Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Egide NDAYISENGA wa BONESHA FM yarekuwe
Yanditswe taliki ya 7-06-2016 - isaha 11:46' na IGIHE

Egide NDAYISENGA, umumenyeshamakuru wa Radio BONESHA FM, imwe mu nsamirizi zasambuwe, yahora apfungiwe mu gasho ko mu ntara ya Cibitoke kuva ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana yarekuwe.

Ingingo y’ukurekura uwo mumenyeshamakuru yafashwe na parake nkuru y’intara ya Cibitoke. Uwo mumenyeshamakuru yafatiwe mu ntara ya Cibitoke, umuporisi yamuhagaritse akaba atamubwiye n’ico yagirizwa.

Amakuru ava mu ntara ya Cibitoke avuga ko icegeranyo c’amatohoza mu giporisi bamugizeko basanze ata cemezo c’ivyo yagirizwa. Uwo mumenyeshamakuru yoba yari yagirizwa ko yariko arondera amakuru arungikira abamenyeshamakuru b’Abarundi bahungiye mu Rwanda.

Ivyiyumviro vyanyu

Vumilia Maisha Ni Uvumilivu

9.06.2016 à 21:45
Elvis

reka ubutungane bukorez

8.06.2016 à 12:27
Jocelyne

Imani shi mwe.

8.06.2016 à 02:15
Mpozamarira Erias

NIBAREKURE ABARENYE BOSE

7.06.2016 à 17:08
NEYMAR

Ni Baze Bikebuka Bareke Gufungra Abantu Ubusa. Bonabikora Kuraba Bana Bafungiwe I Muramvya.

7.06.2016 à 13:35
Maisha.

ubu twarabahinyuye mwigira abamenyeshamakuru kandi muri, abamenyeshantambara muragabe bp,baik

7.06.2016 à 12:51
cakira

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.