Accueil > Amakuru > u Burundi > General Major Pontien Gaciyubwenge yoba yahungiye mu Bubirigi
General Major Pontien Gaciyubwenge yoba yahungiye mu Bubirigi
jeudi 28 Rusama 2015
Gneral Major Pontien Gaciyubwenge yahoze arongoye ubushikiranganji bw’ukwivuna abansi yoba ageze mu gihugu c’Ububirigi.
Amakuru ikinyamakuru IGIHE gifise, ni uko General Major Pontien Gaciyubwenge yoba ari muri ico gihugu kuva mu gatondo ko kuri uyu wa 27 Rusama, uyu mwaka, kandi bikavugwa ko ari kumwe n’umuryango wiwe wose. General Major Pontien Gaciyubwenge akaba yagumye yinyegeje, kuva aho hari akarwi k’abasirikare n’abaporisi bashakiye gutembagaza ubutegetsi bikanka, mbere hakaba hari n’amakuru, yavuga ko uwo yahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, yari mu murwi w’abashaka gufata ubutegetsi ku nguvu.
Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard Baratuza, akaba yari yashikirije ko uwahoze ari umushikiranganji w’ukwivuna abansi, ari mu karuhuko k’iminsi cumi n’ine, inyuma y’aho agiriye isanganya.

Aristide Nizigire
Messages
28 Rusama 2015, 10:50, par sisi
nibagende nabo bagire ikiroberi bumve uko bigenda.ariko sinzi ko bazohava bashobora kurya ibitu vyimigano!!hari nutuboga twitwa ubwiza bwishama nindera nahora ndya sinzi ko bazotumenya.muga boca binjira mukibira ubunye amufe aratanguye gusha.natwe ico dukora reka tube turapereza nibisanira vyabo kuko ninda iri munda tuzoyikurayo
28 Rusama 2015, 11:35, par niyongabo
umwe wese azibir ikinogo ciwe sisi, araraso nayo arahuma. IMANA ikubabarire
28 Rusama 2015, 11:42, par MINANI Evariste
Ewe sisi, ukubaho kw’inkoko si impuhwe z’agaca. Kandi imanga ntimarira Imana. Kandi ngo urucira mu kaso rugatwara nyoko. Wosanga umuryango ww ariwo uhahoneye ariko ntavyo ndakwifurije
28 Rusama 2015, 11:51, par manirumva
Birababaje agitaye mu manga none agiye kurya ayo DD yamushiriye kuri compte:Inda nini nizo zituma afrika iguma igaraguzwa agati,HEJURU YA BA RUTUKU,NA BENEWACU NABO BA BIRABURE.....MWARI MUZI KO KUBESHA K DETA,CK KUREKA ABIKINISHA KUDETA BITAGUZWE!!!!BA IMPUNZI ARIKO WARAHEMUTSE.....UBU IGIHUGU NTIKIBA KIGEZE AHO.nubwo biruko ntihazobura uwuzogicungura ...ikibazo gusa kizoba kigeze he???????
28 Rusama 2015, 12:52, par kayabu
Mugishwali baca umugani bavuga bati
kutesa ni kwa zam
nahunge aragunga kandidat ababirigi bamuhe aknazi ko koda ivyombo mwirestaurant canke koza abatama abone akamaro ko kuba impunzi mugihe Hari Adobe inguvu vyaramunaniye kuzikoresha ngo akingire anarki biyamiriza pasteri washetani nkurunziza
28 Rusama 2015, 14:28, par jinja
eweeee pipo sisi sha, inda wari warazikuyeyo hasigaye kukurayo izo kwa nyoko gusa!aho wewe nuwo worungika mukibira nta semaine yohera utaramusubirira nawe ukacinjira!kandi wewe nokubwira ko atabuzima ugifise wiyumvirivyo icusigaje nukumvira imisa mwisandugi nyamba uzoronka uwuyigusomera
28 Rusama 2015, 15:15, par Kanyosha
Mbese nukuberiki abashaka kubangamira Nkurunziza habanumpisho canke icese bacabahakura umuvumo wokwangara bakacababona mengo Isi irabarwiriye bakabona mengo bariko bararonderwa ngobagirirwe nabi!? Uwo Nkurunziza mutamwikuyemwo mumitwe yanyu musigaye kuzobona igitangaza cagakura kimwegusa.
