Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Filipo Nzobonariba:" Uwuzoza nk’umurwanyi azokwakirwa nk’umurwanyi." - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Filipo Nzobonariba:" Uwuzoza nk’umurwanyi azokwakirwa nk’umurwanyi."

Filipo Nzobonariba:" Uwuzoza nk’umurwanyi azokwakirwa nk’umurwanyi."

mercredi 26 Myandagaro 2015

Umuvugizi wa Reta akaba n’umunyamabanga wayo Filipo Nzobonariba arahumuriza abarundi ku bimaze iminsi bivugwa k’Urunani CNARED rwishinze gukingira ibwirizwa nshingiro,amasezerano ya Arusha na Reta ishingiye ku mategeko, rurongowe na Leonard Nyangoma.

Filipo Nzobonariba amenyesha abanyagihugu ko urwego CNARED rutobatera ubwoba kuko Reta ihari yatowe n’abanyagihugu kandi abayigize bamaze kurahira,kandi Reta yama igavye kuri ico cose coza guhungabanya umutekano.

Umuvugizi akaba n’umunyamabanga wa Reta avuga ko uwuzoza nk’umurwanyi azokwakirwa nk’umurwanyi,uwuzoza nk’uwuganira nawe azokwakirwa nk’uwuganira.

Ku kibazo co kumenya ko ivyo urunani CNARED rusaba bidafise ishingiro,Filipo Nzobonariba amenyesha ko urwego CNARED tarirwo ruraba ko ingingo zubahirijwe kuko hariho inzego z’igihugu zibijejwe.

Ku bijanye n’ibiganiro,Filipo Nzobonariba amenyesha ko muri Reta Amarembo yuguruye,kandi ko ikibazo c’ibiganiro kiri mu minwe y’umuhuza.


IGIHE

Messages

  • Ngira ntabagwanyi bariho mbega bovah? nabahora arabagwanyi groupe rebelles binjiy munzego 2004 abandi 2009 harabandi basigaye

  • komera ushaka gupfa mutama!!

  • RIMWE NGO LETA NTIGANIRA NA CNARDE UBU NAHO NGO IMIRYANGO NGO Y’IBIGANIRO IRUGURUYE.URIKO URAZA SHA!AHO AHO WICARIRA NABIRYA BIHANGANGE URABICANA UMUTARU?UGUME HAMWE GUSA!

  • Abobose Ntanumwe Azi Ibirimbere Barekebavuge! Ariko Mudahinduye Ingendo Rusuferi wanyu Arabarindiriye

  • Urekuza iminwa nkigikere cahaze amazi,uraraba neza FILIPO ntabe ariwe urumurwayi kuko burya n’umusazi ntiyigera amenya ko asara.

  • Mbe Mwebwe Igihe Mwataha Ntabirwanisha Vyariho Vyokubakira? Haa! Ko Barondeye Uwundi Yoba Azi Kuvuga Nabi Bakamubura Bakagusubizamwo, Ugiye Gusara.

  • Nyakwubahwa Philip Nzobonariba nizereko ivyokwaribintu twunvikanako twese, uje uzanye ikirwarisho kimwe natwe tugusanganiza ibirwanisho bibiri uje uvuga ivyokuganira tukwakirizayimpi navyabiryanisho tukacatubikoresha mukugukungira umutekano, nizereko ivyo nyakwubahwa Philip Nzobonariba avuze kutuvumvikanako kandibirasobanutse. Mwibuke ukotwakiriye abashitsi baribatembereye uburundi baciye Cibitoke na Kayanza nikuryanyene tumeze ntituzigera twirengagiza abashitsi bintenko zamasasu.

  • ariko harabantu munseta kbsa mwe nuguhora mutega iminsi Peter Nkurunziza hahahahaha ndabasetse kbsa mwatanguriye mumyiyerekano mutera amajambo ngaho mugiye gutembagaza ubutegetsi ngaho mutanguye gutera igihugu birabaniniye nyangoma yagerageje incuro nyishi vyaranse sha NIMANA umuremyi watwese NtIyemerwa nabose nkweswe Peter ikiremwa nimuje MuRwanda mama data ngo muhunze mandat yaga3 Kagame we si mandat gusa no guhindura ibwirizwa nshingiro birimwo ubuse koko muhunga mandat?

  • JE NDAHEBA NJATANGARA CANE NONE MWEBWE KO MUGOMBA GUSAMBURA UBURUNDI N’ABARUNDI KANDI ATAKINTU MWIGEZE KUREMA NI KUKI?KUKO UWISHIRA HEJURU ACISHWA BUGUFI MBEGA MURAZI KW’IMANA ISHOBORA KUVUGA IBINTU BIGAHINDUKA?MBE UBWO BWENGE BWANYU MUBUKORESHA GUTE? KO MUBUKOSESHA GUSAMBURA UBURUNDI NIKUKI MUBUZE IVYO MURYA CANKE MURASARA?SHA MUKORA NABI NDAKE,KUKO ICO MWICISHA COSE NAMWE ABE ARICO BAZOBICISHA,BE MUKORA NEZA BASHA

  • igihugu nigwanyu mwirambire nimana ibahumugisha nijewe paul niyonkuru ndikuri doriya ngaha mwitenga.

