Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CIRGL irakeza umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > CIRGL irakeza umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza

CIRGL irakeza umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza

vendredi 11 Nyakanga 2015

Inama mpuzamakungu y’akarere k’ibiyaga binibi CIRGL irakeza umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza,kuba yarasubiye gutorwa ngo arongore igihugu c’Uburundi,gushika mu mwaka w’2020.

Nkuko biri mw’ikete ryashikirijwe ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi hamwe no gufasahanya n’ayandi makungu rikarungikirwa ibiro vy’umukuru w’igihugu,CIRGL yipfuriza imigisha no gukingirwa n’Imana umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Umukuru w’igihugu yatowe mu matora yabaye kw’igenekerezo rya 21 Mukakaro 2015,aca arahirira gutwara igihugu kw’igenekerezo rya 20 Myandagaro.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.