IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Concilie Nibigira yagenywe kuba umuyobozi mukuru wa Mutuelle

Concilie Nibigira yagenywe kuba umuyobozi mukuru wa Mutuelle

jeudi 10 Nyakanga 2015

Umukuru w’umugambwe UPRONA wemewe mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu Concilie Nibigira yagenywe kuba umuyobozi mukuru w’ishirahamwe Mutuelle.

Mw’itegeko inomero 100/20 ryo kuwa 8 ukwezi kwa Nyakanga 2015,umukuru w’igihugu yagenye Concilie Nibigira ngo abe umuyobozi mukuru w’ishirahamwe Mutuelle de la fonction Publique.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.