Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ego Hotel: Abakundanye baravyerekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Urukundo > Ego Hotel: Abakundanye baravyerekanye

Ego Hotel: Abakundanye baravyerekanye

vendredi 15 Ruhuhuma 2013

Igenekerezo rya 14 Ruhuhuma uko umwaka utashe,abakundanye,bubakanye canke batarubakana barahimbaza umunsi mukuru w’abakundana,umunsi wa Saint Valentin.

Mu gihe umuririmvyi Kidum yariko aremesha igiteramo kuri Ego Hotel,ku mugoroba wo kuri uno wa kaneigenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2013,abakundanye baravyerekanye.

JPEG - 44.4 ko

Babiri babiri mu cicaro,basangira ibinyobwa,batamba,batwenga,biboneka ko umunezero ari wose,ivyo nivyo vyaboneka mu kigo ca Ego Hotel.

JPEG - 44 ko

Umwe twabajije mu bari ng’aho mu kigo ca Ego Hotel,yatubwiye ko umunsi wa Saint Valentin ari umunsi yereka umukunzi wiwe ko amukunda kuko haba m’ubukene canke m’ubutunzi uwo munsi ushitse basohoka bagasangira ivyo baba bafise.

Mwomenya ko n’umuririmvyi R-Flow yari kumwe n’umukunzi wiwe Chanelle azwi kw’izina rya Chany Queen,aho yamufashije mbere kuririmba.


Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.