Accueil > Imibano > Urukundo > Bimwe muvyerekana ko umukobwa yakunze umuhungu
Bimwe muvyerekana ko umukobwa yakunze umuhungu
jeudi 2 Gitugutu 2014
Abantu birabagora kumenya ko umuntu kanaka agukunda, ariko iyo umukobwa yakunze umuhungu hariho ibintu bimwe bimwe umuhungu ashobora kubibonera ko. Ibi tugira tubabwire aha munsi vyogufasha kumenya ko umukobwa ari umugenzi asanzwe canke ko agukunda ariko agatinya kubikubwira.

1) Umukobwa iyo yakunze umuhungu amuvuga kenshi iyo ari kumwe n’abandi akagomba kubumvisha ko uwo muhungu adasanzwe ivyo abigira ariko agerageza kunyegeza ko amukunda.
2) Ashaka ko yogumana n’uwo muhungu, aho naho ararondera ikintu cose cotuma babonana. Hari abahitamwo kwigwaza kugira uwo muhungu aje kumusuhuza, canke iyo afise amahera agasohokana uwo muhungu.
3) Ntashaka kwumva canke kubona uwo muhungu amerewe nabi, amwiyegereza cane kandi akanashaka kumenya vyinshi bijanye n’ubuzima bwiwe. Ashobora kubaza amazina y’abo bavukana n’ay’abavyeyi canke izindi ncuti.
4) Ntashimishwa no kubona canke kwumva ko hari abandi bakobwa bazinanye canke afise uwo bakundana. Umuhungu avuze neza uwundi mukobwa wawundi biramushavuza, kenshi na kenshi haraho aca amuvuga nabi kugira agati gacurike amwikuremwo.
5) Ica nyuma cibonekeza cane, n’uko uwo mukobwa akunda kukuraba cane. Ari nko mw’ishuri, mw’isengero canke iyo muri mu bantu benshi aguma akuraba. Aragerageza akaja ahantu ashobora kuguma akubona.
6) Abarundi bati :" Amaso akunda ntabona neza". Umukobwa yakunze umuhungu ntiyigera abona ikosa na rimwe, abona ko atawundi muhungu mwiza abaho atari we. Naho hogira uwumuvuga nabi, abona ko ari ukumwanka.
Cherif Nkeshimana
Messages
2 Gitugutu 2014, 19:00, par Niyomugabo evriste
Abakobwa nabo numva baraba vyinshi bazohava baza baradutora inoma!
2 Gitugutu 2014, 20:44, par mugisha
ha murakoze kuko uwnje vyoes arabikotra ukomnyene.
2 Gitugutu 2014, 21:40, par HAKIZA
None nkiy’inkuru wataye umwanya wawe urimwo wandika,none nka twebwe aba Senyeri naba Padiri naba Furera hamwe naba Bikira yumva udufashije iki? Ego nyishura.....
2 Gitugutu 2014, 22:45, par mafashi
mbe gabakobwa we mumezuko
4 Gitugutu 2014, 10:39, par ejoniheza
iyo nkuru niyo be muduha inkuru nkizo ziramara
10 Munyonyo 2014, 17:32, par inyigisho
yes what you have written is good but is a half of story
19 Munyonyo 2014, 22:47, par Adolphe Rukundo
ibyoni byiza cyane
19 Nzero 2015, 01:54, par Tr
Asha jewe uwanje amasoni afise arasaraaaaaaa muga ntakundi nzorwana ukwo kazima ndi satisf nico ndondera ...gusa yama a phona kenshi ..nizere ko ankunda komeraa
18 Ndamukiza 2015, 19:45, par ALEXIS
Sije nohahera iyonkuru niyo pe.
23 Rusama 2015, 20:59, par NIRAGIRA VENUSTE
UMUKOBWA IYO UMWIYUMVAMWO WOMENYAGUTE? KO NAWE AKWIYUMVAMWO? WOKORA IKI? KUGIRAMUKUNDANE
9 Ruheshi 2015, 13:25, par claude
harinaho agutinya kukuvugisha
17 Mukakaro 2015, 09:49, par AUDACE
aaahaaa.asha nikweli kabisa
2 Myandagaro 2015, 14:49, par Nyamweru
Warakoz We Wavyiyumviye
2 Nyakanga 2015, 14:51, par BAHATI OSCAR
Hari n’uwugukunda akagutinya akubonye akinyegeza
20 Nyakanga 2015, 22:15, par wilson
ndamukunda ariko yabwiyeko adashaka kubinyereka nikuki?
28 Nyakanga 2015, 19:03, par Nzoyihaya Euraste
Abakbw Turabaz,ukwank Kwab Nikw Kwemer Umuhung Atabiz Yogir Ng Yansw Kand Ijisho Riguknd Uraribon.
28 Nyakanga 2015, 19:05, par Nzoyihaya Euraste
Abakbw Turabaz,ukwank Kwab Nikw Kwemer Umuhung Atabiz Yogir Ng Yansw Kand Ijisho Riguknd Uraribon.
10 Gitugutu 2015, 09:24, par Eliphaz Montesquieu Ntakirutimana
Jewe Ndi Umusore W’imyaka 20 Mfise Umukobwa Dukundanye Kenshi Akunda Kumbwira Ko Noza Kumuraba Kandi Kenshi Arakunda Kumbwira Ko Arwaye. Yama Anyandikira Message Imisi Yose Iyo Aryamye Ambwira Ko Ankeneye,Arakunda Kumbaza N’amazina Yabo Tuvukana. None Uyo Arankunda? Ivyo Vyonyene Vyonyemeza Ko Ankunda?
10 Munyonyo 2015, 08:50, par nstro
ndakunze umukobwa yi twa jeannette vyabaye vyiza ko ndabimubwira yaranyemereye turakundana munyuma tumaze gukundana ndaramubajije katawu ndi afise akunda yarampishije.munyuma ndagiye kunya kafise uwundi akanda ndaramubwiye duhebane aranka. mwompanura iki ?
2 Kigarama 2015, 21:42
Jew Ivy Bint Ntavyonumv Nez Kuk Mfis Umukobw Nasavy Urukund Ark Acambwir Kwafis Uwund Ark Nabandanij Ndamugish Bisanzw Nih Munyuma Yagwara Aca Ambwir Kwaremvy Konukury Bidakund Nanj Incangend Ndamushiriy Utuntu Twumugway Yoshobor Gufungur Ark Ntash Nihoyambwir Konaho Afis Uwund KoNanj Ankunz Cane Kand Birenze Ngokubon Ndamwitayeh Knd Ub Ansavy Ama Unite Ndayamuh Ambwir Kwatawund Yoyasab Kand Akeney Umugab Ameze Nkanj Ngonkahamw Noshak Kumutwar Hagez Ngontacobibuz Nn Konajew Ambwir Kwadukund Turibabir Mbigenzente Inyishu?
3 Kigarama 2015, 23:13, par Liévain NIRAGIRA
Ndiyumvira Ko Ivyo Bishoboka Mugihe Mubana Hafi Canke Mukunda Guhuri Hamw Kenshe(nko Kukazi Cank Ibindi Bikorwa Vyinshi Muhurirako)nkomugih Mudahura Cank Ngo Mubonan Kenshi Ariko Agukunda Naho Biboneka Gt?
19 Kigarama 2015, 12:53, par J.Claude Bayisabe
Nne Hoho Bigenda Gute Kugira Ubone Ko Umuhungu Akunda Umukobwa? Mbega Urukundo Rurahera? Mbega Kwimara Inambu Vyoba Bafise Akamaro
29 Nzero 2016, 21:04, par desire
non hagati yumuhungu numukobwa ni bande bafise urukundo?kubera iki?
31 Nzero 2016, 21:36, par Diomd
Ntimwigera Musambana
6 Ruhuhuma 2016, 20:20, par KWIZERA Jules
Ndagombambazekakareronyeziko Umuhunguyakunze Umukobwa Ataruhendo .’,ijorodyiza
20 Ruhuhuma 2016, 23:32, par Henry
Iyonivyo ndabishimye.
