Général Major Prime NIYONGABO yadugijwe ipete

Yanditswe na IGIHE
Kuya 1er juillet 2016 saa 08:28
Yasomwe : 182529
0 0

Général Major Prime NIYONGABO, umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare yadugijwe ipete kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu ryo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 1 Mukakaro 2016. Kuva kuri uwu wa gatanu, Prime NIYONGABO yashizwe kw’ipete rya Lieutenant Général.
Abandi badugijwe ipete muri iryo tegeko ry’umukuru w’igihugu, ni umukuru w’ibiro bikuru vy’iperereza, Général de Brigade Etienne NTAKARUTIMANA batazira Steve, yashizwe kw’ipete rya Général Major. Abandi bahawe iryo pete rya Général Major ni : Général de (...)

Général Major Prime NIYONGABO, umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare yadugijwe ipete kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu ryo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 1 Mukakaro 2016. Kuva kuri uwu wa gatanu, Prime NIYONGABO yashizwe kw’ipete rya Lieutenant Général.

JPEG - 86.6 ko
Lieutenant Général Prime NIYONGABO, umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare

Abandi badugijwe ipete muri iryo tegeko ry’umukuru w’igihugu, ni umukuru w’ibiro bikuru vy’iperereza, Général de Brigade Etienne NTAKARUTIMANA batazira Steve, yashizwe kw’ipete rya Général Major. Abandi bahawe iryo pete rya Général Major ni : Général de Brigade Joseph NDAYISHIMIYE SS 0071, hamwe na Général de Brigade Emmanuel MIBURO SS 0077.

Izindi ntwazangabo zitatu zahora kw’ipete rya Général de Brigade Commissionné zashizwe kw’ipete rya Général de Brigade. Abo nabo ni : Général de Brigade Commissionné Agricole NTIRAMPEBA SS 0423, Général de Brigade Commissionné Jean Paul HABIMANA SS0372, hamwe na Général de Brigade Commissionné Marius NGENDABANKA SS0244.


Kumenyekanisha

1
GITEMAGUZI 7-07-2016 à 17:05

URAGAHORA KUNGOMA

2
Bacemwo 6-07-2016 à 17:37

Owo ni sawa nibamuhe ahubwo azogere kuri marichal kuko ningabo izina niryo muntu hanyuma gaciyubujuju azophe yangara nka kayini

3
jacky 5-07-2016 à 18:19

Nintwari barundi,bari baratevy kubaduza

4
Youf 3-07-2016 à 19:07

agomb abagir abamarchard bazopfa !

5
Mwarabo 3-07-2016 à 16:46

Nimubongere baritanze igihugucagombakurwamuminwe yababylone ivyomwakozemwiyimigumuko bizotuma uburundibwiagira amakubabwaciyemwo arikomwibuke amarirayabasoda batarasubiramurimission iryakabiri mubahemburenabo

6
Mwarabo 3-07-2016 à 16:44

Nimubongere baritanze igihugucagombakurwamuminwe yababylone ivyomwakozemwiyimigumuko bizotuma uburundibwiagira amakubabwaciyemwo arikomwibuke amarirayabasoda batarasubiramurimission iryakabiri mubahemburenabo

7
jean 3-07-2016 à 15:02

Ronkibintumutama urintwari.komerakwibanga uwonumugabo.kandinuwogushimigwa.

8
john 3-07-2016 à 11:57

Azomuhe marchal nka mobutu

9
Burundi 3-07-2016 à 04:07

Gahurura urihangana naho gutuka ingabo nuguta umwanya twebwe turazi icoyatumariye.Intete zibigori imahama zirakunanuye ?Hunguka se barundi yarabaye ikigongwe .Komuguma mutukana moroshikira he ?

10
caratuvunye 3-07-2016 à 00:41

komera kumuheto bwana géneral kuko warwanye na mujeri yashaka idusubize mubukoroni utako urayitsinda.
ubu bwimujeri aho butunye buramaramara.
irambire abarundi isinzi turagushigikiye.

11
Tvs Nsabimana 2-07-2016 à 19:10

Ntibitangaj Guko Numugabo Kandi Yarabikwiy Nagum Kwibanga.

12
Amos 2-07-2016 à 16:05

komera k’urugamba nyakubahwa lieutenant général Prime NIYONGABO.

13
turaje 2-07-2016 à 14:06

Prime ni umugabo wukuri

14
pascal 2-07-2016 à 13:07

Komera kumuheto prime niyongabo

15
turaje 2-07-2016 à 11:02

Nibyiza cyana gosee !!!!!!!

16
tiraje 2-07-2016 à 09:00

@falcon uwufungura inyama yimbwa nuwukora ijanye nububwa nyene akirigwa yangaza abanyagihu akica impinja abatama nabatamakazi abandi akabagira impunzi ,umusoda aduzwa ipeti nibigwi afise mugisoda ningwano yagwanye mugisoda nimyitozo canke exercice afite mugisoda rindira gato uzabona uko kuduzwa amapeti arubufayongo budafise aho bushingiye

aboba general banyu tuzobaha k securite kuko ntamusoda yagwanye nibihugu birenga 5 yota umwanya ahongaho.

17
abashatse gucanishamwo igisikare baramaramaye yoooo !!!! dore za mujeri ziriko zirira zimaze umwakazirira zinwa amaraso yabene gihugu zahenze ngo burire igiti kiturirwa prime shimirwa urumugabo wijambo uri dawid yishe goriyati muje zagerageje ngo zibateranye na kizigenza ngo niwe yabateze umutego bibata kuwazi none kubwihanganyi bwawe nubukerebutsi werekanye dore urashimiwe nanje ndagukeje 1OO% irambire naburongoye bose bagumane iyondero igisikare cavuye mumasezeranno ya rusha komera turabakeje kuyumusi wukwikukira komera hutu tutsi twa komera tugire urunani rwi ntamenwa turwanire demokrasi no muramerika nahandi kugira demokrasi itsimbatare hamenetse amaraso meshi abo tubita incungu za demokrasi nosaba abahenzwe bose ko bogaruka muruhongore turabakira abahunze muhendwa ngigihugu ngo kira hifatwe garuka ntikizopfa gifashwe abahenze ntabandi nabahora kubutegetsi kera buyoya nukuvuga cane cane akarwi kabbanyaburi niko kasubije uburundi mumagume nibikebuke nahahandi bazoher nkifu yimijira 2-07-2016 à 07:53

nkdn

18
nzovu 2-07-2016 à 07:03

Félicitations l’homme qu il faut a la place qu il faut

19
ndoriyobija 2-07-2016 à 06:56

Ewe imbubusi ziraho zaba DD !!!!! Kera congo ryariciro ryumugani. Uwashaka kuronka ivyatabiriye akuya canke amahera menshi ataco yaramaze umuntu yavuga ati" sivyicongo". Non ubu ni sivy’ uburundi. Mbega bahabwa amapete barwany nande ko amapet ahabwa kubarwaniy igihugu !!!! Eka nyene nibayahabwe barwaniye nkurumbi kuburundi ntabarundi barwaniye. Ariko ivyo Nkurumbi ntibimukanga ngo nama pete abahaye arabamokora atacamira. Na Adolphe yari umugabo wamapet ahubwo azobahe ayasize Mubuto yose. Ariko ntibazokumira kwisi. Jew nzoba ndora.

20
Falcon50 2-07-2016 à 06:54

Ahubwo iyo nkurumbi amugira malchar nka mobutu.

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha