Filipo Nzobonariba: ’’Abasirikare bakoresheje ubukerebutsi,ubunyarutsi n’ubuhinga’’

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 16 Kigarama 2015 saa 06:56
Yasomwe : 70218
0 0

Reta y’Uburundi imenyesha ko ishigikiye igikorwa cakozwe n’abasirikare mu kurwanya umurwi witwaje ibirwanisho wateye ku makambi atatu y’abasirikare mu gisagara ca Bujumbura.
Mw’itangazo rya Reta y’Uburundi,umuvugizi wa Reta Filipo Nzobonariba yavuze ko abasirikare berekanye ubuhinga bukomeye mu kurwanya abari bagize imirwi yitwaje ibirwanisho yateye.
Filipo Nzobonariba yavuze ko abasoda bakoresheje ubukerebutsi,ubunyarutsi n’ubuhinga mu kurwanya abateye amakambi y’igisirikare.
Muri iryo (...)

Reta y’Uburundi imenyesha ko ishigikiye igikorwa cakozwe n’abasirikare mu kurwanya umurwi witwaje ibirwanisho wateye ku makambi atatu y’abasirikare mu gisagara ca Bujumbura.

Mw’itangazo rya Reta y’Uburundi,umuvugizi wa Reta Filipo Nzobonariba yavuze ko abasirikare berekanye ubuhinga bukomeye mu kurwanya abari bagize imirwi yitwaje ibirwanisho yateye.

Filipo Nzobonariba yavuze ko abasoda bakoresheje ubukerebutsi,ubunyarutsi n’ubuhinga mu kurwanya abateye amakambi y’igisirikare.

Muri iryo tangazo Reta y’uburundi yiyamirije iciyumviro ciyumviriwe n’inama y’umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU,c’uko harungikwa abasirikare ba ONU boza gucunga umutekano

Naho biri ukwo, abajejwe umutekano bagumye bagirizwa gukora ubwicanyi babukorera abadashigikiye umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Abantu 87 nibo bishwe mu bitero vyabaye ku makambi y’abasirikare.


Kumenyekanisha

1
. 19-12-2015 à 07:24

@ NIHOREHO.PEE pole sa na FDRL idiri irabamfanye karibu mwisubirire mw ishamba

2
Bacemwo 18-12-2015 à 22:26

Izonteko nvamakungu naho zoza muburundi nibazeko tanzania na yo hazoba harimwo abayo ataruko tuzobiyamiriza nakare boba bazanwe nabasindumuja ariko bakihenda bagashigikira uruhande rumwe arigo rwabasindumuja ntakibuza abarundi tuzokwifatanya ningabo zumutima tubarwanye na shababu barakubitwa ndetse izo mbundege

3
sumaya 18-12-2015 à 21:47

abobasirikare.Barekebazekudugarukiraturaheze .Abahunguboumengaimanayaratwibagiye

4
KAJ KURYA 18-12-2015 à 04:09

.

5
medi 18-12-2015 à 03:25

a

6
Ingabo Yumutima 17-12-2015 à 22:50

Erega Iyo Umuntu Yateguye Gukora Ibara Hama Ateshwa Aca Atangura Kuvuga Ayamuhe! Non Abobantu Bagomba Ingabo Turere Amaboko??Nubu Nibagaruke Ubuho Turenza Harya.

7
Buntu Akbar 17-12-2015 à 22:23

Ubukoko Abo Bantu Batera Igihugu Cabibarutse Ntanisoni Bagira?Izo Nyanka Burundi.Cokimwe Nabo Babashigikira?Sha Imana Niyo Cabona,bazoshira Nkifu Yimijira.Turongeye Gukeza Allah Wewe Yarwaniye Izo Kambi Zitatu,turakeje Kandi Nabajejwe Umutekano,tugasaba Kandi Kizigenza Wacu Kudatinya Izo Mbunuza,turi Tayari Natwe Kuzirwanya, Akire Kudutumako Gusa .