28 Ruhuhuma 2016, 11:24, par Kubwimana AleXIS
SIGIHE COSE BATAMA
28 Ruhuhuma 2016, 19:00, par Ndiho Vick Vianney
Jewe Uwo Dukundanye Yabonye Tuvuganye N’undi Ac’arashavura Sinarinzi K’ar’urukundo Rwishi. Naciye Ndamushwanira Tuca Turahebana. None Nokor’iki?
8 Ntwarante 2016, 21:49, par Ndayisenga Déo
Sha Noneho Urukundo Ni Hatari!!Ariko Ni Mukomeze Mutorondere,sawa Muhezairwe,
9 Ntwarante 2016, 20:04, par Eric
aciye Ashukwa Akaca Agomba Kumwenda Ubibona Gut?
18 Ntwarante 2016, 07:49, par zabulon batazira jos
nfite umukobwa mushikanj kuri ba papa mais misiyos ambwira kwankunda anyandikiy sms atanguza cherie,non mubona vyogenda gt?nshaka intererano
22 Ntwarante 2016, 21:14, par Igirimbabazi Lionnel
Nukuri Iyinkuru Ninziza Ariko Vyasaba Niburiburi Mutubwire Ukuntu Iyo Uwo Mukobwa Yagumije Akuraba Mbe Yahita Akakuramutsa Ukuntu Wobimufashamwo
25 Ntwarante 2016, 22:01, par AUDACE
NASHAKA KUMENYA ICO VYONONA
3 Ndamukiza 2016, 08:29, par Ndayisenga Theogene
Egomebiragaragarako,umukobwa,ashoborakuba,akwiyumvamwo.Arikokukogushokaabibwira,tmuhungu.Aca arangwanimenyetsorumaka,nkomukumuganirizankiyobahuriyemunziracanke aharihohose Ariko Abigemebe Baratinyakwiyeza Imana ngonibihe. Vyiterambere,hanyuma bagasigarabicuzango.Iyomenya!Reromwubahe Imana.
7 Ndamukiza 2016, 08:30, par Kairos
Jewe ariho kandi turayaga ariko naramusavye aranyima nobigenza gute kugira ampe?
9 Ndamukiza 2016, 16:08, par BRONZE
Jewe hari umugore wamwene wacu duhuye aguma anyihweza akaguma avuga yu hari umuntu ankunze none yoba ariwe ntashaka ikosa ryombako.aranku vyukuri?.
10 Ndamukiza 2016, 19:29, par Ezéchiel
Ivyo Bimenyetso Utabibonye Uwomukundanye Yoba Agukunda Wobimenyagute Ivyo Bimenyetso Utabibona Mudufashijiki
16 Ndamukiza 2016, 12:27, par Donatien
Birandenze pe! arik abakobwa baragoye ivyo vyose kugira ubibone vyokurash kuk barahish can ko bapfiriye umuhungu. ark nivyos kabs nko mwisenger akugenz ah wicar maz akazohobor yicar ah ashobor kukubona nez.
1er Rusama 2016, 17:41, par Nsengimana Eric
Bivakuki Kugira Umukobwa Basezerane Numuhungu Hanyuma Akamuhemukira ?
11 Rusama 2016, 19:35, par NYANDWI
jew mfita umukobwa dukundany kandi hahez igih kitari gito ariko jew vyarangoy sinabandanij kwiga kwishur naciy mpeba .kandi uwomukobwa tubandanya dutera inkuru kandi nyene ariga non umpanuy iki? iconyemezako ankunda vyukuri nikih? mbandanye ndamukunda??
22 Rusama 2016, 16:02, par Innocent Muyaga
Njenakunze Umukobwakandibikomeye Ariko Uwomukobwa Ambwirakwankunda Ariko Uburyo Ankundasindabibona Mumfashe Mumpe Ibimenyetsovyerekanakankundavyukuri,kandimfise Ubwobakashoborakuba Ampenda.
