IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Cibitoke : Ingendo za Agathon RWASA zasibijwe

Cibitoke : Ingendo za Agathon RWASA zasibijwe

mardi 31 Rusama 2016, par egide

Urugendo Agathon Rwasa, icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka yari yateguye mu ntara ya Cibitoke rwasibijwe n’ubuyobozi bw’iyo ntara. Impamvu y’ugusivya urwo rugendo ntiramenyeshwa.

JPEG - 2.6 Mo
Agathon RWASA, icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka

Urwo rugendo ruri mu rukurikirane rw’ingendo abashingamateka bakora mu gihe bari mu karuhuko, rwategerezwa kubera muri komine za Murwi, Buganda, hamwe Rugombo z’intara ya Cibitoke ruka rwasibijwe, Agathon Rwasa nawe akaba atabwiwe impamvu.

Buramatari w’intara ya Cibitoke ari nawe yarusubije akaba ataco arabivugako.


IGIHE

Messages

  • Mutamanabakurekekukowarakozeabobakubuzanabatazi.icowakozeakanakanyokezakokwiyegereza.abanwanyikorarerotukuri.inyuma.amayigwentagucikeakenyanigwawe.(...,.)

  • Na we yaradusibije kuja mu matora ya 2010 na 2015 biratubabaza.Nizere ko we atobabara kuba bamusibije."ICO UDASHAKA KO BAGUKORERA,NTUKAGIKORERE UWUNDI";Iryo ni ijambo ry’Imana.

  • None Muriyintarayacu Ivyobimazekuba Twofata Iki? Mugihe Bazobabagifata Ingingozagahotoro Tugahora Ntibazobura Kuduhonyanga!

  • GWASA NTAGIHUGU AZOTWARA KKO YARATAY AMASEZERANO Y’IMANA IVYAGO VYOS MURABONA KWATAKIMUSIMBA!

  • Baribakwiye Kumureka Kuko Numurundi Nkabandi

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga! None rero Rwasa urabonye ko imbonerakure zitagushaka. Ca rero wisangira CNARED kanndi wumvikane na ba Buyoya maze u Burundi mubuzanire amahoro.

  • Erega ntagitangaje murundi nubwo arinda yamutaye mugabo ntamajambo yoguhamagarira abandi mubwicanyi avuga iyaja hose urumvako nkurunziza nakarwi kiwe ivyo ntibabikozwa bobo bashimishwa nababafasha gufata imipanga yoguhonya abantu ntakindi

  • ahubwo muranaraba ko ari vyo koko.

  • Rwasa urashima buramatari wa cibitoki kuko umugambi wo kukurangiza wari wakozwe nakagwi ka peter uragakize kd nutumva uzumvira ijeri.

  • he ni bamwe mugabo ategerezwa kwerekana aho ahagaze kuko na Jacques mbona we apfuma kuko ashigikiye leta kandi yararonse..nawe rero yararonse atesha umwanya abiwe ngo bapfe ari bakene,,haaa biramugoye..arihe se mouvance canke opposition>>>>____":::::|

  • HARIHO ABARI BATEGUYE KUMURASA

  • Ntigahera!!!ahorero Rwasa ntiwijajare Ngomurakorana nabobagabo!

  • Ntigahera!!!None Waruzi ngo murya kamwe nabobagabo?

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Bamujeri baragiye mubarundi barahondagura barica bamarakubica bakaca basemerera ngonimurabe reta yuburundi iramaze abantu ibica! Abataribake barabavyemeye ariko munyuma bazagusanga bwarububeshi bamenyako abirirwa biririsha ngo reta iramaze abantu ibica kwahubwo aribo bariko barica.
    Mwibukeko burya nomuribamwe twabona barya ibiturire abandi wagenda kubasaba ijambo ntibakwumvirize tukibaza atababantu nibiki bituma badakorakazineza tumbega nibiki? Kumbe bwarubundiburyo bakoresha mukurwanya reta twebwe ntitubimenye, ndashaka ko navyonyene mubifananisha nubwicanyi bakora bakaca birwangaza kuko bararyazaruswa/ibiturire bakaca basimbira hariyango iyi reta ngwigizwe nabaryibibituriregusa! Kandibarabirya kuko rwarurugamba barimwo rwokurwanya reta bakoresheje inzirazose.
    Nicogituma uyumusi umuryiwibiturire murazomuhana kukonasanze ariyindinzira yokurwanya reta namba mutabizi.

    Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga!

    Kubera ivyobibi vyose ndababwiye ababikora bacababishira kubandi, nagomba kubabwirako nahano hariho abantu bakoresheje izinaryanje mukwubahuka gutuka umuntu arimubantu mu Burundi nubahacane nyajwubahwa Hon.Agathon Rwasa.
    Ariko mubona ivyiza arikolwarakorera uburundi nuburundi jewe nokwubahuka kumuvuganabi uyumuvyeyi?
    Nimugende mwarahumiwe mwebwe mwubahuka umuntutwubaha nkuyu.

  • Uwo Buramatari Arabaza Edouard Nkurunziza Yari Buramatari Wa Kayanza Yankiye Nkurunziza Akiri Ministre De La Bonne Gouvernance!

  • Abenshi ndabumviriza nkabura ico bavuga none munyumvir ariband bari bateguy akako karw ico wanka ukabo ninyo kandi kuvuga mensh siko kuyamara muze mukunda intwaro yashizweho nabanyagihugu ya petero nkurunziza.

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga! Nama ndabibabarira buri munsi ko mfise akabazo ko mumutwe. Nico gituma ndabasavye ikigongwe kuvyo nari maze kubashikiriza aho hasi. Kuko biraboneka ko umunyacubahiro Rwasa dukunda cane ko Imbonerakure na CNDD bariko baramurondera ngo bamwivune. None rero Rwasa uzoce wisangira CNRED.

  • Muntu uvuga ko RWASA yakoze vyiza,ntaho umuzi.kuko iyo waba umuzi ntiwomutuse umutwenga ngo yakoze vyiza!mbe igihe ataye ingabo mw’ishamba warabona?urazi aje gukoresha inama abasona bahapfira mw’ishamba biwe ngo nuko bakebutse kumuraba?urabaza abiwe ntanumwe amuzi isura.uwashaka kumumenya bamuhonda ifuni.twebw iwacu kugatumba tumuzi wese ntiyohaturukira uramubaza.uzi muri leta afiseyo abasoda bangahe?niryo shavu tumufitiye.nemera BIGIRIMANA Jacques we bataye akitorera!

  • Muntu uvuga ko RWASA yakoze vyiza,ntaho umuzi.kuko iyo waba umuzi ntiwomutuse umutwenga ngo yakoze vyiza!mbe igihe ataye ingabo mw’ishamba warabona?urazi aje gukoresha inama abasona bahapfira mw’ishamba biwe ngo nuko bakebutse kumuraba?urabaza abiwe ntanumwe amuzi isura.uwashaka kumumenya bamuhonda ifuni.twebw iwacu kugatumba tumuzi wese ntiyohaturukira uramubaza.uzi muri leta afiseyo abasoda bangahe?niryo shavu tumufitiye.nemera BIGIRIMANA Jacques we bataye akitorera!

  • uru rutama NGO ni rwasa uwaruma noca ndarushira mungunguru yuzuye acide nkarubaza abanyamurenge rwiciye mugatumba akorane na peter nyene Bose nibamwe
    rwasa ntiyarenga imbibe zuburundi kuko azi amabi yokoze azakomeze yibere mukibira canke muri gouvernement ya peter amenyeko amaherezo yibitwenge nishavu.

  • agathon n’arabe aduhumurize kuko no muri karusi vyaraye bisubiriye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.