Bimwe mu vyo abakobwa banegura abahungu bakundanye

Yanditswe na Cherif Nkeshimana
Kuya 19 Nyakanga 2014 saa 01:05
283530
0 0

Nk’uko hari ivyo abahungu badakunda kubona ku bakobwa bakunda kandi bafise ko imigambi yo kwubakana, eka n’abakobwa barafise ivyo bagaya ku bahungu. Bimwe muvyo abakobwa bakanka kubona kubona ku bahungu mu bisoma aha munsi.
Hari abahungu bibazako abakobwa ari bo bafise amakosa gusa, eka n’abahungu barafise ivyo abakobwa babagaya.
1) Ikintu ca mbere umukobwa yanka cane ku muhungu bakundana, ni kwumva ko uwo muhungu amuvanga. Bisigura ko amwihisha ko canke akamubesha ko atawundi afise ariko (...)

Nk’uko hari ivyo abahungu badakunda kubona ku bakobwa bakunda kandi bafise ko imigambi yo kwubakana, eka n’abakobwa barafise ivyo bagaya ku bahungu. Bimwe muvyo abakobwa bakanka kubona kubona ku bahungu mu bisoma aha munsi.

Hari abahungu bibazako abakobwa ari bo bafise amakosa gusa, eka n’abahungu barafise ivyo abakobwa babagaya.

1) Ikintu ca mbere umukobwa yanka cane ku muhungu bakundana, ni kwumva ko uwo muhungu amuvanga. Bisigura ko amwihisha ko canke akamubesha ko atawundi afise ariko afise abandi bakobwa bagendana.

2) Bamwe mu bakobwa baranka umuhungu yiyemera ko afise amahera canke ava mu miryango utunze. Bobo bahitamwo umuhungu yobihora ariko bikaboneka mu vyo yoba amukorera canke mu vyo akora.

3) Umukobwa aranka umuhungu ata muha umwanya ngo amwere ko amukunda vy’ukuri. Iyo uwo mukobwa agiye ku muramutsa, umuhungu akaguma yitaba amatelefone y’abandi bantu baba abo bakorana akazi canke abagenzi biwe. Hari n’abahugu iyo umukobwa bakundanye agiye kumuramutsa aca ashaka kumwereka uko "computer canke telefone yiwe ikora aho kumuha umwanya bakavugana ivy’urukundo.

4) Abakobwa baranka cane umuhungu w’umwanda, usanga anukisha amashesheti, ibirato, afise ibintu mu menyo canke anuka ku rukoba canke usanga mu cumba ciwe gisa nabi.

5) Abakobwa baranka cane umuhungu adafise imigambi, umuhungu w’ikinebwe yerekana ko atagira inguvu, eka umuhungu asa n’uko ataco ashoboye.

6) Abakobwa baranka umuhungu adashobora kuyagisha abantu hama igihe baba bagiye kuramutsa incuti canke abagenzi ugasanga umuhungu aguma ahoze nk’aho umenga ntagira ijambo.
Dusubiye inyuma gato, umukobwa ashobora kubwira amakosa nk’ayo umuhungu akunda abariko amwereka ko amufiseko imigambi yo kwubakana muri kazoza


Kumenyekanisha

1
samuel 29-04-2018 à 06:52

nikuberiki abakobwa bava abahungu ngo ntawundi bafise kandi babafise ?bivakuki?

2
Niyonkuru Patrick 13-03-2018 à 21:17

Ivyo Nivyo Kweri

3
Irankunda Simeon 16-01-2018 à 14:31

Buriya Aho Ngaho Ntabwo Mubeshe Nivyo.Ndabashimiye Cyane

4
Irankunda 2-08-2017 à 10:45

Nbyo Kabisa!

5
Masubageti 21-07-2017 à 19:09

ndabashimiy Cane Kwiyinkur Muriko Muraduh Kurububuhing Ngurukan Bubeny Iconobasab Nakeney Ibintu Umuhung Yokor Kugir Umukobw Agum Amwemer

6
Tizzo Eric 16-07-2017 à 06:20

ndumva Arivyo Kwel None Umukobwa Yobikubonako Ntihagire Ico Agahunara Aba Gukunda?

7
Nayizeye David 11-07-2017 à 15:54

nosaba Abahungu Kugira Isuku Cane Cane Kurukob Kukanw Kumesura Awmashesheti Kand Kasaba Abahungu Kutishira Hejuru Bagenda Baravvgako Iwabo Batunze Ikind Il Faut Kumuntu Wumuhumg Yihagararako Akaba Umuntu Ashwashwanutse

8
Emmanuel. 10-06-2017 à 04:03
9
adrien2 6-06-2017 à 09:12

ndumiwe ntaco norenzako

10
Jon as 5-06-2017 à 10:55

ndmey gusa har abahung iyo barikumw nabakobwa bakundany bagiy nko kurab incuti z’umukobwa bakundany bac bashaka kwerekana ko ar imvuzi ivyo jew nkavyita ubujuju. vyiza wotuma unuma ukishura ivyo bakubajij, ukavuga ibikenew d’apres jon

11
joël 25-05-2017 à 05:42

kuki umukobwa utamuzany mukirori atamenya kumukunda umuhungu naw bataryamanye numukobwa ntabona kamukunda vyos nibi yachu!!!

12
Niyonzima simon 12-05-2017 à 20:11

None womenya gute ko umukobwa akubona ko ayo makosha.

13
George Ndayishimiye 3-05-2017 à 10:59

Je Ndafis Ikibaz Umukobw Umuvgishij Akavyank Kand Umukund Wobigenz Gt?

14
Mugisha Fabrice 11-03-2017 à 09:45

Ivyo Abahungu Banegura Abakobwa

15
Alexis 23-02-2017 à 15:31

None Iyo Umukobwa Adashaka Kukuvanga Mugabo Abamuhamagaye Akabitaba Wobigenza Gute Kugira Ntibamugutware?

16
Bimenyimana felicien 4-02-2017 à 20:02

Uwontabarakura Urazi mugiyekuramutse Ishuti Nabagenzi Na Chr wawe Ukuntubibabiryoshe!Guterinkuru !!! Nababifise Nibisubireko Juwanje Ndamuhakeya Arabizi. #Manariyo_Jeanne

17
Désiré NTUNWENIMANA LYCée MUTAMBU 25-01-2017 à 20:21

Ico nankira abakobwa n’uko badakunda umuhungu umwe.usanga baguma bayorora.ugasanga bameze nk’iweseyokunzira uwugomvye ariwe ajamwo.

18
Kaneza Yves Ntare 9-01-2017 à 09:33

AbaKobwa Baratandukanye,kuko Ufise Umukobwa Amezuko Aba Ari Mwiza Kuri Wewe.Kuko Uwudafise Ico Akubonako Kibi Harigihe Usanga Bagukundira Ico Ufise Cane.

19
Manirakiza Enock 3-01-2017 à 18:26

Nivyokwel Abakobwa Barafise Ishari Ubavanze

20
Bosco Nzobakenga 29-11-2016 à 05:41

#iciyunviro.Nivyukuri Abakobwa Barashaka Kumenya Imigambi Uwubakunze Afis,2 Nabakobwa Baravanga Abahungu,kandi Birababaza Gukunda Uwutagukunda!

1 | 2 | 3

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha