Umurundi Rashanali Mohamed yatsindiye ihiganwa Rally des Milles Collines

Yanditswe na Van Naris Mugisha
Kuya 13 décembre 2015 saa 12:04
Yasomwe : 19521
0 0

Umurundi Roshanali Mohamed afashanije na Ali Hassan ni we yatsindiye ihiganwa ryo gusiganwa n’imodoka Rally des Milles Collines ry’umwaka mu Rwanda.
Muri higanwa ryabereye mu gace ka Bugesera mu gihugu c’Urwanda,Roshani Mohamed yagenze ibirometero 200,53 mu minota 54 n’amasegonda 29.
Uko ihiganwa ryagenze muri rusangi ni uku gukurikira :
1. Roshanali Mohamed Abbas & Ali Hassan 54’29” (Burundi)
2. Mwananteba Zamin & Dias Maceri 1h’12’48” (Uganda)
3. Christian Remezo & Remera K. (...)

3. Christian Remezo & Remera K. Regis 1h15’28” (Burundi)
4. Genese Semana & Jacques S. Hakizimana 1h29’43’’ (Rwanda)
5. Kabega Musa & Sirwomu Roger 2h26’42’’ (Uganda)
6. Felekeni Mayaka & Fabrice Yoto 2h34’38” (Rwanda)
7. Jean Claude Gakwaya & Claude Mugabo 4h43’11’’ (Rwanda)

Ihiganwa ryarangiye Mohamed afise amanota 77, akurikirwa na Claude Gakwaya n’amanota 73, Davite Giancarlo n’ amanota 59.

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha