IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > ENEFA Kibumbu yahawe ingabire n’umupfasoni w’umukuru w’igihugu

ENEFA Kibumbu yahawe ingabire n’umupfasoni w’umukuru w’igihugu

dimanche 3 Ruhuhuma 2013

Umupfasoni w’umukuru w’igihugu yaragendeye ishure ENEFA ryo mu Kibumbu, mu ntara ya Mwaro. Aho yatanze ordinateri 27 .

Umupfasoni w’umukuru w’igihugu yasavye abarezi n’abanyeshure kubungabunga izo ordinateri kugira na barumuna babo baze bazikoreshe co kimwe n’ababa mu micungararo y’iryo shure bashobora kuzifashisha.

Yaranabemereye ko azobaha n’imashini zo kubarira mu misi iza yongera abatekerera n’impanuro zijanye n’indero rupfasoni.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.