Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Nzobonariba :’’Abasirikare ba UA binjijiye ata ruhusha rwa Reta bofatwa nk’abateye igihugu’’
Yanditswe taliki ya 19-12-2015 - isaha 08:11' na Van Naris Mugisha

Reta y’Uburundi imenyesha ko yakiranye umubabaro mwinshi umugambi w’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika wo kurungika abasirikare baryo mu Burundi.

Umuvugizi wa Reta y’Uburundi akaba n’umunyamabanga wayo Filipo Nzobonariba yabwiye iradiyo y’abongereza BBC ko hamwe abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika bokwinjira mu Burundi badafise uruhusha rwa Reta bofatwa nk’abateye Uburundi.

Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika rifise imigambi yo kurungika abasirikare 5000 gukingira umutekano abanyagihugu.

Iyo ngingo yemejwe n’inama y’amahoro n’umutekano mw’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,ariko bisaba ko iyo ngingo ishigikirwa n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU.

Ivyiyumviro vyanyu

BARUNDI BARUNDIKAZI ,HUMURA ,NTIMUGIRE UBWOBA , TURAFISE IMANA IDUKUNDA ,MBEGA MWARI MUZI YUKO YATUREMYE ATACO DUTANZE ? JEW NABONYE MBAHO ! KANDI NTACO UMUVYEYI WANJE YAKOZE KUGIRA NGO MBENKIRIHO, KUKO ABATWAVUKIYE RIMWE NTIBAKIRIHO KUKO IGIHE CABO CARIKIGEZE.NONE GAYEMWE NINDE YOVUMA UWO IMANA ITAVUMYE ? NTITUKIGANYIRE TURAFISE IMANA MUBURUNDI UKO BIRI KOSE UKO VYOGENDA KOSE IMANA IRATUZI IRIKUMWE NATWE. IMANA IBAHEZAGIRE BARUNDI NAMWE MUSENGE ITANGE AMAHORO.

13.01.2016 à 05:51
CLUB DE GUERISON DES COEURS

bavuga ko hamaze gupfa ma 2OO nimwa bona abobasoda baje kungufu hazopfa ibihumbi none boba baje gukoriki atari gutera igihugu cikukiye nagira nsabe reta hamwe bovyemera bazoce babarungika mwayo makartiye yagumutse abe ariho tuzobahondera kuko mugihugu hagati umutekano niwose kandi turizeye ingabo zigigihugu cacu nizikomere kumuheto dusabe reta nibaza kungufu tuzokore inyigaragamvyo nabo bamyamahanga bose bazoce bahunga amambasade yose tuyatere tuzokoresha amabuye gusa bace bagira jenoside kagame yateguye muburundi nababirigi na america tuzugara amabarabara yose yo muburundi nkeka hazokora indege abasoda bacu bazoce bihuramira tubereke ko twikukiye aho kubimbwa wobimva komera burundi na kizigenza wacu petero nkurunziza turinyuma yawe ko wemeye gupfira abenegihugu natwe tuzokurwa inyuma 46

21.12.2015 à 05:49
nkdni

Barundi barukazi humura abo basirikare nyafrika ntibaje kutera uburundi baje gufasha abarundi. hazomwo abasoda ba hano muri Afrika yepfo na bazoza birigwa mu myimenyerezo baravanze nabandi. leta yahano muri Afrika yepfo ntikorera ku mohe yabazungu kuko ntawitanya. kandi ishirimbere ibiganiro. bagendera ukuri. murabazi mu burundi ingene bakoze neza no mu gucungera inzego. noneho na Nyenicubahiro Prezida Nkurunziza arabazi neza baramucugiye ubuzima ndavyibonera. ubu niho Abarundi mwoterigere amakungu aje kubafasha ngo ntibaze ? gusa kimwe hamwe Afrika yepfo itoba iri kwisonga ryabo nbasoda murahagabireee. kuko abandi sindabizeye. Mwibuke ko nu mukuru wu bumwe bw’Afrika aturuka hano nyene muri Afrika yepfo Umufasoni wa Prezida Zuma. Ni mubakirane ugweze kuko barakunda Abarundi n’Uburundi. ntibaje kubatera. None muhimbawe no kwama mu bona imivyimba ya Bantu ? Imana Ibagirire neza. Gakozi E I pretoria.

