Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
BRARUDI yatanguje ikinyobwa gishasha : Amstel Royale
Yanditswe taliki ya 23-08-2016 - isaha 21:09' na IGIHE

Ishirahamwe rihingura ibinyobwa mu Burundi, BRARUDI, ryatanguje kuri uwu wa kabiri ikinyobwa gishasha, Amstel Royale.

Ico kinyobwa kingana na sentiritiro mirongo itanu mw’icupa rimwe (50 cl) gikozwe ijana kw’ijana muri "Malt" kikaba kandi kitagira isukari yongewemwo mu kugihingura.

Amstel Royale iri mw’icupa ry’icatsi kibisi, ikagurishwa amafaranga igihumbi n’amajana umunani y’amarundi kw’icupa rimwe (1800 Frs Bu par bouteille).

Urugero rw’umwambiro (degré d’alcool) ruri muri "Amstel Royale" rungana n’ibice bitanu kw’ijana (5%)

Ivyiyumviro vyanyu

Mwateye Imber ya marathon murereka Abarundi Iyo bazokura amphora yokuyigura ahandi ho name ntacio mwoba mukoze.

20.11.2016 à 19:05
Abel

Uburundi buracafise abana beza ndakendamama, ehe barya bakobwa. Peter ntavyo azi iyo abimenya yari kureka ingenzi zigatemberera uburundi, nabanyagwanda bakaronka umudendezo.

30.08.2016 à 08:46
Aferky

None kotutazibona kuma Depo twozirangurira hehe ?

28.08.2016 à 21:32
manariyo gerard

@Kanyoko gabanya ibitutsi erega ntawutabibona ko muri gusamba,jewe narababwiye ko kutubaha Kagame muzokwisamburirako nk’impene,none n’iki utabona ?u Burundi buri hanyuma ya Somalie mubukene

27.08.2016 à 11:38
FNL

@Kanyoko,izina ryawe rirakugaragaraza icyo uricyo,u Rwanda rwaza gushaka iki i Burundi,Choléra ??

27.08.2016 à 11:23
Kamanayo

Ndayishimiyeubwourakomeye Wewajijweniweufiseagakiza.

25.08.2016 à 20:02
Privat

Abanyaru niminero, kagame yaraziyuko uburundi ari Congo,sha uwutazi umurundi amurundwamwo

25.08.2016 à 19:04
Kanyoko

Jewe Ndabona Abantu Bakwiye Guheba Inzoga Tugakizwa Twese Mugira Ngo Inzoga Zizotuma Tuja Mwijuru ?

25.08.2016 à 12:25
WASSELY

@Ishema
"u Rwanda muradukeneye kurusha uko tubakeneye mwabakene mwe, ..."
Erega ubukene canke ubukungu birashobora kuba biri mu mitwe y’abantu gusa !
Mu mezi aheze nigeze kwumva abantu batuye hafi ya Kigali basangira amazi n’inka zabo mu ruzi ! Mugabo ntikibuza ko batwemeza ko Urwanda ari igihugu émergeant !

24.08.2016 à 15:29
Backary

Nagaira ndabasabe mumfashe kwitabira kano kavyino ;ndatera namw mwitabire’’nzokunywa wa nzoga n’abatakunywa mbona bahwera...

24.08.2016 à 13:38
MURUNDI

Ko mwafunze imipaka se ngo ntimukeneye guhahirana natwe muzayinywe mwenyine maze turebe ko hari icyo bibamarira mwa baswa mwe.

24.08.2016 à 12:17
Karimu

NCUT NKUNDA AHOMWORIZE IVYOBINTU BIGUMA BIZA NGONINZOGA NONE KUBERIKI BATOSHIRA AMA PIBLICITE YOKWIHANA ABANTU BAKIZWE NGOBIHANE MUKAGUMA MUTUZANIRA IBIDUKWEGERA KUTAZOBONA IJURU NIMUZE TWIHANE DUKIZWE DUHEBANE NICAHA IMANA ITARATURIMBURA NONE YEMWE BANTU MUNYUNVA NIMUZE DUKIZWE GOSE MBERE TWAMBARE NAMAGUNIRA MUKUYIRIRIRA ITWUNVE NONE RERO BANTU MUNYUNVA MUKISHINGA MUNWA IVYO BITURIRANIJE NAKAZIKANYU MUZOVUNAGUGWAGITURUMBUKA MUTAGIRA GITABARA SOMA ZABURI 50:16 UGEZE 28 HAMA WUNVE ICOHAVUGA HAMA MWESE NDABAVUNIYE AKAGOHE MUKIZWE MWIHANE IVYAHA NINZOGA ZITURIRANIJE KUKO NIMUTIHANA YESU NIYAZA AZOGOSORA INGANO ZIWE UMUGURUKA UTUMUGWE MB EHOHO MWEBWE MUZINWA MURIBUKA KURUPFU RUBAHO

NCUT NKUNDA NIMUREKE KUWZA MUNWA IBINTU VYOSE MUBONYE HARUMUSI MUZIPFUZA AGAKIZA NTIMUKARONKE NONE MWEBWE MUNWA INZOGA MUBISANZWE IFAFASHA IKI MUBUZIMA ATARUKUKONONERA UBUZIMA VYADIYABETE BIKADUGA NIZINDIRWARA AHO NTIMWOKIZWA KANDI MWIBUKE KOYESU YAVUZE KWAZOZA KURYA KWIGISUMA KIZAKWIBA NONE RERO NDABATUMIRIYE GUKIZWA MWEBWEMWESE MUBONA IYO MESSAGE MUKIZWE YESU ATARAZA URUPFU GOZA MBEHOHO MURIBUKA KURUPFU RUBAHO ? KOMWANKA GUKIZWA MUZOJE MWIJURU NDABAKOMEYE AKAGOHE MUHEBANE NIZONZOGA MUKIZWE HAKIRIKARE NAYAHANDIHO MUZOVYIPFUZA BITAGIKUNDA KOMWIHANA

24.08.2016 à 11:38
ndayishimiye

Surprise !ko iyi nzoga iri mutubare i Kigali kandi mwarafunze ubucuruzi ?mwabonye ko mwibeshye ?u Rwanda muradukeneye kurusha uko tubakeneye mwabakene mwe, hhaahh Abarundi muri umuti w’amenyo

24.08.2016 à 11:29
Ishema

MBE 1800FBU NI MUNTARA ZOSE ?AYO MAHERA NIMESHI.

24.08.2016 à 10:58
NZOVE

@Claude Dusabe
Wewe wipfuza inzoga iri mw’icupa rikwiye ikaba itarimwo alcool n’ugufata Kinju !
Nta kinyobwa ciza kiruta Kinju na bivyara vyayo !

24.08.2016 à 10:16
Manyinya

Iyo nzoga ni amazi ; 5% ya alcool ni ubusa.
Ngisoma ivyanditse nagira ngo irashikana na 8% !

24.08.2016 à 08:49
Manyinya

Abakizwa Mwoyifata Kuko Iborera Buhoro Buhoro !

24.08.2016 à 07:50
BRARUDI

murampisoko yumwimbu ndumurimyi ades imeir / cmbonankiracharles@yahoo.fr ter 25779928549

24.08.2016 à 06:07
mbonankira charles

jewendumurimyi muramisoko yumwimbu ndashobora kyronka 200tones kurisezo aderse site wb/ www.cps-burundi.org

24.08.2016 à 06:01
mbonankira charlescc
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.