Accueil > Imibano > Urukundo > Chine: Umugore yakase kabiri kose inzanyi y’umugabo wiwe
Chine: Umugore yakase kabiri kose inzanyi y’umugabo wiwe
vendredi 16 Nzero 2015
Hari ingo zifise urukundo ruteye amakenga, uyu mugore yumvise ko umugabo wiwe yasambanye n’uwundi mugore w’umubanyi wiwe, aca ahengera asinziriye amukata inzanyi incuro zibiri.

Amakuru ava mu kinyamakuru HNR co mu Bushinwa. Hari mu mpera z’umwaka w’i 2014 mu ntara ya Henan yo mu Bushinwa. Umugore wa M. Fan yumvise ko yaryamanye n’uwundi mugore afise imyaka 21 ishavu riraniga. Ni ko guhengera asinziriye agasoboka n’imbugita agakatira hagati inzanyi y’umugabo wiwe. Ababanyi bamutwaye kwa muganga aho bagerageza gusubizako igipande cakaswe.
M. Fan bugingo yariko atora mitende, wa mugore ntiyashizwe kuko yasobotse ari mw’ijoro M. Fan asinziriye asubira kandi akata ca gice basubizako. Kuri iyo ncuro ya kabiri, abaganga bibajije ko umugore wiwe yagiye atwaye igice co hejuru c’inzanyi y’umugabo wiwe kuko bashaka gusubizako ca gice nyene ariko barakibura.
Cherif Nkeshimana
Messages
10 Ndamukiza 2015, 11:39, par NIYONIZEYE FLORIDE
UWOWE NTIBIMWOROHEYE NUMWICANYI,NONE KO YAYIKASE AZOKWIRONGORA?AHUBWO NAWE NUMUSAMBANYIKAZI.
15 Ndamukiza 2015, 21:47, par MANIRADUKUNDA SAMUEL
sha niyihangane namba akiriho nizeko ata mugabo azosubira kurenga ibigo.
15 Ndamukiza 2015, 21:56, par MANIRADUKUNDA SAMUEL
NAMBA AZOCA YIRONGORA! NAWE UWORABA NEZA WOSANGA ARI UMUSAMBANYIKAZI.
21 Ndamukiza 2015, 19:01, par NDUWIMANA
IVYO BIBAHO KWELI KANDI NIKURABA NEZA WOSANGA NO MU BURUNDI BIRIHO
26 Ndamukiza 2015, 16:00, par NTIRANDEKURA JUSTIN
AHUBWO NIBAZ K UWO MUGORE ARI UMUSAZI GUK TURAZ UKUNT UMUGABO AZIMVY.NON WEW AZOC AJA H?AHUAW UWO MUGOR NIW AR UMUSAMBANYI.
12 Rusama 2015, 22:22, par bibonimana charles
ahubwo uwo mugore numurozi kwubahuka agaca itsina uwo bubakanye yakoze nabi
14 Rusama 2015, 06:32, par Gordien
Ahubw Kuvaho Hamber Uwo Mugore Ntiyiyumvamwo Umugbo Wiwe!Yari Yakenye Ahamuca.
15 Rusama 2015, 15:34, par NIYONGAB O2
Nibazako Uwo Mugor Atar Akomey .None Hoho Yumvis Ko Umugab Yarenz Ibig,umuti Ni Ukumuca Inzanyi?
2 Ruheshi 2015, 22:13, par Adrien SIBOMANA
Nukuri Kumucra Imvyarabibondo Yiwe Uwomugore Ntazi Akamaro Kimvyarabibondo Hariho Abayipfuza Bakayikena None nawe Ngonayikate
13 Ruheshi 2015, 21:08, par Akimana
uyo mugore numwicanyi wambere Imana imuharire kuko yakoze icaha gikomeye kandi yahombeje uburundi nahanwe vuba
3 Mukakaro 2015, 06:53, par Omar
Ishavu n’iribi ariko vyogaragaza ko yamukunda cane ku buryo atashaka ko hari uwundi bamusangira
10 Mukakaro 2015, 20:52, par BURUNDI JBOSCO
uwo mugore n,umwicanyi gukora ibintu nkivyo.
15 Mukakaro 2015, 01:32, par NDUWIMANA
YAKOZE NABI KUMUKATA IGIHIMBA C’IRONDOKA. NONE NIYO NYISHU YABONY IBEREYE?SINDAVYIBAZA, AHUBWO YARI KUMUHANURA, KUKO NAW YACIYE AHOMBA.
15 Mukakaro 2015, 01:33, par NDUWIMANA
YAKOZE NABI KUMUKATA IGIHIMBA C’IRONDOKA. NONE NIYO NYISHU YABONY IBEREYE?SINDAVYIBAZA, AHUBWO YARI KUMUHANURA, KUKO NAW YACIYE AHOMBA.
18 Mukakaro 2015, 20:17, par Nkurunziza
Yakoze Nkumugore Kuko Bohanankuko Ntawosubira Kurenga Ibigo
29 Mukakaro 2015, 21:53, par Nduwayo
Kugiratubahanetwnbirukanakukobaratumwape!Yeeeeee
31 Mukakaro 2015, 21:39, par Sinariho Joseph
Uwo mugore vraiment numu sans pitiée kubahuka ibintu nkivyo umugabo yarayicuraranze umugore nawe ayica umurya!Aho uwo mugore naterwe imvumba!!!
13 Gitugutu 2015, 20:30, par zenebe
UBUNDI ABAGORE NUKUBABAKURE NIBIKOKO BIKAZE VYAMBERE INTALE INZOKA INGWE YEMWE JENALABIBONYE INGENUMUGORE YICA GUTWENGERA HA! NI DENGEUR
13 Munyonyo 2015, 20:01, par CYLIAQUE
Iciyumviro Jewenoterera Nuko,hobanza,kuba Ibiganiro Hagati,yabegwa Nivyo,bibaza Hanyuma Mugafata Ingino Mwabanje KwicaraHamwe Mukaganira Ico,niciyumviro Canje Murukoze
15 Munyonyo 2015, 06:25, par xxx
uwo mugore ndumvako yari yarashishwe ninzanyi yumugabo wiwe atagomba kuyibona mumasoye
14 Ruhuhuma 2016, 10:10, par Pierre Shukurani
Uwo Mugore Ntarukundo Yari Amufitiye
14 Ruhuhuma 2016, 10:12, par Pierre Shukurani
Uwo Mugore Ntarukundo Yari Amufitiye
19 Ruhuhuma 2016, 11:17, par Niyongabo
Uwomugoreyarasazepe
4 Ntwarante 2016, 23:55, par nkunzimana ericke
EEEEEE MBEGABUGOME MAMAMAMA UZI UMUNTU UGUTWARA ICUMA ABA AKWISHENABI UBU UWOMUGABO YABAYINKONE KUBINTUNTAZONGERAKURABA SHA UWOMUGORE SUWOKUBABARIRW ARAKAGENDAZABONE ARIKO AZICUZA MBE IYABA ARIWE VYARIKUGENDAGUTE? BAGABO KUWAMAKINI KABISA MUHAGABIR
29 Ndamukiza 2016, 17:24, par SAHINGUVU REMY
UWOGORE Y,ARAKWIRIYE ,IGIHANO C,OGUPFUNGWA ,UMUNYORORO W,OGUHERAYO
14 Rusama 2016, 09:47, par Emery
Mfise Ikibazo Mbega Buno Uwo Mugore Aracariho? Aakwiye Agafuni Ko Mumvwe Kuko Ivyo Yakoze N’agahomerabunwa!!!
20 Rusama 2016, 22:10, par Mayor
Uwutazi Iashavuryase Yagaza Kumabuno Yanyina;ndumiwe Ariko Ntibibehose Cankengobibe Umugigwa Hamwe Uwo Atobayarahanw Amaguru Amaboko Numutwe Bihindukire!
20 Rusama 2016, 22:11, par Mayor
Uwutazi Ishavuryase Yagaza Kumabuno Yanyina;ndumiwe Ariko Ntibibehose Cankengobibe Umugigwa Hamwe Uwo Atobayarahanw Amaguru Amaboko Numutwe Bihindukire!
14 Mukakaro 2016, 21:32, par MUKIRUNDO
uwomugorenduva arihatari akubahuka akayica uwomugorenafugwe ubuherayokuko yakozeibara
14 Mukakaro 2016, 21:34, par MUKIRUNDO
uwomugorenduva arihatari akubahuka akayica uwomugorenafugwe ubuherayokuko yakozeibara
28 Mukakaro 2016, 19:35, par Elysée
Uwomugore Imana Nimubabarire Kuko Atazi Ico Akora
11 Myandagaro 2016, 18:18, par Nibitanga Madred
IVYOBINTU TURAVYI YAMIRIJE
28 Myandagaro 2016, 20:53, par 79805821
None Vyahereye He ?
9 Nyakanga 2016, 19:35, par christine
jewe nduo mugabo nochanda mwirukana uo ntamugore arimwo
16 Nyakanga 2016, 22:41, par Oscar Singirankabo
Uwo Ntamugore
5 Gitugutu 2016, 20:12, par nsaguye andré
uwomugoren umumenja abagorenk abobakwiyegupfabagahera.
15 Gitugutu 2016, 19:25, par K.Mg.
none Umugore we afashwe bomuka iki?
25 Munyonyo 2016, 18:57, par Jeans Chrisostome Nkomezansaba
Yakozenabi Yarikubaza,ahubwo Abagorenkabobakwiye,kwicwa.
21 Kigarama 2016, 21:25, par BIBONIMANA
Bwabund Abagor Ntarukund Bafis Baragaragara Pé!! Vrm Iry Nivumw!
21 Kigarama 2016, 21:27, par BIBONIMANA
Bwabund Abagor Ntarukund Bafis Baragaragara Pé!! Vrm Iry Nivumw!
23 Nzero 2017, 09:33, par alex nduwimana
abagabo nibarek kuzitwarirahejuru ataruko bazozimara!!
23 Nzero 2017, 09:33, par alex nduwimana
abagabo nibarek kuzitwarirahejuru ataruko bazozimara!!
3 Ruhuhuma 2017, 11:59, par MANARIYO Francois
Ntakundi Uwo Mugabo Niyihangane! Kuko Uwo Mugore Nawe Yayikase Kugira Azoze Arigirira!