25 Rusama 2016, 22:11, par olivier
nanje ndafise umukobwa aguma andaba iyo turi mwishure ariko sinigera ndamuvugisha mungirinama
28 Rusama 2016, 21:47, par Nishimwe elican Raver-boy
mbega mugihagukund nawukagmubibon,ibisanzwe harinkwirikiz zishoborakub kuruwomukobw?
30 Rusama 2016, 14:34, par Eric
Jewe Ndi Eric,mfise Umukobwa Arankunda Ariko Akamvaga.Iyoturikumwe Aranyemeza Kwatawundi Akunda.Ariko Mbona Iyoturimukiyago Bamuhamagara,namubaza Ngo Ntabonzi Mumpanuye Iki?
7 Ruheshi 2016, 20:19, par Ntiharirizwa Claude
None Mugihe Ukunze Umukobwa Mudasangiye Idini Mwomuhanura Iki?
12 Ruheshi 2016, 06:50, par ANICET
Je MFIS UMUKOBWA AGUMAMBWIRANGO KOTUDASANGIY IDINI BIZONGENDAGUT AKAGUMAMBWIRA IBINTU VYIMIHARI ARIMWO NA NJE SINDIBUHEBE AHONDI. NIMUNGIRINAMA
19 Ruheshi 2016, 07:04, par Niyonkuru
mugihe umukobwa ukeney kubakana mugih umuhungu amukunda muga umukobwa ntabikunde biva kuki?
19 Ruheshi 2016, 13:52, par Fulgence
Aho Nisaw
25 Ruheshi 2016, 19:08, par Claude
Mbega Ukunda Umwigeme Nawe Ntagukunde Biva Kuki?
3 Mukakaro 2016, 07:46, par Cléophace
Je Nshaka Kumenya Iyo Umukobwa Mukundanye Mudasangiye Idini Vyo Genda Gte?
7 Mukakaro 2016, 12:23, par j.de Dieu
none umuhungu wew yakunz umukobwa mugabo akaba amutinya hoho vyogenda gut?
9 Mukakaro 2016, 05:52, par Ferdinand
Ah ntakubesha kurimwo
11 Mukakaro 2016, 20:24, par Ndayizeye Lévis
Ico Niyumvira Nuko Muvyo Nabajije Ataco Umukobwa Nkunda Angirira Mwivyo Kimwe Gusa Arakunda Kundaba Kensha Akanyandikira Kenshi.Ndamushavye Caresse Ntakunze Kwemera Ngodufise Umwanya Muninimbere Ndindire.Mwompanura Iki?Nobigenza Gute?Novyifatamwo Gute?
12 Mukakaro 2016, 12:16, par You-yan
Non Jew Konkunze Umukobwa Atigera Andaba Iyo Turikoturaganira Muga Akambizura
17 Mukakaro 2016, 22:50, par Dina
Nigiki Cokwereka Kumukobwa Agukunda?Mugihemurikumwe ?canke mutarikumwe Hafinahafi?
28 Mukakaro 2016, 15:44, par hakizimana
ndumuhungu ndabashimiyeee
31 Mukakaro 2016, 12:36, par Léonce NINDORERA
Jewe nkundanye numukobwa atiga arko jwe ndga .arankunda mumpanuye iki?
11 Myandagaro 2016, 12:56, par Ezéchiel
Je Uwo Nkunze Arihanye Muri Pentigoti Ashananje Nzekwihana Nokoriki
15 Myandagaro 2016, 20:13, par Brice
Kabisa Aho Ntakubesha Krimw,ark J Nkunzwe Numukobwa Anyitaho Birenze Iyoturikumw.Ark Akab Afsingorane Iyohahez Imis Mwish Ttabonana Nsang Yakunz aband Ark J Dusubye Kbonana Acaheba Abovyahorana Mbere Agacanyitanga Akansohokana Vyagutosha Kand Tmarany Igihe Knini.Ne Muwva Ndomutorere Uwuhe Mugamb?
28 Myandagaro 2016, 11:55, par HABIMANA JAPFET
GUKUNDANIVYIZA BIKONGERA BIKABABIBI
28 Myandagaro 2016, 11:57, par HABIMANA JAPFET
GUKUNDANIVYIZA BIKONGERA BIKABABIBI
6 Nyakanga 2016, 11:43, par manirampa Eric
fise umukobwa du kuda nye kugira nbone kankund nobi menya gut?ikibinyemeza niki?
6 Nyakanga 2016, 11:45, par manirampa Eric
fise umukobwa du kuda nye kugira nbone kankund nobi menya gut?ikibinyemeza niki?
6 Nyakanga 2016, 15:37, par IRAKOZE
IYONKURU;NINZIZACANE
21 Nyakanga 2016, 21:56, par nduwayezu.olavè
jewe.mfise.Ùmùko.Mba.Dùkùndana,à riko.Ariko.Iyo.Àmbonye.Aranyinyegeza.nenese.mbigèzent
2 Gitugutu 2016, 14:44, par Fifi Don Vava
Uvuzukuri Pe.
19 Gitugutu 2016, 20:15, par NIBITANGA ANACLET
NAGOMBA NDABABAZE IYO UMUHUNGU NAWE YAKUNZE OMUKOBWA AKABURA INGENE ABIMUBWIRA KANDI AMUBO MUGABO ARIMUBANTU BESHI YOBIGENZA GUT?
21 Gitugutu 2016, 12:10, par Kwizera
None nkiyo murikumwe naho, nibihe bimenyetso vyerekana ko umukobwa ugukuna?
25 Gitugutu 2016, 13:18, par Mwiza Eric
Umukobwa Akunda Umuhungu Wifat’ate?
4 Munyonyo 2016, 09:36, par Mélance Ngendakumana
Ivyo Bintu Nivyo Kandi Hariho Benshi Bigenda Ukwo.
3 Kigarama 2016, 21:48, par Ndagijimana
Ibintu Nivyo Turabashimira Kuko Tuhamenyera Vyishi Muhorukwo
5 Kigarama 2016, 06:02, par Best
Birashobk canke akaguma atweng iyo umuramukije
5 Kigarama 2016, 06:02, par Best
Birashobk canke akaguma atwengera iyo umuramukije
25 Kigarama 2016, 10:41, par Manirambona J.Claude
None Umukobwa Mwarigeze Gukundand Akagenda Ahandi Ariko Akakwizeza Ko Agukunda Ku Vyubu Woguma Ubiha Icizere?
25 Kigarama 2016, 10:42, par Manirambona J.Claude
None Umukobwa Mwarigeze Gukundand Akagenda Ahandi Ariko Akakwizeza Ko Agukunda Ku Vyubu Woguma Ubiha Icizere?
25 Kigarama 2016, 22:51, par MWARABU obadie
Jew nduhungu nkundany numukobwa aguma ansabako ndamugurira utuntu kandi aguma ambipa kesh arakunda kuza kundaba muhira non mumpanuy iki? yoba ankunda
7 Ruhuhuma 2017, 01:41, par juste
None Umukobwa Kwafite Inkufu Nyi
Nshiyamw’irind’ute
1er Ntwarante 2017, 07:11, par charles minani
ego nivyo kko nanje ndabibona kuwo nkunda
19 Ntwarante 2017, 11:04, par Ndikumana
Jew Gukunda Mbona Ari Uburyarya Kuko Kuko Abakobwa Nka Bose Bakunda Icumuntu Afise Ntabwo Bakunda Umuntu.Mwico Gihe Nkumusore Nafashe Umwanzuro Wokudakunda Kirets Maze Amashure Ndi Mukubaka Urwanje.Murakoze
3 Ndamukiza 2017, 13:30, par Ezechiel
Iyo umukobwa umukunze hama akaguma akubwira uwo bahora bakundanye ibiyago vyiwe none aba agukunda?
7 Ndamukiza 2017, 16:56, par Fabrice
None Ko Keshi Abahungu Twipfuje Umukobwa Dushobora Kumuraba Mpaka Aturavye Nawe Hari Gihe Ufite Umwanya Ucumuhamagara Ukamubwira Iciyumviro Cawe Umukobwa Nawe Koniho Nawe Yoba Akubonye Iryambere Akuravye Cane Nawe Ukaja Kuraba Aca Araba Hirya Kandi Atari Buguhamagare Akubwire Iciyumviro Ciwe None Uciye Ugenda Womenya Gut Ko Yagukunze
16 Ndamukiza 2017, 16:46, par Didier akimana
Ntavyombonye bishasha kuri jewe
24 Rusama 2017, 20:28, par Jean Claude
Noe Nkiyo Umukobwa Atakubwiy Ko Agukunda Waca Hafi Ye Akaguma Akuraba.Ariko Umwandikiy Ntagusubiz Aba Agukunda?
29 Rusama 2017, 21:24, par Bayubahe Alexis
Naje Ivyo Vyaranshiye Umukobwa Arankunda Aho Yaba Ari Hose Haba: Mw’ Isengero,kw’ishure,mu manama.Yagerageza Kwicara Aho Ambona.Ivyo rero muvuze Si Ikinyoma.
29 Rusama 2017, 21:26, par Bayubahe Alexis
Naje Ivyo Vyaranshikiye Umukobwa Arankunda Aho Yaba Ari Hose Haba: Mw’ Isengero,kw’ishure,mu manama.Yagerageza Kwicara Aho Ambona.Ivyo rero muvuze Si Ikinyoma.
29 Rusama 2017, 21:27, par Bayubahe Alexis
Naje Ivyo Vyaranshikiye Umukobwa Arankunda Aho Yaba Ari Hose Haba: Mw’ Isengero,kw’ishure,mu manama.Yagerageza Kwicara Aho Ambona.Ivyo rero muvuze Si Ikinyoma.
30 Mukakaro 2017, 15:03, par IDRISSA
iyo nkuru niyo kuko na jewe hariho umukobwa aguma ashaka kumbona ariko na jewe ngashaka kumubona none mwumva vyogenda gut?
13 Ruhuhuma 2018, 14:43, par Revanit Irakwizera
None Mugihe Atagukorera Ivyo Wobimwunvisha Gute Kugira Wewe Akwiyunvemwo?Hoho Wokora Iki Kugira Umukobwa Mukundanye Akwemerere Komuhuza Igitsina?
5 Rusama 2018, 10:48, par ENOCK IRATANZE
Iyo Nkauru Niy’ukuri Kuko Jewe Hari Abakobwa Iyo Turi Mwisengero Canke Mumanama Baguma Bandaba. None Iyo Mbona Ndabwa Nabashika 5 Canke 3 Nobigenza Gute Kandi Mfise Uwundi Nkunze?
17 Rusama 2018, 08:09, par Noé Ibonahose
Biranezera Kubona Nguma Mbona Udukuru Twohirya NoHino
2 Myandagaro 2018, 04:35, par Nduwimana salvator
Bt munfashe, jenshaka mumpanure noheba kwikinisha gute? Kondabikora kandi nubatse.nimunfashe kuko murugo wap.
2 Myandagaro 2018, 04:54, par nduwimana salvator
ndabasavye mumpe igisubizo. Noheba gute kwikinisha kuko ubu turyamanye numugore mpfakuyishiramwo nkaca ndangiza ubwonyene nkaca nsinzira umugore biramubabaza kandi najewe birambabaza kuko mbona ko nsuzuguritse imbere yumugore. Ngira inama rutarasambuka murakoze.
2 Myandagaro 2018, 09:37, par chanel
nukur ivy nivy.Nanj nakunze umukobwa mutocane ariko sindabimwerek non nobigenzagute? kugira dukundane,mumpe inyish.murakoze
10 Munyonyo 2018, 15:13, par NZomwitakuze albert
Andika hano Jew nkundany numukobw nukorik? kugir ankund cane nkuk ndabishak.