28 Rusama 2015, 16:02, par LAMBERT
OK
28 Rusama 2015, 17:38, par Baobab
Guhungira mu bubilrigi uza wikuriye n’uguhungira imvura mu muvo! Azoba atubwira!
28 Rusama 2015, 18:00, par Elie Ndihokubwayo
urugendo rwiza mutama, gus umunt arinz ahung hab hari ikint kitagenda nez mu buzima bwiw? kumb ngo wararashw, batubwira ko ari accida de voiture, non baguhora iki, ko wari mubatey coup d,etat? cank ko waguy mwirementany rya coup d,etat utaz?
28 Rusama 2015, 18:08, par kamana
Mbega ikijuju kiri hano ngo ni SISI. Ntawuhonya ubwoko sha. Benewanyu b’Interahamwe bari baragerageje mu Rwanda ariko uzojeyo urabe ingene abo bantu mwanka bahuzuye.
28 Rusama 2015, 18:28, par Mandela wilson
Niwigire mutama uzogaruka nkurumbi mwaramufashije nn reka abahinduke nukonyene vyama vyabaye. Mbega wamuvugizi wigice cigisilikare ca nkurumbi ubunaho avugangurihe?
28 Rusama 2015, 18:50, par nahayo zebede
ikibazo suguhunga nukuja ahsbona agashikiriza iciyumviro ciwe
28 Rusama 2015, 18:53, par nahayo zebede
ikibazo suguhunga nukuja ahsbona agashikiriza iciyumviro ciwe ari ahabo
28 Rusama 2015, 18:59, par nana
Gaciyeubujuju ntavyiwe ..ahubwo naseruke tumuhe akamo yaramenje yaramenjeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
28 Rusama 2015, 19:07, par uwayo
mb sha lamber ivyo udedemba nibiki!!ihungr mutama w uri nijambo ntusa nabaraho
28 Rusama 2015, 19:31, par buntu
SISI ndavye ivyiyumviro vyawe abantu nkamwe babita IBIKENYA urababaje kuko igikenya kirakenyuka sintekereza umuntu ufise umutima umeze gurtyo urenze shetani ndaguhanuriye va ibuzimu uje ibuntu ubwo bunyamaswa ntaho buzogushikana
28 Rusama 2015, 21:32, par louis
Ingo wumvirize nawe ubuhungiro sinarinzi ko bishoboka ko na batutsi mwohunga ndavye kahise ku burundi jeho ndamenyeteye karibu nanje nari umusirikare nkawe nahunze wewe na buyoya kuko nari umuhutu
28 Rusama 2015, 21:52, par John niyonzima
Mukirundi abakera baca umugani ati:uwusenya urwiwe umutiza umuhoro.President arabenezantiyihende ngo ambomorere kubrundi turigorewen’ubukene impanuronyishikubarongozi bacu
28 Rusama 2015, 22:38, par nkengurutse
nagende yarumukungu abushitse.
28 Rusama 2015, 22:39, par Gaca
kubwanje mbona niba ataco yiyagiza yari kugum mugihugu,non yahunz iki?ubwo guhunga igihugu niwo muti?hagowe twege bo hagati mugihugu tutazoronka iyo duhungira,umugani wa Mkombozi nurudubi peee!
28 Rusama 2015, 22:43, par ahead freedom
Iyo ntwazangabo siyo! none ko ahunze akaba yahunganye numuryango wiwe, abarundi baribaramwizeye ko azobabera umurinzi abasizehe? Genda gaciyubwenge uratumaramaje peeeeeeeeeee.
28 Rusama 2015, 22:58, par nshimiyimana eugene
Ndabashishikariza kureka intambara kuko aruimbi?
28 Rusama 2015, 23:44, par Cynthia
bibiriya ivuga ngo aravumwe uwizigira umwana wumuntu. abanyagihugu bari bamwizigiy cane. Ariko mureme kuko ntakintu kitagira iherezo, nimureme uburundi buzokira. Gusa umuntu wese yoza arisengera.