21.12.2015 à 02:40
Gakozi Emmanuel

Ncutizanje musanzwe mumenyereye ivyonandika jewe None ? Harumuntu mukwiye kumenyera yahisemwo kuzarakoresha iryozinaryanje, ashobora kubarumwe canke uwurenze umwe kuko turetseko bakoresha kukwandika ikirundi harinaho bakoresha ikinyarwanda, ariko icobahuriyeko nuko bose arinkuti magara za Kagame wu Rwandana Michael Louis womu Bubiligi.

Mukwandika yanditsengaha avugamwo ivy’Imbonerakure na FDLR asanuwerekanako bakorana. Ariko jewe nyene izina ryitwa None ? sinovuga kobakorana ariko novugako uwangaje FDLR arinawe amazimisi yifuza kwangaza Imbonerakure. Ariko kumubuza gukoresha iryozina ryanje sinobimubuza ubu, rekandababwire uko muzoza muramenya ivyojewe nanditse, umva muzoguma musanga ndiwawundi ashakako abahutu atawobarenganya , nabatutsi atowobarenganya co kimwe nabatwa, mumvugoyanje musomye muzovyibwira.

Jewe rero sishobora nkibi iyo mujeri yanditse mwizina ryanje, ntahobitandukaniye nawa Louis Michael yivugiyeko ariwe yarinyuma yabashatse kuterakudeta nyakwubahwa Nkurunziza akongera akavugako azoruhuka aruko akuye kubutegetsi Nkurunziza ngwarukuvaho arimuzima canke ngwakamwica.

Uburero turiko turakora iyobwabaye kugira buzobe ubwambere igihugu c’Afrika kirengutsa umuntu wigihangange nnkurya kandi aboturiko turabisingurira dusanga ikibazo baramaze kukimenya ukabonako vyamatangaje ivyoyivugiye mwisinzi ryabantu.

Ubumbere vyatumye abeshi babonako uburundi bwarenganijwe birengeje kandibakabonako bihenze mukwibazako ingorane yatewe na nyakwubahwa Nkurunziza kumbesiwe ningorane yarisanzweho nambereyuko abanyamugambwe CNDD FDD batangaza ko ariwe azobabera umukandida.

21.12.2015 à 00:51
None ?

TWARUSHE.TWARAMBIWE.NIBAZE !!KUKUNTUBATWAGIRIZA.INKOHOTUDAFISE.NUKAMABATWIRUKINYUMA.BATUNYAGAKWITWIMPUNZI.URIMUGHUGUWAVUKIYEMWO.ABACUBABA.HEJEMUBUSHO.BATEKERWAMUMAGUNIRA.BICWA.NGOTUZOBAMESA.MUZOKWIMESA.BASHA.TURIMASO.DUSENGAIYUMVA.IZISHURA .MER.CBEAUK

BIRAKWIYE.NIBAZE.AHUBOBARATEVYE.KUZA.KUDUKINGIRA.TWOKOROHERWA.ABA.DD.NTIBOVYE.MERAKUKO.BAMENYEREYE.KWIBANOKWICA.NAKWIBAAMABATIYABAHUNZ.NIMPENE.BAVUZENGOBAZOTUMESAAA !!!TWARIGARAGAMBIJE.TWARANSE.IMANAYATWUMVIYE.UKURUHAKWACUNUKWICWA.IGOMBAIDUTABARE

imbonerakure, fdrl, interahamwe twese muturihire indege tubasange iyo bari bataraza igihugu ni icyacu tuzogitwara uko tubishaka uburundi turakomeye dufise ibigwanisho na abagwanyi union africain izo ngabo niziza tuzahangana

20.12.2015 à 10:05
none ?

Aba dd karababanye basha.emwe mwanka mwemera murahava tu.basha muriyemera mwebw muzorasa UA,UE na ONU.Basha pick ati biraherera he ?reka turore.Abo mwishe mbararmaz.Murashaka mwemere opposition irabasunvya inguvu ?reka ubu tugiy kubiraba rero.Mwanka kuhava dukubita.Mpaka.

20.12.2015 à 08:56
Fifi

jewe nagomba nsabe uwo mukozi. w’Imana akaba numuvugabutumwa nyakubahwa petero NkURUNZIZA arongoye igihugu cuburundi ko yosaba abanyagihugu arongoye kugira bafate umusi wogusenga no kwisonzesha kugirango ikigihuhusi Imana ishiremwo ikiganza. gisume kirenga nkicambere casumye kirenga carikigamije gutabagura ako gahugu kacu kuburundi.

iyo urugo. rutewe nabansi bagwo hanyuma abakunzi bugwo. rugo basidikamye niyonka bakaza. gutabara ugwo. rugo gwatewe. nukuvuga. imishamirano. ibahagati. yabateye urugo nabaje gutabara.

none abajegutabara nabateye urugo mwibazako
basubira kurabana ryiza ?

none uwoyateye. urugo. asanze. abaje gutabara urugo. banganya inguvu. canke zisumba abateye uwo nyenurugo. inkurikizi ni iyihe. kuwo. yateye urugo canke abaje gutabara urugo ?

imbwa ibura nyina ntibura sebuja. uwutazi ubwenge ashima gwiwe.

I"ICUMA GIHUYE NIKINDI BITANGA UCANWA" umucanwa. umaze. kwaka uragoye. kuzimya. murakoze

20.12.2015 à 08:37
gonani

jewe nagomba nsabe uwo mukozi. w’Imana akaba numuvugabutumwa nyakubahwa petero NkURUNZIZA arongoye igihugu cuburundi ko yosaba abanyagihugu arongoye kugira bafate umusi wogusenga no kwisonzesha kugirango ikigihuhusi Imana ishiremwo ikiganza. gisume kirenga nkicambere casumye kirenga carikigamije gutabagura ako gahugu kacu kuburundi.

iyo urugo. rutewe nabansi bagwo hanyuma abakunzi bugwo. rugo basidikamye niyonka bakaza. gutabara ugwo. rugo gwatewe. nukuvuga. imishamirano. ibahagati. yabateye urugo nabaje gutabara.

none abajegutabara nabateye urugo mwibazako
basubira kurabana ryiza ?

none uwoyateye. urugo. asanze. abaje gutabara urugo. banganya inguvu. canke zisumba abateye uwo nyenurugo. inkurikizi ni iyihe. kuwo. yateye urugo canke abaje gutabara urugo ?

imbwa ibura nyina ntibura sebuja. uwutazi ubwenge ashima gwiwe.

I"ICUMA GIHUYE NIKINDI BITANGA UCANWA" umucanwa. umaze. kwaka uragoye. kuzimya. murakoze

20.12.2015 à 08:35
gonani

Arik barund mw ubwo mufise ubwenge bungahe ?Isoko nkuru ya bujumbura irasha bwa kizimyamwoto bunaniw urwanda rudutabaz indege yo kuzimya.mbe ko abashinwa birabiye hirya.reka izo nteko ziz gusa abo banyarwanda tubiyamiriz data.ubutegets bwanse hazoba har ico bateguye

20.12.2015 à 08:23
Narananiwe

Mbenga mbanze ababashaka gutukisha igihugu c’uburundi :
- igihe incungu ya demoikrasi bayirengerako bakanigura ONU yarihe ?,UA yarihe ? UE yarihe ?
Ntiyishwe nubutegetsi bwari buhari harico bavuze ? Ubwo mwibazako ubu rero kurungika inzongabo ko arurukundo bafitiye abarundi ?
Ese ababanya politique baretse kundandanza igihugu bakatureka tukironke umwidegevyo kweli !

19.12.2015 à 23:29
Ndababaye

nkurumbi aragwahe ?arangwiki ko yamenyereye kungwa amaraso yabana buburundi ?umuhutu naho yokira ntakira nsigariza.abene Gahini muriyerekanye.imbwa izivye izuru iba igomba iganyuke.murangwa iki ko mwamenyereye kunywa amaraso yabatutsi bikaba bigomba guhagarara ?narindababwiye nuko amatwi yibihutu yumva yokeje.

19.12.2015 à 22:50
nkurumbi

nkurumbi aragwahe ?arangwiki ko yamenyereye kungwa amaraso yabana buburundi ?umuhutu naho yokira ntakira nsigariza.abene Gahini muriyerekanye.imbwa izivye izuru iba igomba iganyuke.murangwa iki ko mwamenyereye kunywa amaraso yabatutsi bikaba bigomba guhagarara ?narindababwiye nuko amatwi yibihutu yumva yokeje.

19.12.2015 à 22:49
nkurumbi

Nibazetubamese Abobagesera Babazungu.Barabahenze Inkonantiyaruzwa.Komeramutamawacu Ntabwobabaduteyetuzobivunabaje

19.12.2015 à 21:16
Niyibogora Firmin

agasoda bazorungika nugukuramwo kamwe kamwe mpaka twose duheze nkifu yimijira

19.12.2015 à 20:21
twabiteguriye bihagije

Kera tukiri abana twari tuzi ko abatutsi baz’ubwenge cane, mugabo maze gukura nasanze atar’ivyo. Mbe agakomye kwose, abazungu dutabare. Mbe igihe mwanigaguye abahutu kuva 65, 72, 88, 91 na 93 muhejeje kwica ndadaye, abahutu murasasika none ko mutatabaje abo bazungu banyu muti abahutu abarundi bene wacu barahonye ni muze mubakingire. Murabesha dutegerezwa gutwarwa n’abo twitoreye biciye mu matora. Abo bazungu canke abo basoda ni baze, imbere y’abasirikare b’Uburundi batangura kwivun’umwansi nitwe tuzotangura guhangana n’abo basoda bohanZe.

19.12.2015 à 19:48
Rusakumba

Mbe kombona mururuvangi abantu muvuga ngo baze muburundi ntaco muramenya kadafi atarapfa bateraivyatsi ngo nave kugihugu amaze gupfa murabaza ayabanyagihugu babonye namwe reka binjire ,binjirane nabo kwa kagame nabarondera ubwobutare bwuburundi murabe ko mutazobona ibisumbivyo, muvuga ngo baje gukingira abanyagihugu

19.12.2015 à 19:45
Simvura

Ubumwe bw’Afrika nabasavye mwerekane ko Africa yateye intambwe mukumenya ubwenge, kuko nubwo continue y’Africa ariyo yiganjemwe ubukene ariko ubukene ntibwobuza kotwerekanako tuzi ubwenge. Iconshatse kubabwirarero sikindi, nashakakubasaba mukore nkabakundana kandimukore nkabaharanira inyungu zanyu atari guharanira rurya dufashanyu dusanzwe duhabwa nabariya bazungu. Aharero hariho ikoshamwaraye mukoze canke imbereyuko mushikira iyo step/intambwe harihikintu mwarikubanzagukora kigatuma nigihe mwozovuga ivyomwavuze vyokurungika abasoda bomubumwe bw’Afrika Burundi u Burundi bukabibonamwo urukundo. Icokintu mbonarero mwasimvye kandi kigiye kubafasha agaciro nukuba uburundi bwavuze kuvakerako igihugu kibanyi cu Rwanda gifise uruhare mubibera Burundi bagatanga ibimenyetso vyishi vyasimusiga bimwe muvyo uburundi vyavuze hakabahariho nabandi batari abarundi babibonye baranabivuga ariko ivyovyose ntimwabihaye agaciro kandi arivyo vyarikubafasha kubona ikintukizima mwoherako. Kubarero uburundi bupfanye ivyemezo bwabashize imbere ariko ntimubikorereko ahubwo mukirukira gukora ivyo Kagame yasavye umubiligi Louis Mischiell yosaba amakungu ngwakore ivyobizobasuzuguza kandi bibacemwo ibice nkabany’Africa kandi agasuzuguro bamwe mubazungu basanzwe babasuzugura kongerekane kubwokubera mudashobora gukotesha ubwenge bwanyu ariko mugakorera kuvyobaba biyumviriye. Rekandabisabire , gerageza murondere ahanditse amajambo aherutse kuvurwa numubiligi yitwa Louis Mischiell , ngirantiyobura icababwira canke icabungura. Ndarangiza ndababwirako mugihe mwabuze gufata nkankama ivyo u Burundi burega u Rwanda nabandi ububazokora amabi arenze ivyobamaze gukora mwumirwe ! Eheraba ubu urwanda rushobora kuzoca rurondera abantu bakora amarorerwa arenze mu Burundi muntumbero yokugira mushavurire uburundi kuko Kagame nabamukoresha nivyobashaka , ariko namba mutahabereye magabo mwese aban’Africa muzokwisanga mwicocago abasi bu Burundi nakomeje gushaka kubutamwo igihe Africa izoba icitsemwo ibice maze amarira abarundi harimwo yogutereranwa namwe muyarire. Sinjenohahera hohera abatazi icamanyaga arikwarakorerwa u Burundi nabarundi.

19.12.2015 à 18:18
Twaje

Tuzoca tubivuna, kuko bazoba baje nkabo bama Bava mwa Kagome tukabivuna.

19.12.2015 à 17:19
Frodebu
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.