  • EWE NYANGOMA! WIBAZAKO TWIBAGIYE KAHISE KAWE? INGANDA WATIKIJE UBAHORA INTARA KANDI BARINYUMA YAWE !IMPERA IGATUMA UTA INTUMBERO GENDA URUHUKE IMYAKA IRAKUJANYE YOGUKIRANA!

  • ASHA OK NATWE BUCA TURABA YUKO PETER AZOGENDA ADUTWARANYE IYI MANDAT MBE UHAYE UTERANDE UBWOBAGA NANI ? WIYOBAGIJE YUKO MU BURUNDI TWE7E TWARASHE? NTAMUNYAGIHUGU ARIMWO UHAYE UTERUBWOBA SHA KURYA NAMWE MWARWANYE NATWE VUZOGWANA NTIMWIHENDE YUKO NGAHO MU BURUNDI HARI LETA IZOTWARA MUMAHORO TANU QUE MUZOBA MUCIYUMVIRA GUCINYIZA ABARUNDI. WE ARE READY TO FIGHT AND THAT IS INEVITABLE FOR SURE WETHER YOU LIKE IT OR NOT! VIVE LE BURUNDI DES GUERRES INFINIES

  • kariyo ntunyitege kuko ntawogakurayo ntaconvuze azokwamarihejuruyawe komanyoko wabwawe

  • Mbeshawewe wiyise Munwa winkoho kumbe ahabandibarwana wewewariwiyicariye!? Shawewe itarwanye ruriyarugamba woshaka ukareka kujamuntambara yakinogihe. Umvakiriyagihe tugezemubenegihugu batwakirana umutimamwiza, arikubu wihenze abanyagihugu bakwakiriza telephone za wthatsupp,Facebook,nibindi muguhamagara abajejwe umutekano.

  • ABAGIZE RETA NSHANSHA ABARUNDI TWABATOYO TUBARINYUMA UWOWESE YOZA AHUNGUNGABANYA UMUTEKANO TUZOMUFASHANYA MUKUMUGWANYA

  • mbiyimbunuza rwirwano ngirembaz abaporis naba sirikar naba hoz barwana bucatuja kuri tere twarateguza?? uwateguza nayumunwa ntacafise jeho ntaconvuze ntakibazo atsa turebe ukobigenda turahari

  • nibaze ko yiyamamaje barahira yitoza barahira azotwara baryimisaya narindire yizegwe nabene gihugu ramba

  • Dukore ibija imbere tureke konona.abarundi tube maso.sida igusinzikaza ihereye kubihimba vy’umubiri biba bitagikorana.ubwo natwe nitudafatana munda umukoloni aragaruka.

  • @paul
    "igihugu nigwanyu mwirambire nimana ibahumugisha nijewe paul niyonkuru ndikuri doriya ngaha mwitenga."
    Aho mw’Itenga haguye abahutu benshi wa muntu we! Umenye ko aho uhonyora hose uhonyora umuvyimba w’inzirakarangane zatikijwe n’abakomagu! Mbe tuzoruhuka amakuba ryari ga yemwe ko mbona indwano yasubiriye gusutama! Wogira ngo uburundi bwa Nyaburunga bwaravumwe! None nk’ubu abatanzaniya bobo batarigera basubiranamwo na rimwe nka twe batubona gute? Nk’udukoko nyene!

  • Turinyumayiwe.abarundi twese turamushigikiye.uyonyangoma yigira uburobuteze.mbega arazibasoda yicishije akirimwishamba? Ahubwowewe nyamba yarafise ubwenge yosavye akogutoza amatike yokaronka.atarukonaho imisiyiwe iraharuye ngirango yobarikwarasezera nyamba agombakuduha abatsungo badutwaere novuga kwanuka mumutwe.ntiyamba basuzuguye kugwana uburihehe? Muramumbarize nyangoma peter azodutware neza izubariva mbere nibaraba nabitumwongere.bosebabireba murakoze

  • niyumvira ko muburundi atabwoba buhari.

  • yego babarire baduhe amahoro twabarambiye harakabeho leta ya nkurunziza

  • Mbega ga PAUL iyo "ntambara" uvuga irihe?

  • Kwiba Mandat ugasaba Imana ngwigushigikire mukudahaga kwanyu!Barundi,tenyenya burya ntikinishwa,gusa ikorera kugihe cayo.

  • Hi!!,
    Dear, leader Filipo Nzobonariba, i hope you fine as well as your whole family and all people of United Republic of Burundi. My name is Mohamed Omary from Tanga Tanzania,,I kindly write to you dear leader to inform that i have a neighbor here to my home village (Tanga Tanzania) whose Name is Ludovic Ndikumana or other name is called Shaabani Hassani,,my neighbor is a little bit sick and he lost communication with his Young brother native and citizen of Burundi whose name is Nassoro Matieu since 1991. According to my neighbor he told me that you was the friend of Nassoro Matieu for long time and we ask for your assistance to get contacts of Nassoro Matieu which will help his brother to communicate directly with him here in Tanzania,,we need your help leader Filipo Nzobonariba because my neighbor here is serious sick and need to talk with his young brother.
    Thanks,
    We look forward on your help.

    You can use my mobile phone number : 255719678383 to inform us or you can use this email to give us feedback.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.