29 Rusama 2015, 03:29, par nimbona antoine
je nibazako bukokuza barangaza abanyepolitike canke nkabo bahoze muntwaro kandi bahorana amaposte akomakomeye nkayo nukwimena amaso,kuko abonyene nibobazi imikenyuro urumva rero umusi bazogomba kumetriza igihugu ntibizobagora,kuko akarere barakazi.
umuti nukoboja hamwe bakaganira abarundi tukaronka amahoro.
29 Rusama 2015, 04:10, par Nzobandora
Barundi benewacu muba mu bubirigi,murahakanurira,mwibuke ko amaze imyaka itari mike akorana na Peter.Ntaze yitwaze amabanga y’igihugu kuko nta banga rikihari aho abantu babashingantahe basigaye bareka ingwe zikabatwara abana babona ntibakome induru.Bwana Gaciyubwenge,nturi muto kandi ntuzi bike,vuga ico ubaziko cose, ja ku rugamba nkabandi nimba mutakirikumwe.Ukabona utabishoboye, tuzokurwanya na wewe nkabandi bose.Ntiwibaze ngo washitse nimba utagiye ku rugamaba.Muramukwirikiranira hafi.Merci
29 Rusama 2015, 06:58, par vuganeza
@Nzobandora
Mubwire n’abandi bashaka urugamba ni karibu tumomagurane ruzoce imana
29 Rusama 2015, 08:02, par MUHARE Zazi
Nibaza ko guhunga ari uburenganzira bwiwe ariko ntahirahire ngo ajane intumbero igayitse ya cndd-fdd yo kwica abarund bose bitwaje ubwoko n’abatari mumugambw wabo@@
29 Rusama 2015, 08:23, par yotamu
yarahenzwe ntakundi
29 Rusama 2015, 08:24, par yotamu
yarahenzwe ntakundi
29 Rusama 2015, 08:54, par mechack
Ivy uburundi vyabaye ndanse,mugihe abona umutekano wiwe udakwiye guhunga nivyo.
29 Rusama 2015, 09:38, par nduwimana
oya ari bujumbura
29 Rusama 2015, 09:40, par Mbonimpa
Ubuse Kwataye Bagenzibe Kurugamba?
29 Rusama 2015, 10:31, par Mbonimpa
Mon General Wihunga Ahubwo Udasohoje Umugambi Mwatanguye N’abagenzawe!Icyakora Mukwiye Kongera Guhugurwa Njyembona Generals Babambitse Mutarimuzikwiyerwose!Kuko Generals11 Ntibashobora Kurata Coup d’Etat Y’umu Civil
29 Rusama 2015, 12:43, par wilson
ndazi neza ko abarundi twese turi abanyepolitike,
umunyepolitike w’ukuri yumviririza mu bihuha kandi ntabwo warukwiye kubihakana canke ngo wemeze, amatwi ansumira ngo hari umuKristu yeretswe ko coup d’tat ya 2 izogira Gaciyubwenge.
so wait nd see.
29 Rusama 2015, 14:29, par Sébastien
NTIYICARE,KOYASHITSEHANZENATEREREZE,AMAKUNGU,ADUTABAREKUKO,IGIHUGUKIGEZE,AHATEMBA.
29 Rusama 2015, 14:46, par Alexis
Umunyakibi Ahunga Atawumwirukanye
29 Rusama 2015, 14:46, par Alexis
Umunyakibi Ahunga Atawumwirukanye
29 Rusama 2015, 21:00, par Kwisé
None Mwebwe Mushigikiye Mandat Ya3 Ya Nkurunziza Mwibazako Ubururundi Ar’igihugu Twamugabiye Naveko Nimba Yikekako Bomubaza Ivyo Yakoze Ubuhoho Azobazwa Vyinshi Kubera Vyose Arabitovyeee Nateshwe Ate.
29 Rusama 2015, 21:00, par Kwisé
None Mwebwe Mushigikiye Mandat Ya3 Ya Nkurunziza Mwibazako Ubururundi Ar’igihugu Twamugabiye Naveko Nimba Yikekako Bomubaza Ivyo Yakoze Ubuhoho Azobazwa Vyinshi Kubera Vyose Arabitovyeee Nateshwe Ate.
29 Rusama 2015, 21:02, par Kwisé
None Mwebwe Mushigikiye Mandat Ya3 Ya Nkurunziza Mwibazako Ubururundi Ar’igihugu Twamugabiye Naveko Nimba Yikekako Bomubaza Ivyo Yakoze Ubuhoho Azobazwa Vyinshi Kubera Vyose Arabitovyeee Nateshwe Ate.
29 Rusama 2015, 21:15, par FERIX
MUREKENTIYUMVA.NABASENINTABWOBABAGIRA NDASHIMIYE.ABAPATIRIBAHEVYE.NA.RWASA NAKARENTAWOTORWA AMARARO .ARIKORASEKA.NIBATUMEKABAFASHAKUGIRAVEKUBUTEGETSE.PITAYARAHEZWEGOSENABIREKE
30 Rusama 2015, 00:14, par kazoza
Genda urasukana kweli abandi baguy mu buroko k’ubwawe,none uragirtse,reka sha ni sobuja yagufashije.Imana izobagaragaza sindzbabesha
30 Rusama 2015, 09:23, par adony star
J voix les choses sont encor difficiles.Les spectateurs utiles ont retiré ces document. L’activite du coeur du pays ne se fait point convenablement. Bientôt il y aura la crise ds tout le pays.c’est chelou President prenez la decision qui est favorable à tous pas seulement tes prochains. Je voix que notre pays ira être coe Somali. Evacuez ça
30 Rusama 2015, 09:54, par thadde nzeyimana
nagend amahoro.n abandi n ukubur uko bagira baba baragiye.imana imuzigame.ntakabi kiwe.
3 Ruheshi 2015, 17:44, par Pajo Patrick
Ndababajw Nukubona Ighugu Cacu Ciganziwe N,ibinyoma Mumpand Zose Arko Ndizeye Neza Ko Imana Ikora Kugihe Cayo.Nyakubahwa Uribuka Abo Wasize Mugihugu C,uburundi Nivyo Bariko Bahura Navyo Kuko Politike Y,igihugu Waruzi Uko Yubatswe.
5 Ruheshi 2015, 16:13, par thaddeé ndayisenga
non arihe kuva iyi saha nimbaharico yagira reta yu burundi nimugirire ikigongwe
5 Ruheshi 2015, 16:14, par thaddeé ndayisenga
non arihe kuva iyi saha nimbaharico yagira reta yu burundi nimugirire ikigongwe
5 Ruheshi 2015, 21:27, par regisi
none gaciyubwenge avukahe afise ikizomubeshah azohava asanga yitaye umukand munda
23 Mukakaro 2015, 07:45, par Ladislas
Buryakubayarahunze Arafisimpavuyamutumye ahunga natwenukotuburuburyogusakubirikobibamugihugucacutwohunzBuryakubayarahunze Arafisimpavuyamutumye ahunga natwenukotuburuburyogusakubirikobibamugihugucacutwohunze.
6 Myandagaro 2015, 09:32, par ELIAS
Erias
24 Nyakanga 2015, 12:08, par ada
be
3 Gitugutu 2015, 05:40, par Pierre
mbe mubona ar’uwosa nuwofata ubutegetsi ku nguvu?
17 Gitugutu 2015, 05:59, par Nimubona
Agasanga Yiyumviriye Gukura Nkurunzi Azogwe Mubuhungiro Ntazogaruke
2 Nyakanga 2016, 06:58, par Umukuru W’inama Shingiro Kamara,
None Uwo Mugabo Yari Yikece Ko IGihugu C’uburundi Ari Cuwariwe Wese?Arabanza Agikorere Nawe Kimuvunagure Nkuko Nyakubahwa Nkurunziza Camuvunye.Uwo Mugabo Icatazi Azoze Arabaza.Nareke Twimywer’ubuki Twarabukoreye!
29 Kigarama 2016, 21:53, par Pascal
Mbe Gaciyubwenge Numusazi Canke Yokwigumiye Kubwo Yahorako Yari Kubiki Ntaho Bazo Menera Nakagawe Kugira Sebarundi Bamuterubwoba Mbe Uravye Nkurunziza Akaryo Ari Kagame Nabiwe Baba Bakwiye Kumwubaha Ariko Novuga Ko Atandero Bafise