Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Col Baratuza arabeshuza ivyo avugwako
Yanditswe taliki ya 9-11-2015 - isaha 10:43' na IGIHE

Haraheze iminsi ibiri hari amakuru aguma acishwa ku mbuga ngurukanabumenyi, avuga ko Colonel Gaspard Baratuza, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi yoba yahunze, agata akazi kiwe. Colonel Baratuza arabeshuza ayo makuru, akavuga ko ari ku kazi kiwe ka minsi yose.

JPEG - 50.4 ko
Colonel Gaspard Baratuza, umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi

Ayo makuru yavuga ko Colonel Gaspard BARATUZA avugira igisirikare c’Uburundi yoba atakiri ku butaka bw’Uburundi, abakwiragiza ayo makuru bakavuga ko yoba yahunganye n’umuryango wiwe wose.

Kuri uwu wa mbere, abicishije ku muhora wiwe wa Twitter, Colonel Gaspard BARATUZA yamenyesheje ko akiri mu mabanga yiwe y’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi, kandi ko ari ku kazi kiwe ka minsi yose.

Ivyiyumviro vyanyu

Nabandanye.Akora.Di ?

13.11.2015 à 19:24
KUGWIZ

YAHUNGIKI ?EREGA NTATINYIMITURAGARO.ABAGIYE NIBABE BARAKEBEBA AMAHEREZO YINZIRANI MUNZU.

12.11.2015 à 15:32
NTAKIRUTIMANA

YAHUNGIKI ?EREGA NTATINYIMITURAGARO.ABAGIYE NIBABE BARAKEBEBA AMAHEREZO YINZIRANI MUNZU.

12.11.2015 à 15:30
NTAKIRUTIMANA

YAHUNGIKI ?EREGA NTATINYIMITURAGARO.ABAGIYE NIBABE BARAKEBEBA AMAHEREZO YINZIRANI MUNZU.

12.11.2015 à 15:29
NTAKIRUTIMANA

Nibaza KO yagiye ubutakigaruka nkuko yama ahisha imiryango yabuze ababo ’akayibwira ngo baracari muri mission barahwereye’si umuntu

12.11.2015 à 13:43
leo

Ohooo ! Abategetsi Bose Bahere Bahunga Naho Atagiye Azogenda Ntacorusha Nkurunziza Na Reonidasi Reka Turorere.

12.11.2015 à 09:38
Peti

Jew ico nomwipfuza ciza aze acisha. Make mukuvuga kko ejo sahawe nawe yoshirwa aho haja abandi baze barabira kri adolphe jew narinziko atopfa

12.11.2015 à 09:27
ndondo

NONE..BIZOGENDA.GUTE.KONUVA.UBURVANDI.MEGA.AHO.UGUTERA.IMBERE..BUGUMABUSUBIRA.INYUMA

12.11.2015 à 08:52
OMAR

ARABURA GUHUNGA AHO YIBAZA NGO BARAMUKUNDA GA ?BANICA NABAPANSIYONE !

11.11.2015 à 17:45
KARIWABO

Burya Turakwiy Kuba Dutanga Amakuru Tuzi Neza Kuko Turabantu Bakuru.Coe Conseil

11.11.2015 à 10:49
Habonimana Tito Okello

Burya Turakwiy Kuba Dutanga Amakuru Tuzi Neza Kuko Turabantu Bakuru.Coe Conseil

11.11.2015 à 10:49
Habonimana Tito Okello

Georg .None Agiye Uwo Muhora Ntawutwara ?Canke Mutwereke Video Ye.Erega Naho Yogenda Ntabona Ivy,iki Gihugu Cacu ?Hagowe Nyarucari We Yumva We Yumva Ivyinsamirizi Imwd Gusa.Nshima Kw,amahoro Ariho Amaradiyo Nibayugurure Asubire Kuvuga.

10.11.2015 à 21:07
George

Heweba sha Murabaze Niyomare ko atagerageje gutoroka ubugira GATATU ahunga ava aho yinyeje ubu u nyene

10.11.2015 à 11:13
Mutama

Ha !ivyo mu burundi biragoye ! Ntiyasumya ubutoni Nduwimana Onesime,canke Léonidas Hatungimana.Ariko Nabonyene Barataye Baromoka !

10.11.2015 à 03:03
Nsabumukiza

Hahahhh, ubundi abarundi nawuzasigara atabaye umutegetsi kuko bahunga abandi babasimbura, erega abinda ndende nibenshi bagomba kurya. Mbabwire ubrya abakunda igihugu sabategetsi ahubwo nabanyagihugu

9.11.2015 à 19:09
kaka

ururkururkuru niyo nkuru burya baramwibikiye bazomugarika

9.11.2015 à 16:29
bamporubusa

ururkururkuru niyo nkuru burya baramwibikiye bazomugarika

9.11.2015 à 16:29
bamporubusa

Nagume ngaho bazomumessa

9.11.2015 à 16:05
magufuri

Igumiraho mutama we,ntakabi kawe mbona naka kanyenyi (urwenya) kawe warekuje we,pow kwel

9.11.2015 à 15:08
Festus

urukurukuru niyo nkuru ubwo vyavuzwe aragiye erega nkurumbi ntawe asigaranye bose baramuhezeko wibaza k uwabivuze atabizi.hahahah.muzosigara mukanuye amaso !!!

9.11.2015 à 14:56
mahoro
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.