Francine Niyonsaba yatahukanye ikibanza ca mbere mu Butariyano

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 14 Nyakanga 2015 saa 08:30
70350
0 0

Umunonotsi w’umurundikazi Francine Niyonsaba yatahukanye ikibanza ca mbere mu kwiruka imetero 800,mu mahiganwa yabereye mu gihugu c’Ubutariyano,mu gisagara ca Pedova kuw’Imana igenekerezo rya 13 Nyakanga 2015.
Francine Niyonsaba yirutse izo metero 800,mu munota 1,amasegonda 57 n’ivyo ijana 62,imbere y’uwabaye uwa kabiri,umunyakenya Faith Chepngetich Kipyegon yirutse ico kirere mu munota 1,amasegonda 58 n’ivyo ijana 2.Uwabaye uwa gatatu ni Olha Lyakhova ava mu gihugu ca Ukraine yirutse mu munota (...)

Umunonotsi w’umurundikazi Francine Niyonsaba yatahukanye ikibanza ca mbere mu kwiruka imetero 800,mu mahiganwa yabereye mu gihugu c’Ubutariyano,mu gisagara ca Pedova kuw’Imana igenekerezo rya 13 Nyakanga 2015.

Francine Niyonsaba yirutse izo metero 800,mu munota 1,amasegonda 57 n’ivyo ijana 62,imbere y’uwabaye uwa kabiri,umunyakenya Faith Chepngetich Kipyegon yirutse ico kirere mu munota 1,amasegonda 58 n’ivyo ijana 2.Uwabaye uwa gatatu ni Olha Lyakhova ava mu gihugu ca Ukraine yirutse mu munota 1,amasegonda 58 n’ivyo ijana 64.

Mwomenya ko muri ayo mahiganwa harimwo kandi umusore Antoine Gakeme nawe yiruka ku metero 800 nyene,Francine Niyonsaba akaba aronse uburenganzira bwo kwitaba amahiganwa mpuzamakungu azobera mu gisagara ca Rio de Janeiro mu gihugu ca Bresil.


Kumenyekanisha

1
nkeshimana gaspard 2-04-2016 à 17:29

gira umugisha mukwinonora tubipfurije kuba abambere no hanyuma maze mutere iteka uburundi bwacu

2
SALVATOR 21-03-2016 à 21:42

NDASHIMIYE NIYONSABA NABANDANYE ATERE ITEKA UBURUNDI

3
Thanuel Bipfubusa 16-09-2015 à 18:16

Nakubali Dada Yangu Courage!

4
Josaphat Ndabihayimana 16-09-2015 à 01:06

eraga abarundikazi barashoboye francine ndamwipfuriJ kuroranirwa muvyiw vyos be nomuvyakora vyose IMANA imuj imbere yamane ama chance nakare ngo ntawovuma uw’IMANA itavumye kand ngo ntawuhindura isezerano ry’umukama.francine big up sana urikumw n’IMANA yaw.

5
ngendakumana sylvestre 15-09-2015 à 21:00

ndakeje nivuyinyuma umunonotsi wacu,ivyakora niteka kuriw nokugihugu cose,nashigikirw aterimber nkumunzinga kandi imana imurinde ibikomere,murakoze.vive les stars de l’athlétisme burundais.

6
Bimenyimana Michel 15-09-2015 à 16:41

Nukuri Uwo Munonotsikazi Yarateye Iteka Uburundi.Leta Irakwiye Gushigikira Abantu Nkabo.Uburundi Bwogira Amahoro!Twokwunguka Vyinshi.Francine Couraje Di!

7
Bimenyimana Michel 15-09-2015 à 16:40

Nukuri Uwo Munonotsikazi Yarateye Iteka Uburundi.Leta Irakwiye Gushigikira Abantu Nkabo.Uburundi Bwogira Amahoro!Twokwunguka Vyinshi.Francine Couraje Di!

8
CLAUDE 15-09-2015 à 11:48

FELICITATION DADA YETU .ONGERA SANA

9
André Nibikora 14-09-2015 à 20:21

Turakeje umwigeme Francine Niyonsaba ku ntsinzi yaraye aronse mû guserukira Uburundi mu makungu.Arimenyereza cane kugira ngo muri Brésil qzogumane ici kibanza.

10
Deogratias SINZINKAYO 14-09-2015 à 20:21

Ni atere imbere nk’umuzinga, atere iteka igihugu camwibarutse, yongere abere akarorero urunganwe rwiwe.

11
None? 14-09-2015 à 15:54

Nongeye kwiyongeza gukunda uwomukobwawacu Niyosaba, ndagukunze kandi ndakukeje MORE THAN DOUBLES DOUBLE KEEP UP ndagukunda nku Burundi nakare niwewenyene Burundi.

12
Etienne Ninteretse 14-09-2015 à 12:41

Ni vyiza gushigikira igitsina gore mu mahiganwa mpuzamakungu.Bituma tumenyekana hanze.

13
Etienne Ninteretse 14-09-2015 à 12:03

Ni vyiza gushigikira igitsina gore mu mahiganwa mpuzamakungu.Bituma tumenyekana hanze.

14
fafa 14-09-2015 à 11:47

Ongera sana kabisa dada na tunafurahi kwakuonye nci zingine kama burundi japo kuna vita ila kuna watu muhim kama wewe.

15
Lily 14-09-2015 à 10:37

Felecitation! Yarumye nkaba banya Ethiopiya kabisa!! Nahigike abanya kenya na Ethiopiya bari baratwifatiye

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha