07-2016 à 22:03

wowe witwa Damien ibyo uvuga birasekeje,kuko 1996 mwatabawe nuko ibicuruzwa byanyu byanyuraga i Rwanda,ubuse u Rwanda nirufunga muzabaho gute ?muzitabaza nde ?

19
Ferisye 21-07-2016 à 21:31

Uyomukuru Wamakosa Azoruhukadyari ,kugurisha Abarundi.?

20
Imbereniheza 21-07-2016 à 21:14

Mba Kumupaka Mabanda,Vyabaye Mardi Gusa Ubuturajabuka Tukabizana Gusa Ishiling Niryo Ryaduze,

1 | 2
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha