Ernest MANIRUMVA yakwije imyaka indwi agandaguwe bunyamaswa

Yanditswe na IGIHE
Kuya 9 avril 2016 saa 11:12
Yasomwe : 35937
0 0

Imyaka indwi yakwiye kuri uwu wa gatandatu Ernest Manirumva yahoze ari icegera c’umukuru w’ishirahamwe OLUCOME agandaguwe bunyamaswa mw’ijoro ryo kuwa 8 Ndamukiza 2009, rishira iryo kuwa 9 Ndamukiza 2009. Ikiziga ciwe catowe ku rugo iwe ku Mutanga.
Imbere y’uko agandagurwa, Ernest Manirumva yariko akora amatohoza ku nkoho zagurwa, ariko ntizishike mu gihugu. Izo nkoho zaburirwa irengero zagurwa n’ubushikiranganji bw’umutekano bwari burongowe na Alain Guillaume (...)

Imyaka indwi yakwiye kuri uwu wa gatandatu Ernest Manirumva yahoze ari icegera c’umukuru w’ishirahamwe OLUCOME agandaguwe bunyamaswa mw’ijoro ryo kuwa 8 Ndamukiza 2009, rishira iryo kuwa 9 Ndamukiza 2009. Ikiziga ciwe catowe ku rugo iwe ku Mutanga.

Imbere y’uko agandagurwa, Ernest Manirumva yariko akora amatohoza ku nkoho zagurwa, ariko ntizishike mu gihugu. Izo nkoho zaburirwa irengero zagurwa n’ubushikiranganji bw’umutekano bwari burongowe na Alain Guillaume Bunyoni.


Kumenyekanisha

1
niyonganji pacifique 13-04-2016 à 14:53

ahari agubw neza

2
Kabizi 10-04-2016 à 20:17

Inkona Ntiyaruzwa Kizire

3
Nzovu 10-04-2016 à 08:57

Ngaye imbwa zamwishe zitazamusanga.
Kwica mugenzi wawe ntacyo bimaze. Ni ukwikururira umuvimo ukwira m’umuryangp

4
kabisa 10-04-2016 à 06:37

izo nkoho haraho zafatiwe hamaze kumenywa icyo zigiye gukora kuko iyo zidafatwa nta zina mututsi ryari kumvikana mu Burundi ivyo peter akora birazwi cane.

5
metre 9-04-2016 à 21:58

murabura.ivyomwibuka.none.koyigira.umumyabwengenkabuyoya.ntamemyekohabavye.nabandibataremerabaracamusanga

6
karorero 9-04-2016 à 15:58

Ibigugu birarwira kwisi basi aaaahhh !!!hahahahahhh !!! Yari yabuze ibyo Akora kwatari bwatohoze uwishe E.S Ndadaye canke abishe inzirakarengane 1972 ntibyabay ahari ???abantu barasuzuguye inkona bayigereranya ninkoko kabisa naruhuke yodukwegeye nabandi bahabonere icirwa.

7
rwasa 9-04-2016 à 13:16

agapfuye kabazwa ivu uyomugani waciwe nabasokuru

8
eric 9-04-2016 à 12:52

uwo yarizize, none yari mubiki ? yariko arakina n’umucanwa atabizi.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha