Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB u Burundi
Firipo NZOBONARIBA : Uburundi bwafatiwe ibihano n’ishirahamwe Abanyagihugu batazi
Yanditswe taliki ya 8-04-2016 - isaha 13:56' na IGIHE

Reta y’Uburundi ivuga ko mu ngingo y’ibihano ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa ryafatiye Uburundi biboneka ko iryo shirahamwe ryatawe mu rudubi n’abanyeporitike basanzwe begereye iryo shirahamwe kandi bacuditse cane naryo, hanyuma bafata ingingo y’ibintu ku Burundi batazi na gatoyi.

Firipo NZOBONARIBA, umuvugizi wa Reta y’Uburundi, akaba n’umunyamabanga wayo amenyesha ko ishirahamwe OIF (Organisation Internationale de la Francophonie) ata na rimwe rirarungika intumwa mu Burundi kugira zize kugendera igihugu kuva kigize ibibazo bijanye n’amatora.

« Nta munyagihugu n’umwe bigeze babonana kugira bavuge bati twarabonye abarundi bamerewe uku, bifashe neza canke bifashe nabi kubera izi ngorane zihari, baheze bavuge ko Reta itagira ugushaka kw’ugutorera umuti ibibazo bihari. »

JPEG - 71.2 ko
Firipo NZOBONARIBA, umuvugizi wa Reta y’Uburundi, akaba n’umunyamabanga wayo

Nk’uko vyashikirijwe n’umuvugizi wa Reta y’Uburundi ku nsamirizi y’igihugu, Reta vyayitangaje ingene umuntu atakugendeye ashobora kuvuga ko ufise inyifato itabereye.

« N’abanyagihugu benshi iryo shirahamwe ntibarizi, ntibaranaribona, baryumvise uno munsi rifashe ingingo z’ibihano. Abanyagihugu uno munsi ntibovuga ko bari batunzwe n’iryo shirahamwe, rizwi na Reta kandi kubera impamvu z’imigenderanire. »

Ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa ryahagaritse imigenderanire n’ugufashanya ryahora rifitaniye n’Uburundi.
Iyo ngingo y’uguhagarika imigenderanire n’ugufashanya hagati y’Uburundi n’ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa yafashwe n’inama yamaho igira iya 97 yabaye kuri uwu wa kane, ihuza inzego ziserukira abandi muri iryo shirahamwe.

Muri iyo nama yaremeshejwe na Michaëlle Jean, umukuru w’iryo shirahamwe, ingingo yafashwe n’uko imigenderanire n’ugufashanya vyohagarikwa mu Burundi, ariko igihugu kikagumizwa muri iryo shirahamwe.

Imigambi igiye kugumizwaho akaba ari iyishikira abanyagihuhu aho nyene, kandi itabanza gucishwa kuri Reta y’Uburundi, hamwe n’imigambi ifasha mw’iterambere ry’intwaro rusangi (Rétablissement de la démocratie).

Uburundi bwahowe ko buterekanye ugushaka mu kuva mu ntureka igihugu kirimwo kuva mu kwezi kwa Ndamukiza 2015, aho umutekano ubandanya gutituka, ubwicanyi hamwe n’uguhohotera agateka ka zina muntu bikaba bibandanya kwibonekeza, ibiganiro navyo hagati ya Reta n’abatavuga rumwe nayo bikaba vyadindiye.

Louis Hamann, umuvugizi w’umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa amenyesha iyo ngingo ifashwe kugira bagondoze Reta y’Uburundi itore umuti w’ibibazo vya poritike biri mu Burundi, yemere kandi n’ukwitaba ibiganiro biyihuza n’abatavuga rumwe nayo, bidakumira vy’ukuri.

Ivyiyumviro vyanyu

Iyo Mihimbiri Yabanyarwand Ibur Ico Yimarira Ikavuzinduru Kumugabo Wabagabu Burundi Buhire Nibik ? Igwa Itara Tuzobamesa Tubavugutir Umut Kand Twebw Ibiganir Nivyo Biduhuza Mbishwe Mwebw Umeng Mwarigaswe Nimbwa Mubisenge Muranukir Ntimukozek Tukabavugutir Uwo Kuribwa

25.11.2016 à 19:48
ERIC DESIRE

ahubwo komerakwibangawashinzwe

15.04.2016 à 09:15
ferdinand ndayishimiye

nakaga, filipo ?=izokinju sh zizakgbnuk

13.04.2016 à 22:52
muhanuzi

aabazungu barushijwe ubwenge n’abatutsi bacumbitseyo

11.04.2016 à 22:26
ANTOINE

REKA BABIFATE NONE HARIMFASHANYO MUKENEYE ?

11.04.2016 à 15:40
Kuri

Sharif umenyeko nta mwana usya ahubwo aravoma , uburundi ntibuvogerwa hahahahaha ndagutwenze kabisa kuko urumuswa mubi ndakubaze niba butavogerwa hariko harabera ibiki ? uburundi ntanahamwe buzwi kd nawe urabizi nizo nterahamwe mwazanye tuzazibakubitana kd uzabibona mwebwe mukomeze , nigihungu cya MBONALIBA cyubuheta.

11.04.2016 à 14:21
turaje

Ahubwo ni sawa, icogifaransa nubundi cari gisigaje urume rumara mu Burundi, maze kizojane naba faransa bariko bazana genocide mu burundi nkuko babikoze mu rwanda mu 1994.

11.04.2016 à 09:10
######

AHUBWO KILIYA KIYITA SHERIF UBANZA ALI ICYANA CYA MBONALIBA

10.04.2016 à 21:34
sorange

NIBAREKEKWIHUTAKUDUFATIRIBIHANO,AHUBWONIBAHANUREBARYABAGUMUTSE,BAGARUKETWUBAKIGIHUGU.

10.04.2016 à 21:22
CRISTOPHE

Abarundi Twaratayubwenge,ico Gifaransa Kitumariyiki ?Mu Rwanda Ko Ariyo Bari Ko Ibara Ryagiye Bakoziki Atarukuduteranya Ngo Tumarane,iyo Buba Ubwumwe Bwarikindi Barazobanza Badusubize P RWAGASORE Wacu tumenyugwo rukundo badufitiye

10.04.2016 à 18:41
Nahayo Anicet

Hewe Turaje igikuru ngaha nuko Uburundi bwa Ntare Rugamba butavogerwa, Uburundi umuntu atabuzi yo burundarara mwo ntabwo ari Congo.
Urabaza Abanyarwanda benshi ico bamaze iminsi bahabonera.
Abarundi bari maso ntawushobora kwikinga ikiza, acavugutirwa umuti.

10.04.2016 à 16:48
Sherif

Sharif nakubwiye ngo RNC ntuyizi neza nakayumba uvuga ntumuzi kuba yarazanye na kagame avuye Uganda haricyo yaharaniraga kd Imana imuhezagire kubwigikorwa ciza yakoze cyo kurokora abatutsi bicwaga na leta yahabyarima , rero icyo nakubwira ntamunyenda nini cg uzotuma igihugu gisubira mwicuraburindi yitwaje icyo aricyo cyose muri gouvernement iryo banga niryo dukundira H.E PAUL KGAME uzokora neza bazakorana ukora nabi nawe azahanwa yihanukiriye , sheriff ntukitiranye za leta zibihugu kuko ziratandukanye kabisa

10.04.2016 à 15:31
turaje

hahahaha impyisi neza neza umutungo kamere turasaba ministry wibidukikije arebe neza amushire muri park yazana amadovise muburundi kabisa

10.04.2016 à 15:22
turaje

AHUBWO NJYEWE CYANTEYE ISESEME NUKULI.

10.04.2016 à 15:14
NANA

Akarere ki biyaga bigari kazoronka amahoro ata Kagame canke umwicanyi ariwe wese i Burundi batagitwara kandi ni vuba. Abahanuzi b’injuja bararivumereye bati :" Amahoro buca aboneka mu Karere k’ibiyaga bigari nta gihe gisigaye".

10.04.2016 à 14:35
Elohim

IKI KINTU ABARUNDI BASHASTE BAKIBYAZAMO AMAFRANGA YAMAHANGA. ALIKO NTAMWANA CYAGWA UMUGORE WATINYUKA KUCYIREBA. NA BAGABO GUSA NABO BIYUMVAMO IMBARAGA

10.04.2016 à 13:10
SANDRA

AHUBWO SE UMUGORE WE ASATE ? ALIKO BULIYA WASANGA ILIWE MUBI KURUSHA IKI KIGABO. MBEGA URUGO RWABO NI NKO MULI PARC YIBIKOKO WALLAH

10.04.2016 à 13:04
alice

kumucokoza muri muburundi Niki u Rwanda rwahomba ? turasaba Imana ngo muze murase mu rwanda gusa muzabone icyo imbwa yaboneye kumugezi, abaswa gusa

10.04.2016 à 12:45
turaje

iki kigabo GITEYE UBWOBA NUKULI . CYARYA ABANTU AHUBWO ABAZUNGU BAKWIYE KUJYA BISHYURA AMAFRANGA YOKUZA KIREBA BYIBUZE NUBUKUNGU BWIFASHE NABI BWAZAMUKA.HAhahaha aliko jye ntabwo nagihagarara imbere reka reka

10.04.2016 à 12:18
ange

Hemwe, Turaje na Jean, RNC ( Ihuriro nyarwanda) rigizwe n’abatutsi baje bavanye na Kagame mu Bugande barazinanye gose kandi nabanyezingo basa hari umugani uvuga ngo akitumye kama karekura umugozi kawuciye, n’ukuvuga yuko barya ba Kayumba

10.04.2016 à 11:45
Sherif
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.