Accueil > Amakuru > u Burundi > Edouard Nduwimana amenyesha ko Reta y’Uburundi ata biganiro irimwo
Edouard Nduwimana amenyesha ko Reta y’Uburundi ata biganiro irimwo
vendredi 26 Ruheshi 2015
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Edouard Nduwimana amenyesha ko Reta y’Uburundi ata biganiro irimwo n’abatavugarumwe nayo.
Inyuma y‘amakuru yavuga ko Reta yasubiye mu biganiro n’abatavugarumwe nayo,umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu arabeshuza ayo makuru avuga ko Reta ata biganiro irimwo, kandi atavyo izokwitaba imbere y’uko amatora arangiye.

Edouard Nduwimana avuga ko bitavye gusa kugira barabe ivyo umuhuza n’abatavugarumwe na Reta barimwo,Nduwimana avuga ko uwo muhuza atarabonana n’umukuru w’igihugu, ngo amubwire ikimuzanye kandi ntaratangura ibikorwa nyezina,baje kwerekana ingingo Reta yafashe ku kirangaminsi c’amatora.
Ku kibazo c’uko hari abatavugarumwe na Reta bamenyesha ko badashobora kwitaba amatora,umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu avuga ko ari uburenganzira bwabo,kandi ko hari n’ibindi bihugu biri mu mutekano muke gusumba Uburundi ariko amatora aba.
Messages
26 Ruheshi 2015, 11:43, par dd
nuko utazovaho iyabawarikuzohumira womenyakuvuga
26 Ruheshi 2015, 12:15, par kelly
Nyakubahwa wew turakwemer abo nabo badashka amator nukubihoz bamenyerey bikuramwo erega mb urya muhuz wamber bamwankiy iki?namw nimubere kumubasumb mubasubiz munkoko guma kwibanga
26 Ruheshi 2015, 12:18, par JEAN
UWOMWICANYI DUWARUDO NDUWACHETANI NTACIZA KIVA MUKANWA KIWE YUZUYE MWIKIBI GUSA UWO NIWAZIMBERE MUNDYANE ZIRIMUGIHUGU NONE GA KOMWASIBIGANIRO AYOMATORA ATEMEWE NAMAKUNGU KANDI IGIHUHU CARIGITUNZWE NIMFASHANYO ZIVA MURAYOMAKUNGUNYENE MUGARARIJE KAZOZA KANYU KARIHE? MWEBWE MUGOMBA KURANGURA IVYO MWACISHIJE KWASHETANI ARIKO NDABARAHIYE MUTISUBIYEKO IMANA NTIGIYE KUBIHANGANIRA
26 Ruheshi 2015, 12:49, par Enock
Igikur Suguheb Ibiganir Mwari Kuj Mubiganir.Mukankivyo Mwunvins.Amator Nay,aba Mugihugu Hatungany.
26 Ruheshi 2015, 14:27, par mutabazi
@Jean. Abarundi baragowe kubona bafise mugihugu umuntu ufite ibyiyumviro nka JEAN. Mbe Jean waraye utwitse abahutu bangahe n’imipine? 72 ushaka kugarura nabaso wanyu nka Pacifique cg Mbonimpa ntabwo abarundi bazabemerera. Ibyiza wakwiyahura aho gukomeza upfa uhagaze
26 Ruheshi 2015, 14:31, par BUTUNGANE
DUKENEYAMATORA KUKO ATABAYE INTWARO YITOREWE NABENEGIHUGU(DEMOCRATIE) NTAYOBIBAHO NONE RERO.ABOBAKWIYAMIRIZA NABASHAKA KUDUSUBIZINYUMA NGOTWAME MUBIBAZO BITAGIRAHOBIHAGAZE.IMIRIYONI YABARUNDI NDAZIKO YITEZE GUTORA.
26 Ruheshi 2015, 15:13, par fidelité
Jean
Ayo makungu utubwira ni ayahe,ababiligi?Baje kurisha,twebwe abarundi turayemera abatayemera baje kuba ahandi canke mukore rebellion .Amakungu aduha imfashanyo tuyabuze tuzoca dupfa ni ayahe?Urabanza ubaze.
26 Ruheshi 2015, 15:56, par Nwari
Wesha JEAN, Nduwimana wamwihenzeko kukosiwe yishe abantu abaturuye, Canke warabonye ahakwega abagore hasi kugeza bapfuye? Wamwitiranije vyukyri.
26 Ruheshi 2015, 17:30, par Sikonabisanze
Umeny yuk ic gihug atar camw na nkurumb faraon kuk mushobr kuvug yuk mudashobr kuj mubiganir mwanguh twarabahinyuy nimutemb haragez!! Ham natw abanyagihug tubah igiti!!! Umut wa nkurumb faraon uhay urashuswa ugiy gusha!! Hama naw edouare ub urategur iy buca uhungira@@
26 Ruheshi 2015, 18:30, par jane
emwe nakamuna arko kananira abagabo ntiyimw.wait and see
26 Ruheshi 2015, 21:22, par Bluetooth
Teshwa Ute Herodi Burya Igihe Canyu Kiregerej Mwase Ibiganiro Kubera Vyose Bibakorako Erega Ubu Ntanijambo Mugifise None Ugirango Amakungu Yose Yanka Cndd Fdd Izonguvu Mwiyumva Muzozihiga Iyomwazibonye Muzibure Goriyati Cari Igihangange Mugabo?????
26 Ruheshi 2015, 23:01, par nyishu
Yoo l pieg uyiguyemwo ntakundi kandi nta vyamoko mu burundi ni kibazo ca politik nayo abo bandi bigisha ivya moko nibateshw bat vyabananiy nilblba ibihugu vyos ata bweng cndd niyalber izoza iraha ivyulviro abandi aruko lbona igihugu gikeny kandi bafis ubweng gusumba ibihugu vyo non nikuki tudatera mudatera ilber lwala mutez amaboko nihatali hanurrwa mwumv nimukund ababayobika ndabasavy
27 Ruheshi 2015, 07:54, par FM
EDOUARD,KANANIRA ABAGABO NTIYIMYE KANDI NGO NYAMUBURA IKIMUHANURA NIWE NYAMUBURA IKIMUHAMBA.WOMENYA KO AHARI ABASHINGANTAHE HATAGWA IBARA.MUSHIKIRANGAJI NTACO MWIHUTA N’AMATORA KUK IYIHUSE YAVYAYE IBIHUMYE KANDI NGO UWITONZE AMIRA IBINOZE.NAHO IGIPFA CABURIWE NI IMPONGO.NIMWERE MUHANURWE KUKO INGUVU ZANY NTAHO ZIZOBASHIKANA halaka halaka aina balaka.
27 Ruheshi 2015, 12:05, par cumacindubaruba
Leta mfata kibanza oyyyeeeeeee, coup d’état oyyyyyyeeeeeeee nico conyene kizodushira kubutegetsi naho ari urugamba rukomeye ariko haca imyaka 5 canke 10 nico conyene turindiriye nayo abobagabo barakenyeye kandi vyiza twoja mumatora twese kugira urworugamba tuzorushikeko bidusaba kurondera uburyo n’imyanya muri leta nayo gusasiriza turi mumahanga no mubunyegero ntaco vyodushikanako.
28 Ruheshi 2015, 19:42, par Ad
Yesu Afise Ijambo Ryanyuma K’ Uburundi Mwese Murabantu Gusa