Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Denis Karera: "Mu rwaruka rwa CNDD FDD nta rugendo twatunganije" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Denis Karera: "Mu rwaruka rwa CNDD FDD nta rugendo twatunganije"

Denis Karera: "Mu rwaruka rwa CNDD FDD nta rugendo twatunganije"

lundi 10 Myandagaro 2015

Umukuru w’urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD Denis Karera amenyesha ko urugendo rwo kwibuka Lt Gen Adolphe Nshimirimana rwabaye kuw’Imana igenekerezo rya 9 Myandagaro muri komine ya Kamenge ataribo barutumyeko.

Denis Karera yavuze ko kuvuga ko urwo rugendo rwatumweko n’ubuyobozi bw’urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD atari vyo kuko,urwo rugendo rwari rwitabwe n’abantu bakuze kandi bahumuye abo nabo bakaba batari mu rwaruka kuko urwaruka rw’umugambwe rushika ku myaka 35 y’amavuko.

Umukuru w’urwaruka rw’umugambwe CNDD FDD ku rwego rw’igihugu avuga ko abavuga amajambo ku rwaruka rw’umugambwe CNDD FDD bari mu ntumbero yo kurucafuza nkuko bamye babikora.

Denis Karera arangiza amenyesha ko, mu gisata c’urwaruka arongoye iyo bateguye ikintu nkico babishikiriza abarundi n’amakungu.

Mwomenya ko urwo rugendo rwatunganijwe inyuma y’indwi imwe,Lt Gen Adolphe Nshimirimana,agandaguriwe muri komine ya Kamenge aho benshi bita kuri Gare du Nord.


Van Naris Mugisha

Messages

  • zirya zari imbonerakur twarazobone wew kuharira ereg bamw ni bene wacu abandi nabagenzi!wait and see?!!!!!

  • Umukuru w, Imbonerakure Aremeje Ko Kugira Urugendo Rwo Kwibuja Gn Adolphe Ari Igikorwa Kigayitse Cane. Ngo Kuvga Ko Imbonerakure Zogira Urugendo Nkarurya Ari Ugutyoza Uwn Muhari. Ni Hatari!!

  • TWEBWE ABANYAKAMENGE TWAGIYE,KUKO TUBISHAKA NTAWATURARITSE,KANDI NUKO TWABUZ UMUBANYI MWIZA WUMUTIMA,AHUBWO DUSABA BAMWUBAKIRE MONIMA HARYA TWASHIZE ARYAMABUJI NAMASHURWE

  • NTACO.BITWAYE.ARIKO.RERO.NNE.ABAPFUYE.BOSE.BISHWE.BAGIRIWE.INGENDO?MUMENYE.UWICISHA.INKOTA.AZOKWICISHIWA.IYINDI.

  • None ubabajwe nuko abitavye bari abasaza batakigira inguvu zo gutemana??? Moins de 35 ans bagifise inguvu zo gutemana!!! Ibaye fotboll batarenza imyaka lmwe imwe? Genda muri nisoni nke Iyo muva

  • Mbega mana yanjje,abahutu muzoca ubwenge ryari,umuntu aravuga ngo ni umunyamacakubiri,mwibazako imbonerakure ari iki?Ni umuhutu wese umuto n’uwukuze,karashize ingani mwibagire abatutsi ingene bakora,mbega ko arivyo nama mvuga aka kanya cnddfdd imaze itwara barahindutse nta macakubiri akiriho?Aho buyoya na bikomagu bahora batugomorerako abasoda ko batatoranya umwana gushika ku mukecuru ,kandi si kera 10 ans ni ubusa,ni vuba,rero iyo ibihutu bigenda bivuga imbonerakure,vyibagirako biba biriko vyivuga,kanure nyabuna birantangaje kubona ariho mukibimenyako imbonerakure ari umuhutu wese,mubimenye mubugendereko.

  • mwaba dd mwe imbonerakure ipfuy ko ntarugendo bagira.muri intama pe!ko mbona hari abagenda batambaye ibirato.savy umugambw uzotegure kugurira ibirato imbonerakure

  • Aho karera avugako kuvugako imbonerakure zagiz urugendo gwo kwibuka Lt Gn Adoloph coba arikuzambika ibara, none agomvye kutwemezako ibivugwako yishwe na pita arivyo? Utiny kupfa naw?muri politique ntakidashoboka! Barundi mukundane kuko igihugu gifise abagabo! Adolophe siw gihangang gusa cank nkurunziza,igihugu ntigipfakara, uyo mugani uvuga mvyinshi,mugenz make!hariho nabandi bashits mwabiriya bibanza bokora vyiza gusumba tureke ubwo busimbira hamwe

  • emma
    komera karera,
    ninde ariko arakwagiriza ntakosa twakoze naho goba urwaruka ntangorane twabuze twese abakuze nabato, kandi karera nyamba mukorera kubwoba camutanga imihoho, kuko uwo twabuze nu wa CDD-FDD kandi yari uwacu mubakuze nabato.

  • karera mwamwumvise nabi ,nta bwoba akorerako,seulement humuka murabe ico ashaka kuvuga,ibinyamakuru vyose vy’abatutsi bivugango imbonerakure zagiye ku renda homage nyakwigendera notre general,raba ama foto ,harimwo abakenyezi,abana,abakecuru,bon sang yavuzeko ari urugendo organisé n’abanyakamenge,rabe message iri muri iri jambo ryiwe ,murabe n’amafoto,umuhutu wese ni imbonerakure,mubimenye mubimenyere,mbega ntibirinjira?

  • Wewe wiyita PAPA, none ikibazo kiri hehe zaba imbonerakure baba abandi n’uburenganzira bwabo bwo kugira urugendo haruwo babujije kuja iyo aja.
    Ntibafunze amabarabara, ntibaturiye abandi, ntibabujije abandi gukora utwabo
    abo aribo bose n’uburenganzira bwabo ntaco bononye.
    Ikintu Umurundi uwariwe wese agomba kumenya nuko uburenganzira bwiwe buhagararira aho ubw’uwundi butangurira ico kintu umuntu wese agomba kukimenya.

  • Mwa bahutu mwe mutumva raba ama sites y’abatutsi,buja news ,iwacu hose bavugango imbonerakure zagiye ku renda hommage au general,ca muraba amafoto yabo bise imbonerakure,ni umuhutu uwariwe wese ,nukuvuga karera ariko arababwira ntimwumva,nta mbonerakure zakoresheje urwo rugendo,kuko arizo ,nta bagore ,abakecuru n’abana boba barimwo seulement les jeunes ne depassant pas 35 ans,bon sang abahutu mwese muri imbonerakure no mu migumuko barabiberetse ntimubona kandi ntimwumva,ariko abatutsi muraroga pe,muja gucisha iyo mwaje muva nico gituma tutamenya iyo mucisha ngo twirogore pas possible,haguruka,mukenyere zigume bimwe vya 65 à2005 soit umuhutu yari umumenja ou inyankaburundi,umu assaillant babisubiriye,ndabarahiye va hasi murondere inkoho namwe nakazi kanyu barabafyeta peee.Ikingire n’abana banyu ,kuko mwese muri imbonerakure ,iyo ni tactique yo kutubuza kuja ahabona babona jeunesse yacu bakajingitwa c’est pour nous contraindre àrester en cachette,pas question bandanya muja ahabona mutere inguvu umugambwe nyabuna izizna imbonerakure muryemere muryemange,mugume mugororotse ntimwemere gusubira mu gifuri kandi muri mu gihugu canyu,ivyo vyaduka n’ibinyeshari ,iyi bruit autour de vous c’est pour vous affaiblir, vous devez refuser ça,mushirire nyabuna.

  • Ewe mbonerakure mwaragowe uwurose wese arota wewe haha umwana yankwa niwe akura

  • Naragiye ku namira aho yaguye ariko suko nari ndabinezererewe, ahubwo natinye igitsure. Kuko bari batubwiye ko uwutagenda barara bamwishe nca ndagenda.

  • Ahubwo yamenje uwo mumenja mbe imbonerakure ntaburenganzira zifise bwo kwibuka umukunzi wazo na Bin ladeni igihe yichwa all Qaida baragandeye

  • ICO NZI COCO ABATUTSI BADACIYE KU BAHUTU BATABONA MBARE NTA GIHUGU CUBURUNDI BAGISUBIRA KURONGORA ,,,,NDAZI KO BOSHIKIRA IGIHUGU NTA MUHUTU NUMWE YOSUBIRA GUFITA IJAMWO KURYA BIMEZE MU RWANDA,,AHO WIYUMVIRA IYO ABAHUTU BAGIYE OU IGIHE BAZOSUBIRA KUGIRIRA IJAMBO,,,,LA LOGIQUE EST SIMPLE HABAYE AMATORA DEMOCRATIQUE KO ABAHUTU ARI 80 % ,,,NONE ABATUTSI BARI 20 % BOTSINDA GUTE AMATORA BATAYIVYE,,,EREGA IVYAMOKO NAHO ABATUTSI BASHAKA KUDUHUMA AMASO NTIBIRAHERA,,,TUZOZA TUBAHA BABA IVYEGERA BIZOBA BIBABAYE BOBO IGIHE BATWARA NTA NUBUNYUMBAKUMI BAHA ABATUTSI BAHA ABAHUTU,,,NSHIMIRA RWASA AHAGATHON YAKANUYE AKAVA MU MIZANA YABO,,,,

  • ICO NZI COCO ABATUTSI BADACIYE KU BAHUTU BATABONA MBARE NTA GIHUGU CUBURUNDI BAGISUBIRA KURONGORA ,,,,NDAZI KO BOSHIKIRA IGIHUGU NTA MUHUTU NUMWE YOSUBIRA GUFITA IJAMWO KURYA BIMEZE MU RWANDA,,AHO WIYUMVIRA IYO ABAHUTU BAGIYE OU IGIHE BAZOSUBIRA KUGIRIRA IJAMBO,,,,LA LOGIQUE EST SIMPLE HABAYE AMATORA DEMOCRATIQUE KO ABAHUTU ARI 80 % ,,,NONE ABATUTSI BARI 20 % BOTSINDA GUTE AMATORA BATAYIVYE,,,EREGA IVYAMOKO NAHO ABATUTSI BASHAKA KUDUHUMA AMASO NTIBIRAHERA,,,TUZOZA TUBAHA BABA IVYEGERA BIZOBA BIBABAYE BOBO IGIHE BATWARA NTA NUBUNYUMBAKUMI BAHA ABATUTSI BAHA ABAHUTU,,,NSHIMIRA RWASA AHAGATHON YAKANUYE AKAVA MU MIZANA YABO,,,,

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.