IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Gabriel Ntisezerana amenyeshako amatora azoba k’umugaragaro

Gabriel Ntisezerana amenyeshako amatora azoba k’umugaragaro

mercredi 13 Ruhuhuma 2013

Umukuru w’inama nshingamateka Gabriel Ntisezerana yahaye umubonano kuri uyu musi uwuserukira Reta zunze ubumwe za Amerika umupfasoni Dawn Liberi.

Abo bategetsi bompi uko ari babiri baganiriye ku migenderanire iri hagati y’u Burundi hamwe na Reta zunze ubumwe za Amerika hamwe n’ibibazo bijanye n’itegurwa ry’amatora azoba mu mwaka w’2015.

Umupfasoni Dawn Liberi yamenyesheje ibimenyeshamakuru ko umukuru w’inama nshingamateka yamwijeje ko amatora yo muri 2015 azobera ku mugaragaro.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.