8
Tuze 17-12-2015 à 17:23

Ce génocidaire devra répondre tôt ou tard. Des militaires et policiers en collaboration avec les ex-FDLR et imbonerakure ont massacrés des jeunes citoyens qui savent rien de l’attaque.. Et ce déléguant porte-parole vomit ce qu’on lui dicte de dire.Malgré tout ils continuent les arrestations et les exécutions. My god.
Le monde assiste impuissant

9
(.%) 17-12-2015 à 16:34

jeniweweuzokumvakobakoraneza.nibagusiga.anyamavuta

10
Karusi 17-12-2015 à 12:57

Icombona nuko ivyobakoravyose,barekekwinyegeza inyumayibi canke biriya.nibavugshukuricobatumbereye.hamabishobotse babaronderere umuti ingorane zihere mugihugu cabenegihugu.

11
Karusi 17-12-2015 à 12:57

Icombona nuko ivyobakoravyose,barekekwinyegeza inyumayibi canke biriya.nibavugshukuricobatumbereye.hamabishobotse babaronderere umuti ingorane zihere mugihugu cabenegihugu.

12
Karusi 17-12-2015 à 12:55

Icombona nuko ivyobakoravyose,barekekwinyegeza inyumayibi canke biriya.nibavugshukuricobatumbereye.hamabishobotse babaronderere umuti ingorane zihere mugihugu cabenegihugu.

13
MUVUNYI 17-12-2015 à 11:29

Birababaje kubona umutama nkuwo ashigikira ubwicanyi ashima abasirikira n’abapolice ubwicanyi bakoze. Muramwibutsa ko nabakoze genocide mu Rwanda nubu barakurikiranwa. Bafite umugambi wo kumara abatutsi ariko ntabwo bazabigeraho.

14
NIHOREHO.PEE 17-12-2015 à 06:55

NIMUKOMER ABARUNDI ISINZI TUBARINYUMA,TWIYAMIRIZA IZONTEKO,ZA ONU MBEZIZOZA GUKORIKI?ZATUMWEKO,NAND? TURABIYAMIRIJ TWIVUY,INYUMA NIBAJ,MURISOMARI AHARI INTAMBARA,IWACUHARATEKANY NDANGIJE,NSHIMIRA INZEGO ZUMUTEKANO UBWIRA NUBUKEREBUTSI ZIFISE. NIMUKOMERE,KUMUHETO.

15
impunzi 17-12-2015 à 06:10

komeramutama twifatanije nareta yuburundi kwi ya mirza kurungikwa ingabo za onu ntazo dukeneye ivyozakoze mugwanda twarabibonye.turikwije.

16
Nahangame 17-12-2015 à 04:54

eregsa nivyo igisirikare cacu nibitumwako

17
Mpozamarira Erias 16-12-2015 à 22:22

Ndatangajwe ni mvugo yuwo muvugizi wa reta, yiyamiriza ingingo ya ON yafaswe yo kurungika abasoda mpuzamakungu baza gukingira abanya gihugu, kuvuguko nuko wewe agenda acungerewe nisinzi ryabasoda niho yivugira. abasoda mpuza makungu bari bakwiye kuza,kuko abanyagihugu babangamiwe niki porisi hamwe nabamwebamwe mukisirikare bataye umurongo batacibanga kiremwa muntu.nukuri agateka kazina muntu karabangamiwe muburundi.

18
tatra 16-12-2015 à 21:22

Komera ntwazagabo zuburundi muragabo bijunja ni jambo.hakugawa wobimva nibaze basubire babonye ko kititaha

19
BU10 16-12-2015 à 21:16

Nababa barakoze neza nisawa ko Leta ibishima!ariko.....Imana yamwijuru atariyo hejuru niyo MUKIZA ikaba MUTABAZI.

20
AHISHAKIYE SIMEON 16-12-2015 à 20:45

KWIVUNA UMWANSI SIBIBI IGIKURU NUKUDAHOHOTERA ABATARI MWABO BANSI.

1 | 2

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha